INYIGISHO ZATANZWE NA PASTEUR LAMECK [EP 1]/IBIMENYETSO VYEREKANA KO ISHENGERO RIGIRA RIVE MWISI
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 33
Murakoze cane kutuzanira Uyumukozi w a Data Imana Iduhegutahira vyishi kandi Ikomeze kudufata ukuboko kugira tuzogere mwijuru kuko mwisi twama muntambara Satan ntavyiza atwipfuriza Yesu dufashe tuze tugeremwijuru amahoro
Ameeeen mukozi w'Imana Imana iguhezagire turafashijwe ninyigisho.turasavye Célestin aturonderere izo Nararibonye kugira batubwire ivyubwami bw'Imana.
Amen amina murakoze
NkunduyumukoziwImana kubi...mwakoze,kumugarura,kumuco,TV. Aranyubaka,cane Hezagirwa Mukozi wImana
yesu abane namwe abongere ,umugisha
Ibibintu birakomeye cane mukizi w'Imana Imaniguhumugisha cane
Amen urakoz mukoz w'Imana kunyigish uduhaye
Mwese bene data ndabipfurije kugira iherezo ryiza 🙏
Twari dukumbuye cane kwumva inyigisho z'uyu mukozi w' IMANA! UMUCO WERA TV mwakoze cane!
Turashimye rwose. Yesu tubabarire kuko twaragucumuyeko incuro n incuro bitoharurika. Mana duhe kuzogera iwawe.
Amen murakoze cane mukozi wImana namwe abo kUmuco Wear TV 🙏 Yesu nadushoboze kuko ntivyoroshe .Nivyukuri Yesu ari bugufi cane.
Yesu abahezagire cane muvyeyi kandi abahe umugisha. Namwe umucowera tv murakoze kutuzanira uwu Mukozi w'Imana, Imana ibahezagire kandi yagure igikorwa canyu
Amina ,Kristo Yesu abahezagire
Uwu mutama ndamukunda cane n'umupasteur arimwo Imana ntarivanga n'ivy'iy'isi nkabandi. Ramiriza mutama uzovyambikirwa igitsibo.
Imana ibahumugish
Amen muhezagirwe mukozi w'lmana, Uhoraho abasubirize aho mwakuye
Yesu abahezagire cane ku butumwa bwiza mutwigishije
Mwene data ukiguimije isezerano witegure nanj nitegure
Imana ibahezagre, Yesu uramp kuzokubna mw'Ijuru, duh ep2
Umuco wera tv turabashimiye cane kubwitange mugira kandi imana ihezagire umukozi wayo namwe muco wera tv muhezagigwe cane 🙏
@etiennekwizera1494
3 жыл бұрын
Ese Imana yongirira ubuntu ikampa imigabane ine y' Impwemu yuy'umukozi w'Imana.
@gatorereverien2255
3 жыл бұрын
Imana idutabare gose hama turashimira gose umuco wera TV kuko turafashwa gose ninyigisho zica kuri chaîne abatagira ishaka ryo kuzumviriza nabahombe
@floranimbona675
3 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 Murakoze cane muhezagirwe Mukozi w'Imana
Wirukukire Amahoro muvyeyi
Amène IMANA ibahumugisha
Muhezagirwe gose Mukozi w'lmana ahavuye ayamajambo ahembura imitima yacu lmana ihasubize ayandi murakoze
Amen
Uragahezagigwa mutama
Uhoraho akomeze umukozi wayo.
Ameeen
Umuntu abatizwa nampwemu gt? Bigenda gute?
IMANA IDUTABARE KANDI itwugwizeko imbabazi.
Amen