NDAKWIZIGIYE - Redemption Voice Canada ft Redemption Voice Burundi (Official video)
Музыка
written by:
ISHIMWE Yves,MBUNGABUNGA Hervé,NININAHAZWE Hervé Patrick, NININAHAZWE Yvan
Audio: Farley Irimbere
Video:Landy SB
Special thanks to MTM Recording studio , Nobella , Kessy cedar , Galina,
NDAKWIZIGIYE
S'abami n’abatware
Canke abamarayika
S'ifeza ni zahabu
Vyaducunguye
Ni yamaraso yawe
Yigiciro
Yamenetse kuri
Wamusaraba
Ni Yesu
Zina Rikomeye
Ni Yesu
Zina Rihambaye
Ni Yesu
Zina Rikomeye
Ni Yesu
R) Ndakwizigiye
Ndakwizigiye
Uri muruhande rwacu
Uri muruhande rwacu
Mbega ni nde yoturwanya
Mbega ni nde yoturwanya
Nimb’uri muruhande rwacu
Uri muruhande rwacu
Verse 2
---------
Uwuba mugitutu
Cishobora vyose
Ntaho azotinya ibiteye ubwoba
Kandi barahiriwe
Abamufise
Nibo bana b’imana
Umwami ahoraho
Bridge
Naho inzuzi zokama
Ivyanje vyose bigahera
Nzokwama ndakwizigira
Gakiza kanje ni wewe
Mugisha wanje ni wewe
Ngendera muntsinzi yiwe
ntambukira mwijambo ryiwe
ndamwizigiye, ndamwizigiye
ntaco munyaga, ntaco munyaka
Пікірлер: 244
Uburund🇧🇮i burahiriwe kubagira❤️.. the song is just amazing🤩🤩
Numv ntovuga vyinshi gusa mfise aho nzobivugira kndi benshi bazovyumva gusa murandengera❤❤❤❤ Imana izobahe gushika kure cneeee mwarahezagiwe
Niwowe nizigiye Data. Igihe tubona twatawe nta na kimwe dusigaranye twizera Imana twihanganye kandi Imana ntijya idukoza isoni, Imana ishimwe.
Waouh ukwo nari ndavyiteze Niko ndabisanze ❤️ Je ne sais pas quoi dire à propos yiyi Song.. Les mots me manquent..Guys Uburundi twarahezagiwe canee kuba dufise abantu nkamwe❤️❤️🇧🇮
Ukonari ndavyiteze birenz ukonari ndavyizeye xo i love you so much 🥰♥️
Eeee urimuruhande rwacu mbe ninde yoturwanya💪💪🦾🦾🏋️🏋️🏋️🙏🙏🙏🙏👍👍
Here we go if you’re from Buja 🇧🇮
Murampimbara cane, mugere Kure Bana biwacu
Indirimbo irimwo isuku rikomeye imana ibandanye ibakoresha ivyo ishak i like it from Australia 🇦🇺
Abana b igihugu,mwandika neza cane ! Keep shining
Naho inzuzi zokama,ivyanje vyose bigahera...🙌❤
Yadushiz kuruhande c'est tout💪
Nagir ngo mbay uwa1arik nubw biruk mumpe nutu Like na Duke🎉🎉
Hejuru cane Team yamateka menshi ntimwigera muntahasi
Gakiza kanje niwewe✋✋🥰
Amen amen imana ikomez ibaj imbere murashoboy uburundi burahiriw kubagira
Mwizigire kuko yaducunguye amaraso yagaciro uragahezagirwa Mana❤❤🤗🤗🙌🙌🫶🫶🫶
Mbega ninde yoturwanya URI muruhande rwacu🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Muri Umugisha w'amahanga, duhezagiranwe.
Awesome as always!! We're so proud to have you Redemption Voice 💯😍🇧🇮
Blessed blessed our brothers and sisters keeping on like that only and so then we got our blessing 's God thanks for you❤❤❤❤
❤❤❤❤❤ hejuru cane Ndiho abakorere n'abîme mwamusaba
All love embedded with prayers and blessings from papa Jehovah all way to you #RV...More revelations and Manifestation of Holy Spirit! #RwandaBurundi
Hallelujah❤❤
The song is Amazing🎉💥💥
Nukuri murasizwe amavuta adasanzwe 🥰 ndabakunda ❤❤
Ndakwizigiye✍️✍️✍️ redemption voici we are hearing the presence of God through you
Murakoze Gutwinjiza Mumuka Respect #R.V Muhezagigwe 🙏
It's Jesus!!! Redemption voice big up you're able
Egozen séries naegozen tv
❤️❤️❤️❤️thank youuu Redemption Voice!!! You are a big blessing to us🤗
Redemption we love you so much and we're blessed us
Imana ibahezagire kuri album ya 5 yanyu
Love you guys,i'm blessed by your songs since 10years ago....more blessings to you .move on the top kabisa.
Love this song from Ngozi-🇧🇮
Indirimbo nziza💯 vidéo Canada yose twayimenye😂arik Burundi bwacu ntayo tubona🙇♂️
❤bantu ndafashijwe muribibihe mbayemwo🔥🔥🇧🇮🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🔥📸☎️
My favorite team 🎉🎉
Belle performance kabisa. Courage
🥰🥰🥰ndakwizigiyeee🥳🥳🥳🦅🦅🦅ntawotugwanya
Ndakwizigiye♥️ntitwacunguw nifeza ninzahabu ariko ntacunguw namaraso yawe Mwami😍😍😍💥muhezagirwe caaane,
👌👌👌👌Glory to God for this song.🙌🙌🙌🙌
Ndabakunda cane kandi nigikorwa cizz
Mbega ninde yoturwanya uri mû ruhande rwacuuuuu
Amen!niba ari muruhande rwacu, ils nous feront la guerre mais ils ne vaincront pas
❤🔥❤🔥❤🔥❤🔥❤🔥
❤❤❤❤I’m in love with this song . God bless you abundantly ✨✨
Glory 🙌🙌🙌 irasizw vrt 🙏🙏 ham Bernisse ntitwamubonyemwo
Redemption voice ❤🔥🔥 thank you for this song🎉
@havyarimanayveskepha6940
5 ай бұрын
Bie
Yooo songs zanyu zirampezagira 🇧🇮🎤🌍
Amaraso ya Yesu niyo anyiza hallelujah hallelujah naruwo gupfa noe mfis ubugingo kubera kwizera amaraso yiwe
Congratulations ❤❤❤
Mwarahezagiwe caane kabisa.
This is The words dat i need today May God increase anointing dear Reedemption voice ♥️♥️♥️♥️
Another masterpiece for God's glory ,congrats guys✌️
The best really gosper artist
🎉🎉kel chason pls 🥺my fav choir ❤murampimbaraaa be blessed
Komeza benedata ndabakunda
Murabantu banje....ndabakunda
Jesus Christ is for me, none can be against me. He is my blessings
C'est bon comme il s'agit de Jésus
Waooooooh vyiza cane courae
Those guys never disappoint us wherever they are❤❤
Good song our people!❤🇧🇮Stay blessed!
Guyz mbakunda kubi🎉
Mukomere cane bana b'Imana✊
Ndabakunda pe
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Amazing song
Turahiriwe kuba tumufise🎉❤🙌🙌
Muhezagirwe
Great song. Murampezagiye cane kandi Nikko mwama
Amen muhezagirwe cn
Nice work guys love from Radio voix d espoir buja BURUNDI
Igikorwa cizaa
merci redemption voice une Belle chanson
Ndabakunda Saana
Ntawoturwanya ari mu ruhande rwacu😊....stay blessed guys❤
indirimbo itesa caaane
ni YESU
What a song🙌🏽🙌🏽🙌🏽
Murampimbara cane
Ur muruhande rwacu p❤❤
Amen ndanezerewe
Yes ndamwizigiye aussiii
Nice song ❤❤❤
Be blessed children of Jesus
Aminaaaa. Muraduhezagiye 🙏
ABA nibo ba artist dufis mu Burundi🥱👌🙌
🔥🔥🙏🙏
❤❤❤❤❤❤ muraduhezagira
We are so proud of you guys
I like it from juba
Another masterpiece from these awesome people
Abamufise barahiriwe 🙏🏾🦋
Ndakwizigiye 🙏🙏🙏👌👌
Ndabakund cne
The best song of the year
Ndakwizigiye good song