INDIRIMBO ZOSE ZA CHORALE NGOMA GASHIKANWA:IZINA RY'UHORAHO RIRI HEJURU YA VYOSE

Музыка

AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu fyonda A-ha / @gospelofpeacetv3
kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane
Kuwifuza kubaza canke kutwunganira arashobora kuturondera kuriyi numero
#+25769883071

Пікірлер: 39

  • @user-yv1pd8hj2y
    @user-yv1pd8hj2y6 ай бұрын

    Amen lmana sinkatwe iragahezagirwa iragahora kungoma .ndafashijwe .

  • @user-og8iy8vg9j
    @user-og8iy8vg9j3 ай бұрын

    Amena

  • @emmanuelniyobuhungiro4470
    @emmanuelniyobuhungiro44703 ай бұрын

    Imana ize ibahe iherezo ryiza❤❤❤

  • @user-yv1pd8hj2y
    @user-yv1pd8hj2y6 ай бұрын

    Yesu abahezagire

  • @emmanuelniyobuhungiro4470
    @emmanuelniyobuhungiro44703 ай бұрын

    Amen ❤

  • @joelmanirakiza
    @joelmanirakiza6 ай бұрын

    Hallelujah, Imana ishimwe kubwa chorale Ngoma!!!

  • @emmanuelniyobuhungiro4470
    @emmanuelniyobuhungiro44703 ай бұрын

    Muhezagirweeeee❤❤❤

  • @ElieNiyokwizigirwa-gt6wd
    @ElieNiyokwizigirwa-gt6wd7 ай бұрын

    Ameeeeee❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-yy3ef5wl6b
    @user-yy3ef5wl6b8 ай бұрын

    Murakoze cnnn nukur muzihangan kugez kwihrerzo

  • @Eric-im3jg
    @Eric-im3jg7 ай бұрын

    Egooo muramfashije Amena

  • @emmanuelniyobuhungiro4470
    @emmanuelniyobuhungiro44703 ай бұрын

    Tuze turirimbane mwijuru❤

  • @chantalnijimbere-mr9xe
    @chantalnijimbere-mr9xe2 ай бұрын

    Gashikanwa iwacu. Muririmba neza cane

  • @user-fi4kr5no8y
    @user-fi4kr5no8y6 ай бұрын

    ❤❤❤

  • @arakazaarcade7846
    @arakazaarcade78462 жыл бұрын

    Imana Ibaje imbere ibakomeze mugikogwa ciza mukora civugabutumwa ryomundirimbo z'Imana.turabakunda.

  • @ThereseNsabimana

    @ThereseNsabimana

    Жыл бұрын

    Amen mubandanye muhembur imitima

  • @rebeccandikumana68
    @rebeccandikumana68 Жыл бұрын

    Murakoze cane kubatwereka,n'ako kagoma kavuga mu mutekano ntangere , murabatwibukije , indirimbo nziza z'ubutumwa bwiza

  • @emmanuelniyobuhungiro4470

    @emmanuelniyobuhungiro4470

    3 ай бұрын

    Yesu abongere amavuta😮😮😮

  • @user-yv1pd8hj2y
    @user-yv1pd8hj2y6 ай бұрын

    Knd yesu abah'umugisha knd azobahe iherezo ry'lza

  • @ThereseNsabimana
    @ThereseNsabimana Жыл бұрын

    Muhezagigwe n' lmana

  • @NIZIGIYIMANAEdouard
    @NIZIGIYIMANAEdouard Жыл бұрын

    Nanje ndaba iherezo dyiza

  • @sandraniyineza9030
    @sandraniyineza9030 Жыл бұрын

    Imana ibahezagire bakozi b'Imana

  • @NiyongaboVenuste-br6pm
    @NiyongaboVenuste-br6pm Жыл бұрын

    Imana ibahumigish caaaan ndabakund cane

  • @claudenahayo-ov5jk
    @claudenahayo-ov5jk Жыл бұрын

    Imana ibakomeze turabakundacane

  • @MenedorBigirimana-uq7bf
    @MenedorBigirimana-uq7bf10 ай бұрын

    Nineza

  • @fabricenininahazwe7161
    @fabricenininahazwe71612 жыл бұрын

    Imana Ibongerereze amavuta

  • @melancenindaba7179
    @melancenindaba7179 Жыл бұрын

    Nukuri mwese ndabasabiye iherezo ryiza

  • @adijaniyonsaba5061
    @adijaniyonsaba5061 Жыл бұрын

    Imana ibahezagire cane . Ize ibahe iherezo ryiza kabisa. Tuzoririmbane mw ijuru.

  • @Ildephonsemusavyimana

    @Ildephonsemusavyimana

    Жыл бұрын

    Muhezagirwe

  • @GolfOscar2-jc5su
    @GolfOscar2-jc5su Жыл бұрын

    Ndabifurije igerezo ryiza

  • @shanthalshanthal1491
    @shanthalshanthal1491 Жыл бұрын

    Amen nukuri ndabakunda

  • @antheremworoha7394
    @antheremworoha7394 Жыл бұрын

    HALELLUYA,Amen

  • @Ezechielhabonimana-yr8uy
    @Ezechielhabonimana-yr8uy11 ай бұрын

    Turanezerew can nizo ndirimb muhezagirw

  • @barakabarkey9374
    @barakabarkey9374 Жыл бұрын

    asanteni🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @h-citizenshipkingdomheir
    @h-citizenshipkingdomheir Жыл бұрын

    Ariko ñdumva ni remix kuko umengo inguvu za zimwe zo kuri cassette version 1 ntibinganya

  • @mechackniyonkuru3271
    @mechackniyonkuru3271 Жыл бұрын

    Mana ndagushima🙏

  • @sylvananahimana379
    @sylvananahimana379 Жыл бұрын

    IMANA IBAHEZAGIRE

  • @MenedorBigirimana-uq7bf
    @MenedorBigirimana-uq7bf10 ай бұрын

    Nineza

  • @MenedorBigirimana-uq7bf
    @MenedorBigirimana-uq7bf10 ай бұрын

    Nineza

Келесі