Ku nama : hokorwa iki kugira ubukene bw'igitoro buhave?

Haraheze ikiringo kingana n'ukwezi hibonekeza ubukene bw'igitoro. Turaraba imvo ziri inyuma y’ubwo bukene, ingaruka bigira ku barundi, n’icokorwa kugira ico kibazo gitorerwe umuti.

Пікірлер: 5

  • @leonardndikumana6019
    @leonardndikumana6019 Жыл бұрын

    combien de secteurs stratégiques voyez vous?Le sous sol nationalet le petrole???

  • @leonardndikumana6019
    @leonardndikumana6019 Жыл бұрын

    prof qu id du stock strrategique de 3 ans?

  • @anacletmanirakiza6987
    @anacletmanirakiza69872 жыл бұрын

    Intambara ntiyaziye uburundi bwonyene ibura ryigitoro nikibazo uburundi bwihariye kuko kukiduza ntikinaboneke nibindi. Mbega mukarere ko uburundi aribwo bufise icokibazo gikomeye gusumba ahandi? Vyose ninkurikizi y, ubusuma bwigihugu cacu Akataraza karinyuma.

  • @bjbbanderembako8321
    @bjbbanderembako83212 жыл бұрын

    Muraj gutohoza tax igitoro kiriha ku par l nibaza ko na tax ari nini caaane kubudyo igihugu kigabanije tax hoboneka akoyokwe kumunyagihugu . Muregeraaba declara mir sep babahe umuco muzosanga igihigu gutora amahera menshi kubudyo igabanije vyogenda neza.

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi58222 жыл бұрын

    Faustin,uvuz ukuri 100%

Келесі