Radio-Télévision Isanganiro (traduction : « point de rencontre ») est une station privée du Burundi. La Radio est née le 18 Novembre 2002 pour la promotion de la Paix, le Dialogue, la réconciliation et les Droits de l'homme. La Télévision a vu le jour le 1 Juillet 2021. Elles diffusent en Kirundi, en Swahili et en Français.
Пікірлер
Courage
abarundi twarikuhakuricirwa tukareka uyumutima wamacakubiri
Nanje sindagikunda abaswera 😊
Ni Mukakaro
Uwo muntu yanditse iyo titre ntazi amezi mu kirundi
Murabesha abanyagihugu kare radio repea yavuze 68 million none isanganiro ivuze 60million ukuri ni ukuhe ?
❤❤❤hejuru mutama rwasa
B
Turakwemera mutama kanatsinda lgihugu gikeneye abantu bameze nkawe
Uyu mushingantahe ndamwikundira ubundi niwe yarakwiye kuyibora igihugu numugabo wijunja nijambo much love 💗 💗💗
Nihatari
Nihatari
🤦🤔🙄🤔
Big fool he is
Murakoz
Ikibazo si isaha yo gutaha ikibazo ni kuba ari mubiki. Hari ubuzi bufatira, mbere ubwo buzi hari n'abakenyezi babukora. Donc : afise impamvu zumvikaba nta kibazo.ikibi n'ukuyerera ata inyungu bifitiye umuryango.
wubahwee mutam
Cari ikiganiro twari dukeneye kugirango tuze turaserura iciyumviro cacu
Mbegahamwe hatohindugwa ibintu abarundi tuzobahogute?igitorontikibaho isukari ntibaho tuzobaho gute mugihugucacu?
Ntivyoroshe
Bishika gute Igihugu cose kibure matelats 200
O😊 'o😊 O'oo O 😊
Nyenicubahiro.mwarabeyemuri.tanzaniya.mwipfuzakonatwetwoterimbere
Ni hatari
😂😂😂😂❤ngushaka kukwegera weye uko musma ker
Shaa uyu ndamkundaa yakozee nezaa
Interahamwe yamaze abanyamurenge uragahera.
Byiza cane.❤
Mu makuru mudushikiriza mwayaryohora mudushikiriza amakuru avugwa mu makungu, amakuru y inkino, n ibindi
Landry yarakiri akana
Ndasavye imbabazi........... Uwo Ni Urwego kumbe bimuhaye hit
Kukijanye n' Abasirikare Baja mu Nzego za Reta nkubaza ko iyo Ari abahinga muri Ivyo bikorwa kandi bakaba bashoboye kubikora neza ntaco birateye kabisa.
❤
Udaha amakuru meza
Turabakunda kur isanganiro turabakunda
none abo ba polisi nta bategetsi bagira??? Umuntu yoguma muvyibiturire igihugu kigashika he?? Abo ba polisi bariko bagira sabottage y intumbero ya Sebarundi... aho yavugiye abo ba commandants babo ba polisi barya ibiturire ku ma stations ya essence bari he canke baragahevye??? Birateye isoni kumva akarenganyo mu nzego z umutekano muri 2024. Ivyo umukuru w igihugu asemerera bijanye na bonne gouvernance abo ba Officiers batwara abo ba polisi barya ibiturire ku ma stations ntavyo bumva canke ????? Erega ubutungane buhera aho nyene. Abo bategetsi bi gipolisi badomako urutoke ngaha ni bishire mu kibanza c abo barenganywa bumve ingene bibabaza. Hari akajagari mu nzego turiko tuja he?
Ivyigitoro muravyihoza nukutumena amatwi gusa
Geza Aho mwenedata
Akazirarumenyetso bahendesheje umwanda wabo ngo kabatere amashurwe nkamwe yokuri cercueil batana ikiziga...
Uzi uraba vidéo du début â la fin ukabura umuntu numwe ? 😢 Ibihuume gusa wugira wageze mukibira ukikujwe n'inguge gusa...
Nta leta ntanshingamateka mwese muribansumirinda. Bakinyenzi makwakwa karaba dukaakane.. Muraho ngo mwuzuze iyo mizeze yanyu lurakavumwa nubundi mwaravumwe mwaminuuko mwe
mugihe urudandaza rudasubijwe ababishoboye ntaho turiko turaja.inter pétrole nimuyihe akazikayo.
Voice
Check sounds 😢
Volume
Nkuyo mushikiranganji ajejwe ivyibitoro yarakwiye kuvaho ntavyashoboye mubatuba unutundi tutazoshika kuri yambono ya 2040 - 2060 ntivyokunda KO duterimbere hakiri abantu bakora nkukwo ntabwo dushaka amajambo dushaka ibikorwa
Fata imisaraha dusenge igitoro kiboneke!!
Gwasa ko tumutora bagaca bamwiba amajwi nubu tuzomutora gusa ntazosubire kwemerako bamwiba amajwi ❤❤❤❤
Ikiganiro ngirakamaro kwl
Naragukunda na nubu