#Kukayi

Gutegura Retraite ntivyorohera bose. Ariko mugihe vyashobotse birafasha kubaho tunezerewe,cane cane igihe wayiteguye kugira ukore ico wamye wipfuza gukora kandi kinezereza umutima wawe.
Muri kino kiganiro Mme Jocelyne aratubwira ingene yabigejenje.
#Kukayi #Retraite #Burundi #BienEtreAtoutAge #JohnMaxwell #Social

Пікірлер: 14

  • @devoteinakamikazi4877
    @devoteinakamikazi48776 ай бұрын

    Muzomugarukane atuganirire kandi.hariho benshi bicwa nubwoba bwo gutangura ariko haracariho ivyizigiro❤❤

  • @gorethhakizimana7336
    @gorethhakizimana7336Ай бұрын

    Murakoze cane kurico kiganiro je naraye pensionye nkaba mbaye très interressée mumpe aka numéro nze ndabarondere ndi maman Doxa i Gitega

  • @simbagirl2060
    @simbagirl20606 ай бұрын

    Super women! Go go Jojo the sky is the limit. Muba fun bawe ndimwo cane namye ndakwemera. You are a true leader❤ Btw " A true leader leads by exemple "

  • @zalga74
    @zalga746 ай бұрын

    Émission iri top Merci Pamchanneltv

  • @jean-lucnikoyagize5910
    @jean-lucnikoyagize59106 ай бұрын

    14:01 L' excellence 14: 45 L' espoir 15:28 Le respect

  • @niyonahabonyefrancine1317
    @niyonahabonyefrancine13176 ай бұрын

    Waouh akayi karyoshe😊😊

  • @i.platinum8185
    @i.platinum81856 ай бұрын

    Muzogarukane umutumire 😊

  • @kamaga-go5kw
    @kamaga-go5kw6 ай бұрын

    Bravo madame. Metamedecine

  • @iradukundabenigne2723
    @iradukundabenigne27236 ай бұрын

    Merci bcp pour votre émission ❤

  • @ishimwedivine5991
    @ishimwedivine59914 ай бұрын

    Mumfash mumpe adresse yaho hantu aba mamy bagirira sport.j'en ai vrt besoin

  • @user-bj2ct6ms6p
    @user-bj2ct6ms6p5 ай бұрын

    Nne ntakirundi azi ngira yize ibulaya

  • @iradukundaariella-eu3kt
    @iradukundaariella-eu3kt6 ай бұрын

    Iyo émission yari iryoshe umenga iheze hatageze

  • @gitumvagenevieve8806
    @gitumvagenevieve88066 ай бұрын

    Murakoze cane ariko n'aka numéro kiwe karakenewe.

  • @user-bj2ct6ms6p
    @user-bj2ct6ms6p5 ай бұрын

    We journaliste jamuri sport 😂😂😂

Келесі