😱INTAHE YA TRIPHONIE EP2// NAGIYE MUBIHUGU VYABARABU GUCA AMAHERA BACA BAGOMBA KUNTANGA I KUZIMU😱
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 12
Voilà, c'est ça, imirimo y'Imana iratangaje
Imana iratabara pe
Yesu arakomeye cane
Yesu numwamo
Imana yacu ikoribikomeye
Imana irahambay pe 😢😢😢😢Mana nyonger imbarag zogusenga🤲🤲🤲
❤❤❤❤
❤❤❤
Yesu atabare mushikanje numva ngo agomba aje mur'ivyo bihugu kurondera amafaranga!!Yesu amurabe ryiza azomurinde
@familytv2004
5 ай бұрын
Ariko mwenedata wohanuramushikawe akabivamo akaryabike akaryamakarekweri😢
@Jus-bw2rn
4 ай бұрын
Iman nimucirizura shahu yiyizire bega ahiwanyu mugihugu nabakorivyo bahari kuvyukuri ubuzima burahar buriya burumuntu wese afise intahe yakuyinto
Voilà, c'est ça, imirimo y'Imana iratangaje