INKOTA IRAMANUTSE : Imburi, Ibihe bigira BIKURANWE IMBERE YANYU - Désiré HEZUMURYNAGO
INKOTA IRAMANUTSE : Imburi, Ibihe bigira BIKURANWE IMBERE YANYU - Désiré HEZUMURYNAGO
Mwipfuza kutwandikira, mwoturungikira ubutumwa bwanyu kuri iyi email:
Email: ihangaryeraryimana@gmail.com
IHANGA RYERA RY'IMANA
Пікірлер: 50
Bene data mwiyubare!!! Uwahishuriwe arandika hanyuma agasoma! Mwibuke ivyabaye kuri Aroni na mushikiwe !!! Imana yabasuyseko imibembe! Raba neza ivyimana … ntihave urogota kumana🙏ico utazi canke wemere urinumira!!! Amen
Huuuum,twebwe turafise Imana! Ivyo usomaaa!!!
Amen,amen kandi amen
amen
😅😅😅 Imana Ivugana nande? Hari kera!Be mubeshera heyi!
Urahimvye none uriko uronderababo utera ubwoba. Imana ntiba muri amerika,Iba hose. Twebwe ntitugitegwa ubwoba!Wapi!
@NsengiyumvaAroys
Ай бұрын
Article definitely et de Rwanda 😊
Abantu mwese musenga iyo sekibi yiyita imana,nimwe muyiha inguvu zo gusambura igihugu ! Mubimenye. iyo ni nyabingi na ryangombe ziyita imana,ziyita uw'iteka...zigapfumura mukavyemera mugasenga kuri invitation yazo.ayo masengesho yose nizo ziyakira zigaca zishira mungiro ivyo zabaraguriye,zapfumuye... Ndabasavye.
Namwe musigaye muvugana n'Imana nkabanyagwanda!Imana yavuganye naba Moïse/Mose, ubu ntikivugana namwe.Ariko Irishura. IBINDI VYOSE N'UBUBESHI, N'UBWANGUSHI, S'IMANA MUVUGANA, MUVUGANA N'IKINDI KINTU ARIKO KITARI IMANA. MUBESHE ABATAGIRA UBWENGE.
@CultureInkino
Ай бұрын
Ariko wewe warahawe mpwemu yo guhishurigw?wokwihorey ntuzohanw giturumbuk
Amen amen amen,Yesu ni yamamare
Imburi yisibize iyuyikuye twentidusenga rr ibinyoma jyaniongiyo twarabamenye uwagutumye nguvugibi kuburindi wayobyep
Reka basha amanyanga mbe ubuhanuzi sukuryama nabi warota nabi wihindukiza ngo imana mwavuganye nayo ahubwo mwikwegra umuvumo biragaragarako wwe warose nabi
Thank you brother Libert go ahead you make us so happy
Mana weeee Ingwize kwimbabazi kukontaco mfise nirata imbere yawe
Uyo nintumwa ya kagame afise imigambi mibi yo guhungabanya umutekano wuburundi
Umuntu wese narabe uruhande arimwo ,kuko Twese twamaze kubona kw'iyisi irikwiherezo, ubutumwa buguhimiriza kubamaso no gusenga , si bubi , muritonda ntimurogote
Imana idutabare idukirize ubugingo
Nimwankunda muzitondera ivyagezwe vyanje nanje nzoca nsaba Data abahe mpwemu yera Yohana 14.15
Uwo atanze ubwo butumwa suwo mwitezz ngo Azoza kutunyaga igihugu ahubwo nimwumvirize Neza imburi.
Turashize noneho! Yes'adukize
Rekagupinga,nishitse,ivoyavuze,abarunditurarushe
Nimwanguhire hiyo. Aho mwakabesheye twarabahinyuye. Mbe ko mwama muvuga bibi gusa.
😂rek kwama muduhagrako shaaa gend muhende abatarabamenya
Uwumva niyumve ico mpwemu abwira amasengero
Aho na we ugira urwanire gutwara igihugu? Kalibu uvugire iyo Mana... Uzobona ibara ni waYibeshera, ukavuga ko yavuze kandi itavuze!
Ayo manyanga yanyu twarayahinyuye.ja hiyo
Imana iduhinkomezi zo kunesha
@andreniyonzima1392
2 ай бұрын
Imburi kuba uyitumbereje ku Burundi bwonyene,nivyo biteye makenga! Matayo 24,Yesu ati :" Mwirinde!" Benshi bazoza mw'izina ryanje!!! Kuba Imana yakujeko,birashoboka nk'uko bidashoboka! Umwanya wo kurangira kw'isi niwo turimwo,ariko ivyo biraba isi yose,si Uburundi gusa! Ivyo umuntu yeretswe,ko umengo nyene kwerekwa niwe ubwiwe arimwo.arasoma adidinganya,yirya umunwa! Ntawukurwanije kuko,kurinda kwivuga,washatse kwimenyekanisha kandi igikenewe ryari izina ry'lmana ryonyene!! Wewe Désiré ntabwo izina ryawe ariryo rikenewe n'abatuye isi ! Mwiyubare !!! Uwo ni Yesu yabivuga,Matayo 24 !!!
Nkumunt.ashak guping.ivyoyumvis umviriz wihorer ntiwiyanduz kubus
Mana imbabazizawe.zitubeko
IMana iduhankaze kwimbabazi
sekibi,serupfu,sekinyoma,ndagusambuye,ndakurimbuye mw'Izina rya Yezu Kristu. Umuvyeyi Bikira Mariya n'Akujanjagure Akumene umutwe.waratsinzwe ja munyenga y'amahonero iyo waciriwe,va mw'isi Mana Data Yaturemeye. Ndagutegetse mw'Izina rya Yezu Kristu Umwami.
@IHANGARYERARYIMANA
2 ай бұрын
Mariya ntashobora gukora ikintu naho womusenga ijoro n'umutaga kuko atahawe ubwo bubasha. YESU WENYENE NIWE AFISE UBWO BUBASHA KANDI NIWE USABWA GUSENGA WENYENE. Gusaba Mariya ni icaya Kandi ababikora bose ntibaja mw'ijuru kiretse bihanye.
@chantalmboningabira3751
2 ай бұрын
Inzigo Mana Data Yashize hagayi yawe n'Umugore n'ikurimbure sekibi,uve muri kino gihugu uje mu inyenga y'irimbukiro. Abo wagize abakozi bawe ndabakwambuye mw'Izina rya Yezu Kristu. ivyo waturira kuri kino gihugu no kw'isi yose ndabisambuye mw'Izina rya Yezu Kristu. nyabingi na yesu ndabarimbuye mw'Izina rya Yezu Kristu.ja munyenga y'amahonero waratsinzwe.
@chantalmboningabira3751
2 ай бұрын
abanyarumuri (Illuminati)mwazanye inkota,inzara, n'urupfu mu bana b'Imana, ndabarimbuye mw'Izina rya Yezu Kristu.
Christo yahamagayeryari ntibunva kandi asanzwe ariwe abayoboye?imanuweli araje abajinjibure ,Christo agité kubatembagarana kuko intare yomumuryango wa yuda Imanuweli aje kurimbura ivyaduka vyaba christo
Bemureka kwipfuriza inabi uburundi guko twese iyoturyamye turarazira ntiduca tuvuga kotweretswe igihe canyuma abavugishwa bibinyoma bazokwiyadukiza bavuge ngo natumwe kumbe nibishobisho vyivyo biriwemwo nukwicira umukate
Desire?????
Iyo ni imburi?
Urabanza umenye Isabato nu mwami wayo
uyu muntu ntasoni agira! nogusoma ntavyazi? aba nibamwe cimamanda yita ibibwa
Mbega ko wewe usoma ivyo wanditse ko utatwebwiye? Witwa nde?
@kanimary5642
2 ай бұрын
Rekana n, 'abo bicanyi
Imburi.iwanyu.apana.kubarundi.mwizinaryayesu.bizoherere.iwanyu🙇🙇🙇🙇🙇🧎🧎🧎🧎🧎
@evelynentunzwenimana6430
2 ай бұрын
Kumbura wihane wezwe ngo mwizina rya Yesu!!! Uwo Yesu azoduhinduka kurusha uko tumuzi
@margueritentirubuza1076
2 ай бұрын
Iwabo hehe ? Uyo ntiwumva kw ar umurundi ? Ahubwo senga, niyaba ar lmana bizoshika, atariyo naho, kwiyeza nivyo bibereye umwana w lmana wese. Nayo ivyo gutukana vyo, lmana ikomeza uwo yatoranije ntitoranya abakomeye, kutamenya gusoma s ikibazo ku Mana
@faustinegirukwigomba5466
2 ай бұрын
Ubuhanuzi kirazira kubupinga.uvuga ngo Imana iravuze itavuze,uwo yikwegera kuranduka.ariko ibihe Vyo ni bibi barundi bantu mwese ugurura amaso murabe,umunyavyaha nahebe ibyo Imana yanka.umugororotsi nashishikare agororoke.
@user-dg6fe8rz7e
2 ай бұрын
❤amen