Yooh abarundi nimwihangane nukuri!
Uwo Mugabo Uvuzengo Ategereje icyo IMANA iribukore Muminsi Mike cyane Imana Iramugirira Neza Agiye gutabarwa Kuko Imana yacu Iratabara
Pole saana Brothers From Burundi 🇧🇮 🇷🇼
😢😢😢😢 IMANA ibane niyo miryango ❤
😢😢😢😢Birabaje, nungusenga🤲🤲🤲😔
Muduhe nimwro yogufasha
Na kenya nuko vyishe bro Inairobi nuko kabisa Bihangane
Reta nirabe icoyokora kurugoruzi ahandiho ninvubu zizobatera ningona
Birababaje🙊🙊🙊🙊🙊🙊🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦basha ningorane
Nihatar abanyagatumba ubwana bwarafuts umunwa dutegerej Imana gusa itugirirenez idutabare
Problème kabisa
Ndabona bitoroshe
None burya amazi arazibigwa mbona nyadigi boryubaka mwabanje gukinjura kuko amazi ntasezeranaumwanya numwanya mwohava Muhira izindi ngorane ziruta izo gusa nimwihangane imana iborohereze
Nibyo ntamuntu udakunda iwabo gusa aho hantu si aho gutura pe leta ibimure ibashakire ingurane yubutaka inabafashe ikibazo ni amahera igihugu cyanyu cyaba kidafise
Prosper avuze ukuri kwuzuy
Oooh c'est triste reka tuje hamwe twese turabe ICO twofasha
Amazi n'ikibazo 😂😂😂😂😂
reta irihe iyo uyikeneye 🤷🏿♂
Ikibazo n'ayo mahera bobashirira kuriyo numéro muca muyarya yose. Président yaraye aduhumuye kumaso kandi yaraye yerekanye atakwizera umurundi
Eden se kombona amazi yayiteye kandi Neva akaba yavuniye agati muryinyo!!!! Neva nabafashishe kuyo Tshisekedi amuha. Aba dd bazanye umururumba muri vyose. Bubaza ngo ababatanguriye gutwara bari ibijuju???? Aho ntihubakwa nuko mwazanye umururumba!!! Ntawe azongera gufasha abarundi kuko mwese mushira mumifuka yanyu.
Nakamuna
Bjr. Erega tuvyunva ku Mathias,ibintu bikomeye. None Ayo mazi azosubira inyuma. Il faut ko tuja hamwe tukabagarukirako
😢😢😢😢😢😢
Yarabii birababaj
Changement climatique kW isi yose nuko
None Reta amatongo ifise agaragara ntiyobukakira !!
😭😭😭😭😭😭😭😭 mugatumba iwacu nuko vyama Kira mwaka na reta y'Uburundi ntaco ishak kubivugako ahasigaye President akavuga ngo mu Burundi nimur Eden 🤨🤨🤨🤨🤨🤨🤨
Nimwimuke Ntamuntu agwanya amazi
Nibazako reta yoshiramwo ingumvu bakabimura ntayandi mahitamwo hanyuma ibindi bikaza hanyuma igikuru nubuzima.
Birababaje 😢
Uravuz ukuripe wamugabow
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
None ko Ndayishimiye aakoranya abategetsi abatuka ngo nibiturire vy ikawa,kwatavuga kubanya Gatumba koko ???nibihangane sendagara yabatanzeho ibitambo
😢 😢😢😢😢😢😢
😢😢😢
😢😢😢😢
😢😢😢😢😢
Ego abarundi nibagire icobokora ariko???mbega reta imaze gukoriki??
Écouter nibace bibagira kuba gatumba
Wtf nihatri😑
😢😢😢😢😢😢😢😢
Пікірлер: 44

@user-qq6mv6vh3e
21 күн бұрын
Nakamuna
Bjr. Erega tuvyunva ku Mathias,ibintu bikomeye. None Ayo mazi azosubira inyuma. Il faut ko tuja hamwe tukabagarukirako
😢😢😢😢😢😢
Yarabii birababaj
Changement climatique kW isi yose nuko
None Reta amatongo ifise agaragara ntiyobukakira !!
😭😭😭😭😭😭😭😭 mugatumba iwacu nuko vyama Kira mwaka na reta y'Uburundi ntaco ishak kubivugako ahasigaye President akavuga ngo mu Burundi nimur Eden 🤨🤨🤨🤨🤨🤨🤨
@eslonblack8096
20 күн бұрын