#KuKAYI

#pamchanneltv #thepassword #Burundi #Smartmind #indundi #tvshow #Diaspora #Diasporaburundaise #Communauteburundicanada #Diasporamumy #Voa #Murisanga #Burundionthemap #+257 #Communauteburundibelgique #bujasanstabou #iwacuheza #visitburundi #abatwip #Sucessstory

Пікірлер: 42

  • @donalddube3359
    @donalddube3359 Жыл бұрын

    Uri umugore w'agaciro Germaine! Umugabo wawe arahiriwe!

  • @germaineb514

    @germaineb514

    Жыл бұрын

    Imana IBIHERERWE ICUBAHIRO.

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp Жыл бұрын

    Ndamukunze afis ukuri kwinshi💯💯

  • @germaineb514

    @germaineb514

    Жыл бұрын

    F B MERCI

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын

    Ameeen pr ctt bll temoignag👏ni ikiganiro ciza

  • @axelmugabo8852
    @axelmugabo8852 Жыл бұрын

    Ako kantu unazemwo kanyuma ningenzi vrt Ngo ibibazo vyanyu mubiture Imana yanyu🤗🤗😍😍

  • @wisdom3596
    @wisdom3596 Жыл бұрын

    Umugore wUBwenge Ava kuri KRISTO....Thank you so much Mme Germaine YESU-KRISTO IMANA Yanje Agume Ahezagira

  • @germaineb514

    @germaineb514

    Жыл бұрын

    Wisdom amen

  • @blanchemuco3492
    @blanchemuco3492 Жыл бұрын

    Ikiganiro ciza gose !!!! Ndagikunze gooose , et merci beaucoup Madame Germaine kuruwo muco mwatanze et beaucoup de sincérité kugire ufashe benshi !

  • @germaineb514

    @germaineb514

    Жыл бұрын

    BLANCHE merci

  • @andrehakizimana7616
    @andrehakizimana7616 Жыл бұрын

    Pamela, komera

  • @nkorerimanajehovanis1249
    @nkorerimanajehovanis1249 Жыл бұрын

    Ndaryohew cane kukayi mwubahw ku kiganiro muduhaye

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 Жыл бұрын

    muzogeragez iyo background instrument muzoyikuremw ikiganiro gitanguy ça gêne l'emmission... mon humble avis!!

  • @pamelairakoze5176
    @pamelairakoze5176 Жыл бұрын

    Hugs from here Germaine 🥰🥰🥰🥰

  • @germaineb514

    @germaineb514

    Жыл бұрын

    Hug MY DEAR PAMELA

  • @kimeregyslainbi
    @kimeregyslainbi Жыл бұрын

    Murakoze ku ntahe yanyu.

  • @raissalucy
    @raissalucy Жыл бұрын

    Big up kur Germaine for sharing her journey Ivy Germaine yavuze ndibaza k atarons am information harih umuntu amubwir u can go to the mall gutembera and have a good time Nukur sivyiza kuguma muhira kndi hariho am park d attraction . Hariho Starbucks ir usa sinz k mur canada ihari nink café gourmand And hariho ama sales ugura ibntu vyiza kndi bizumbutse vyose birahari mum mall. Nibaza k bivana n communauté umuntu abamwo ashikiyemw Ikintu nize mur vivre selon ses moyens, budget,savings ,n self discipline , nakunze ukunt ar umu mama afis am goals ar orienté ikirenze nuko anasenga Merci Pamela vraiment car ikiginaro ciza

  • @silashakizimana6398

    @silashakizimana6398

    Жыл бұрын

    Merci Raissa

  • @nicolekaze5379

    @nicolekaze5379

    Жыл бұрын

    Mpise ngukumbura kwanza!!

  • @germaineb514

    @germaineb514

    Жыл бұрын

    @@nicolekaze5379 😍😍😍😍

  • @FurahaMeckson
    @FurahaMeckson Жыл бұрын

    Duca muri vyinshi. Biragoye gutahura. Germaine thank you.

  • @sauvenigaba7870
    @sauvenigaba7870 Жыл бұрын

    Uwo ww urumvako sln homme yavugishij ukuri yeah c'est hama abakunda aba dias muvyumve vous allez travailler😭😂😂😂😂😂ba maboko muvyumve

  • @arsenensabimana3457
    @arsenensabimana3457 Жыл бұрын

    Merci Mme Germaine kuntahe yawe! Stay blessed

  • @arsenensabimana3457
    @arsenensabimana3457 Жыл бұрын

    Merci naw Pamela uri une dame extraordinaire aduha ibiganiro biryosh cane

  • @annicknick2727
    @annicknick2727 Жыл бұрын

    Amen murakoze can Germaine,Pamella mille merci 🥰

  • @user-dc5ke8vv2m
    @user-dc5ke8vv2m10 ай бұрын

    Urumugore w'ibanga umukama n'agushikane aho ushaka gushika uratwigishirije abana ncuti

  • @shellanshimirimana5171
    @shellanshimirimana5171 Жыл бұрын

    Sugukanga abantu ariko abantu mushaka kuza hanz mumeny yuko ukora même nubuzi buboneka ko bugayitse urabukora kubera harigih ata choix uba ufis Nkuko Germaine yabivuze ntakintu kirenze kuvyo musanzwe mubona hiyo. Ntaho batoragura amahera hasi . Haba Iburundi haba haba hanze hose ukoze uraronka ubuzima.

  • @nduwimanaestella4395

    @nduwimanaestella4395

    Жыл бұрын

    Ubaheh ww

  • @luckianiyonzima3841
    @luckianiyonzima3841 Жыл бұрын

    Yavuz experience yiw gusa ntamuntu numw afatisha ubuzima mumahanga atabanj gukubitika nahantu hagukura imiteto yose warufis io miteto ihez nubuzima ucufatisha🤣🤣🤣

  • @anitamwamini2646
    @anitamwamini26467 ай бұрын

    Pamela mudusabile German adushiriko inomero yiwe tuze tuvugana ,murakoze

  • @emyndaba
    @emyndaba Жыл бұрын

    Merci @Germaine b pour votre témoignage !

  • @maurenekarondo3910
    @maurenekarondo3910 Жыл бұрын

    👏👏👏

  • @rosetherenciennenzeyimana9837
    @rosetherenciennenzeyimana9837 Жыл бұрын

    Pamela hi,si Bujumbura gusa ubunigihugi cose abakobw batewe nudishetani ngo diaporama,babakwera kumafoto emwee turik.turarab utwodukino iyotuzoherera

  • @clovisuwineza2598
    @clovisuwineza2598 Жыл бұрын

    None Pame ko hagoye ariko bakagumayoo nahoo baronka ama dollar ntibashaka kugarukaa kubino nibareke shaa. Twigireyo

  • @gratiablessing777
    @gratiablessing777 Жыл бұрын

    Erega abantu bize ino bakagira diplômes nziza uhereye kuri Bacheliers babona akazi keza bakabaho neza bakagura amazu . Naho nyine nta diplôme nziza ni ibibazo. Ugira akazi kabi kavuna. Kandi mwese mugomba gukora mwembi

  • @dianensanimfura580

    @dianensanimfura580

    Жыл бұрын

    Big up Germaine umugore w'ubwenge yubaka urugo rwiwe ivya Diaspora yesuuuu weee atwugurure amaso y'impwemu nous les filles dutahure notre responsabilité murugo haba Afrique ou ivyo bihugu bindi biteye imbere .pamela merciiii yesu aguhezagire❤️

  • @donalddube3359
    @donalddube3359 Жыл бұрын

    Ariko ivyo avuze c'est extrême ntibishikira bose. Twe sukwo vyagenze kandi ndazi n'abandi benshi atariko vyagenze. Umwe wese agira ubuzima butandukanye bivanye n'ibintu vyinshi

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    Жыл бұрын

    Donald Dube je l’ai souligné mu kiganiro ko atari bose baca muri vyo bintu k hariho abashika bigenda neza nabandi barinda gukubitika

  • @donalddube3359

    @donalddube3359

    Жыл бұрын

    @@irenepamelairakoze8820 Nivyo. Ariko ntakubesha hariho abantu ngaha bakenye kurusha abantu benshi ngaho i Bujumbura. Seulement uri umukozi ngaha ntushomera. Donc le Canada est mieux kubantu badafyina.

  • @kalyka4107

    @kalyka4107

    Жыл бұрын

    En effet umwe wese afise expérience yiwe nico gituma uwo yavuze rwiwe. Wakoze Mme Germaine, ntihabuze abo vyafashije

  • @germaineb514

    @germaineb514

    Жыл бұрын

    @@irenepamelairakoze8820 ISUKA NSHANSHA ITERA AMABAVU, AMAHANGA AGUMA ARAMAHANGA. KANDI BENSHI CANE NDAZI MU GUFATISHA BABA BARACIYE MUBIGOYE.

  • @user-dc5ke8vv2m
    @user-dc5ke8vv2m10 ай бұрын

    Urumugore w'ibanga umukama n'agushikane aho ushaka gushika uratwigishirije abana ncuti