ISENGESHO RYA MUGITONDO|| GUHAMAGARA IMANA NGO IBANE NATWE

Abatabashije kubana natwe mu misi 7 ishize, ivyo twagiye tuganira buri musi ni:
Ibintu 6 satani akunze kwifashisha mu kubuza amahoro abantu b'Imana|| Uburyo twobikura mu buzima bwacu • Part1|| Ibintu 8 Bikun...
Ibimenyetso bidasanzwe bigaragaza umuhero w'isi ko vyadushitseko vyose! : • Isengesho rya Mugitond...
Ububi bw'icaha mu mubiri w'umuntu: • ISENGESHO RYA MUGITOND...
Kwitega ugutabagwa n'Imana umuntu atekereje( atuje) adahuzagurika kuko Imana izi buri wese n'aho yomusanga, bityo iyo Imana ishaka kukubwira message irakwironderera( irakwishakira) mpaka message ikugezeho.: • ISENGESHO RYA MUGITOND...
Ibigwanishwa umukristo agomba kuba yambaye kugirango adatsindwa na satani, tubona akamaro ka buri kigwanishwa, n'ingaruka zo kubura kimwe muri vyo: • ISENGESHO RYA MUGITOND...
Iyo intambuko z'umuntu zishigikiwe n'Uhoraho n'aho yotemba ntashobora gushika hasi. Tubona ko habaho abakunzi b'Imana ihezagira hamwe n'abanzi bayo ivuma: • ISENGESHO RYA MUGITOND...
Abantu Bibiliya yise abanebwe Imana idashigikiye namba, tubona ko tugomba guhaguruka tugakoresha amaboko yacu kugirango Imana ihezagire imirimo y'intoke zacu n'uburyo tugomba kubigenza • ISENGESHO RYA MUGITOND...
#gusenga_everyday #ijamboryimana
Tubashimiye cane uburyo mukomeje kutuba hafi no kutugira inama zitandukanye. Hari igitekerezo watugezaho, twandikire kuri +250783739549
IMANA IBAHE UMUGISHA

Пікірлер: 3

  • @Vine091.
    @Vine091.5 күн бұрын

    Ubuhamya bwa Divine Igiraneza : kzread.info/dash/bejne/poKrucNtnMq4Xaw.htmlsi=9vMyDQ63CdtVUlcy

  • @NzoyisabaCedrick-qi4pw
    @NzoyisabaCedrick-qi4pw9 күн бұрын

    imana ibampere umygisha mwarahezagiwe

  • @Vine091.
    @Vine091.9 күн бұрын

    Ibintu 6 ushobora gukora ukagabanya ibibazo mu buzima bwawe ukagira amahoro: kzread.info/dash/bejne/dmWFxsWkiMquiMo.html Abatabashije kubana natwe mu misi 7 ishize, ivyo twagiye tuganira buri musi ni: Ku musi wa mbere: Twabonye ibimenyetso bidasanzwe bigaragaza umuhero w'isi ko vyadushitseko vyose! : kzread.info/dash/bejne/m6t-q9xyibOZd5c.htmlsi=CQ6DwqX4ywGWMjQd Ku musi wa kabiri: Twabonye ububi bw'icaha mu mubiri w'umuntu: kzread.info/dash/bejne/mH-AtcuzeMqXY9I.htmlsi=gRUwH_dLj0tG0qbZ Ku musi wa gatatu: Twabonye ko ari vyiza kwitega ugutabagwa n'Imana umuntu atekereje( atuje) adahuzagurika kuko Imana izi buri wese n'aho yomusanga, bityo iyo Imana ishaka kukubwira message irakwironderera( irakwishakira) mpaka message ikugezeho.: kzread.info/dash/bejne/aXeY2ZavmrO7YsY.htmlsi=jkIb3Uny357ReZxW Ku musi wa kane: Twabonye ibigwanishwa umukristo agomba kuba yambaye kugirango adatsindwa na satani, tubona akamaro ka buri kigwanishwa, n'ingaruka zo kubura kimwe muri vyo: kzread.info/dash/bejne/nX5605Kqks_VZ84.htmlsi=i86danFYQobt6Wep Ku musi wa gatanu: Twabonye ko iyo intambuko z'umuntu zishigikiwe n'Uhoraho n'aho yotemba adashobora gushika hasi. Tubona ko habaho abakunzi b'Imana ihezagira hamwe n'abanzi bayo ivuma: kzread.info/dash/bejne/oIipwdWEf67Soco.htmlsi=L8lc-Cmd4Y6uygmq Ku musi wa gatandatu: Twabonye ko abantu Bibiliya yise abanebwe Imana itaribashigikiye namba, tubona ko tugomba guhaguruka tugakoresha amaboko yacu kugirango Imana ihezagire imirimo y'intoke zacu n'uburyo tugomba kubigenza kzread.info/dash/bejne/gpmkyqyYdrSsabg.htmlsi=gP61ZOaUXzh7CQSj