#KuKayi

Kwambara neza bisaba iki? Vyoba bivana n'amahera menshi canke bivana na taille y'umuntu yo kuberwa? N'ibibazo abantu bamwe bamwe bakunda kwibaza.
#KuKayiTVShow #Kwambara #Kuberwa #Fashion

Пікірлер: 42

  • @muhozagloria710
    @muhozagloria7102 жыл бұрын

    Wawuuuu Nella ma cousine courage

  • @rubombozajeanfernand352
    @rubombozajeanfernand3522 жыл бұрын

    Mbe ikiganiro kiryoshe🤩🤩🤩 Ps: ariko vyari kuba vyiza iyo abo batumire banyu iyo batanga ama adresse yabo aho bakorera, no hanyuma ababonye ico kiganiro bazoshobore kuba contacta abo ba stylistes. Murakoze

  • @claudinenahimana9794
    @claudinenahimana97942 жыл бұрын

    Keep on Pamela;proud of U dear

  • @Ekn-20
    @Ekn-202 жыл бұрын

    😍😍😍😍 Merci kuriki kiganiro! We needed to hear this!

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Merci pour tes encouragements tille

  • @irakozefleury8439
    @irakozefleury84392 жыл бұрын

    ikiganiro kiraryoshe , kiradufajije

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Mercii

  • @qq8100
    @qq81002 жыл бұрын

    Wow iyo intro

  • @nakinteje7172
    @nakinteje71727 ай бұрын

    Bariho cane cane abagezi baba kobw waberw kumusumba mugihe nkahantu non ntubere

  • @carenedushime357
    @carenedushime3572 жыл бұрын

    Bivimbisho kabisa 😍🤣🤣Émission iri top👌

  • @josetteihuwizeye8966
    @josetteihuwizeye89662 жыл бұрын

    Ooooh une émission très adorable.... Paaaam I like it vraiment......

  • @dorinetumukunde820
    @dorinetumukunde8202 жыл бұрын

    Go go girl....congratulations Pamela.Proud of you.

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Merciii beaucoup Dorine🙏

  • @violetteirakoze466
    @violetteirakoze466 Жыл бұрын

    Émission ya bien

  • @yvonnesibylle2670
    @yvonnesibylle26702 жыл бұрын

    Emission ya top vraiment!! Merci chère Pamela. Tu es adorable !!!

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Merciiiiii🙏🙏pour vos compliments

  • @grettakezimana5348
    @grettakezimana53482 жыл бұрын

    Top show

  • @chany9950
    @chany99502 жыл бұрын

    Hahahaha waduze rosa🤣🤣 yooo uranyishe ikiganiro kiraryoshe saaana👌👌👌

  • @cizajacqueline3194
    @cizajacqueline3194 Жыл бұрын

    Nukuri ibiganiro biratwubaka bikatwubakira n'abacu muriki murafasha abantu turi muriyi migwi yose muvuga.

  • @mcblaisepanda6370
    @mcblaisepanda63702 жыл бұрын

    Top sanaaaaa 💯💯💥

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    MERCIII

  • @armelniyomwungere658
    @armelniyomwungere6582 жыл бұрын

    Ikiganiro ciza cane #PAMCHANNEL

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Merciiiii

  • @mediatricendayizeye687
    @mediatricendayizeye6872 жыл бұрын

    Waww!!

  • @laurettetetero3529
    @laurettetetero35292 жыл бұрын

    Merci beaucoup Tres édifiant 🙏 tugiye kuberwa mbese!!

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    😅😅merciiii

  • @wisdom3596
    @wisdom35962 жыл бұрын

    Pame Upward and forward only your way in CHRIST In JESUS-CHRIST Mighty HOLY Name ....komeza ni top

  • @muhozagloria710
    @muhozagloria7102 жыл бұрын

    Muraberewe mwese

  • @aliciaayinkamiye5296
    @aliciaayinkamiye52962 жыл бұрын

    Tu e whaou😍

  • @inamahorocarmenenana2938
    @inamahorocarmenenana29382 жыл бұрын

    🥰🥰🥰

  • @laurettetetero3529
    @laurettetetero35292 жыл бұрын

    Pamella tu es tellement pétillante 👏😂

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Merciiiiiiiii🥰🥰🥰pour tes compliments

  • @yongwetv738
    @yongwetv7382 жыл бұрын

    Ikiyago ciza cane. Kubwanje mbona nkibi biba bikwiye kutubera inyigisho zokugendera. Kuko tuba tubwiwe n'Abahinga.

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Merciii

  • @niyongabojules3784
    @niyongabojules37842 жыл бұрын

    Hahahahahahah La Mabuja PAM Investment

  • @elientacorigira9176
    @elientacorigira91762 жыл бұрын

    Smart

  • @elientacorigira9176

    @elientacorigira9176

    2 жыл бұрын

    Uri uwa grave ma fille, je suis fier de toi

  • @desirendayisenga4513

    @desirendayisenga4513

    2 жыл бұрын

    courage

  • @nishimwekenthia768
    @nishimwekenthia7682 жыл бұрын

    Mbega ikiganiro ciza twari tukunyotewe vrmt uje hageze

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Merciiiii🙏🙏

  • @kanyambocarmenclarette633
    @kanyambocarmenclarette6332 жыл бұрын

    Hahahaha Pam uranryohey,

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Lol

Келесі