#NARIHUSE #Inkinzo_tv_whatsapp_61760684#film_burundi_rwanda_kenya_tanzania_2022
Kiki urashoboy kuririmba raba uzokor song ya gospel kbx
Hagiye gusha kbx ncanibuka kiki kw,ishure courage ma fille 🥰🥰🥰
Iryokofe rya christella manayanje 😭😭😭christella uzicuza niwamenya ukuri🙇♂️
Mbega ikof ryafash🙈🙈 kiki wew ndakwemera ivyurgo nukuvyitondera nubwo ivyo boba bakubwira vyoba arivyo nimpak uvyiboney ukifatira ingingo wewe nyen courage vrm kunyigisho nziza turabakunda 🥰 🥰🇧🇮🇸🇦
Bacumugani mukirundo ngo uwubundabunda abonwa nuwuhahaze rindira imana izabagaragaza
Ibintu biraza nabi kwel aho rero Joachim aracitse intege je ndasavye lmana izobagararaze ahubwo rero twike hashe 🔥🔥🔥
Ese biraherera he amaso kuri eclat
Umuriro ugiye kwaka ariko kwiryokofi uhaye musazawe uzicuzape🤔🤔🔥🔥👌🙏
Courage bantu banje❤️❤️big love from Muyinga
Ikofe ryamacakubiri💪💪💪
Huuuuuuuu kiki Ubu ugeze aho umbabaza kuko uwundi yavuze ngo uzotinye ivyo abantu bavuga
Iryokofe wee😏🥱nzobambona kidahanurwa kiki 🤷♀️🤣🤣😂
🤣🤣kumbe abagor bo hanze nuko bakarir abagab b'ababandi ew diego uri gito ash uzicuza kazima mbon christella yafash inzir y'amasengesh Iman izokumaramaza rindira.Vava nawe imiger ibir ntitereka umugab waw aragukunda tekerez wubake kuk uzohava ubur imbwa n'imbwebw!
Courage bantu banje ariko ndategerej igihe ukuri kwamenyekanye uko christella azokwifata imbere yamusazawe gusa komeza usengere urugo gwawe niyo ngingo nziza
Umugore wubwenge ??? Imana ikugirire neza yaba abagore Bose bameze nkuko begerimana. Vyoba vyiza
Nanj rer mumperik mbayuwamber nar nazindutse
Joachim niwihangane ukuri kurazigwa birakomeye
Kugira amakenga n vyz nubw umuknd Sha nusaza waw aragknd
Abiwacu ingozi ndabakunda ❤️❤️❤️❤️❤️
Ndakunda parain ukuntu atuje yivugira make 😊
Eka koko kristella arihutse nubwo joachm batamwera buriya ukurikuzojahabona kk ntamenya kuwuzakukwica murira kunkokimwe
Ewe wakagali sha ngowa bwaguye🤣🤣🤣🤣
Much love from Mabayi
Nimuze muraha uwomugabo wa kiki aboroke amajambo azaravuga kuko avuga amajambo amamb acurikanze bena maraine
Manaweeer iryokofe uzorisabirimbazi urira ayokwarika knd zamuranyarutsa muradutevya
Ndakunda Kandi ndabafanta
Iyutegetse biratungana
Much love from burunga 🔥❤️ Mbakund vyeruye 😂🔥
Nihatari kweri akeshi ukuri ntikwitabwaho kweri,ariko hanyuma bizomenyekana too
Love much inkinzo tv
Murasekeje kl ngobabahaye inkoko itagirumwe 😄😄😄😄🙉🙉🙉
Congratulations ngoz ndabakunda cane
Iryo Kofi Joachim akubiswe bisaba Aho bizomenyekanira nawe azomurase amakofi abiri
Courge beza banje ❤️❤️❤️❤️🙏
💥💥✔✔
Hagiye gusha pe 🔥🔥🔥🔥🔥
Ndimurukundo niyiserie
Wow unomusi ndazinduse
Ndababaze MAKANYAGA arihe
Iryokofe uzoryicuza
None iyi niyaryari kwer?nahora kwakavamahanga sinarinzi ko joha hari ibishushe courage bantu banje
Les ami(es) de Narihuse series
nukur christella uryokof uzoryicuz icowarimuherey
Courage GS uyumwany Siwo vrt nimut can
buhanurwa christella
Iconshimira parai yivugira make kand yitwengera
Abagabo bibirara nuko bameze. Kweli
ATI umutwe niw yawuriy 😂😂😂😂😂courage disii
Joachim komeza muduh, thx kutumara irungu
Iryo kofo mbegu hanu rwantiwu ve uzicuza
Christella kura ubugugu!
Mbegikofe weeeee!!!!
Mbega igofe Joachim ariye ariko niyihangane ukuri kuratinda ntigura
Menga nokwijira mur flm nkamubwira ukuri 😢😢
Big up
Number one
Nico nkundira abagore bigira ngo nibo bazi kwubaka nka Kiki ntibameny ivyihish inyum. Harigih uzobon ko musaza wawe Joachim atakwanka. Iryokofe umukubis uzoryicuza
Courage vrt, gus kiki kanur wiyunvir neza
Aka ga series nikeza caaaaaanee... Courage team Inkinzo
Imberbe ndabona🔥🔥🔥
Uwamber kbs ❤❤💃💃🇸🇦🇧🇮
Caurag 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Courage vrt❤️
Johackim pole
Courage team
Courag
Christelle cubwenge kbx Joachim courage amatohoza
waouh 🥰
Vyiza cane
Courage
Turabakund knd can💪💪💪💪
Komereza aho😎
Much love from
Mukomereze aho nyene👌👌🇸🇦❤🇧🇮
Courage mubikora neza
I❤❤❤ inkinzo tv🙏🙏
Ew kiki sha uzokwibonerako
Uwambere💃💃💃
Polsan Joachim ukur kuzojahabona azogusabimbabazi mushikawe ndamukunda cne afise ijwi ryiza mushikawe
Hhhhhhhh ndabona hazosha
Agasozi kintahanurwa kahiy abagabo babona 😆
#Ndabashigikiye
araguhenda kiki kuk umugabo waw nindaya zurumvira Joachim kuk arimukuri
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Murakaa
Komere
Vava na Diego muguma mwivamo
Musaza wawe arakuburira ntiwumve harumunsi uzamurira
Uzamitacyira
Nunubu barakundana ajyiyekugusenyera
Courage 🙏🏾🙏🏾
Cool guys
Hhhha por sana joach wacu kuki urubagutse gukubura frére wawe nkaho mbe bizohererah?
Love from one Jay +257
Love from happy 😀
Nn ga johachim ivyurugo gwabandi ntiwobivinyuma nkahubona uziziki?? Intabwigwa ibwigwa nukwamaso atukuye
😍😍😍😍
Marraine nikirara🤣🤣🤣 iy coiffe kwikaze
Niatari none marene utanguye gutuks chri wawe niatari kumbe Christelle nawe uguma ugwanya musazawe uzoheregwa umusumwe niwamenya ukuri
Kanura Kiki
nukur ndabakund muranyubaka Can🇧🇮❤️
Uwambere
Merci kumpanuro mutang
Пікірлер: 145

@jeanmarienduwayo9545
Жыл бұрын

@sibomanamarcella6679
Жыл бұрын
Uzamitacyira
Nunubu barakundana ajyiyekugusenyera
Courage 🙏🏾🙏🏾
Cool guys
Hhhha por sana joach wacu kuki urubagutse gukubura frére wawe nkaho mbe bizohererah?
Love from one Jay +257
Love from happy 😀
Nn ga johachim ivyurugo gwabandi ntiwobivinyuma nkahubona uziziki?? Intabwigwa ibwigwa nukwamaso atukuye
😍😍😍😍
Marraine nikirara🤣🤣🤣 iy coiffe kwikaze
@rossikirossiki6518