No video

INDIRIMBO ZA CHORALE FANFARE YA GROUPE BIBLIQUE DU LYCÉE DE KIREMBA SUD

Urukurikirane rw'indirimbo zaririmbwe na Chorale Fanfare y'i Kiremba mu bikorane bitandukanye
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 21

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy55053 ай бұрын

    Muhezagirwe cane ndafashwa cane nindirimbo zanyu ndabakunda cane ❤❤❤ Hallelujah Amina 🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv39763 ай бұрын

    Iyi Chorale ndayikunda n'umutima wanje wose. Iyo natwawe n'isi nkaronka indirimbo zabo zirangarukana k'umurongo🙏🙏🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Yesu Kristo agukomeze.

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv39763 ай бұрын

    Urampa Iherezo ryiza nanje Mana sinze ntahire gusenga gusa, Urangirira ubuntu Mana 🙏🙏🙏🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv39763 ай бұрын

    Mushireko indirimbo zose za bano bana nukuri, n'iza kera zose

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    🙏💖

  • @TUYISENGEAliane
    @TUYISENGEAliane2 ай бұрын

    Yesuweeee amen

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv39763 ай бұрын

    Ewe Mana ndasabiye iherezo bano bana🙏🙏🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @joselynendayipfukamiye6720
    @joselynendayipfukamiye67206 ай бұрын

    Voix célestes. Soyez bénis et courage. Il ne faudra pas relâcher jusqu'à la fin de la vie de tout un chacun d'entre vous.

  • @meirratv

    @meirratv

    6 ай бұрын

    Amen. Merci pour l'encouragement 🙏💖

  • @CizaJack-gr8js
    @CizaJack-gr8js Жыл бұрын

    🎉keep up the good work God bless you ❤️

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-en2mu2gn7o

    @user-en2mu2gn7o

    7 ай бұрын

    😢😢😢😢😢😢😢 Ndahembutsee murakoze nciye nkumbura isiyoni iwacu😢😢

  • @GaniJan-tq3pp
    @GaniJan-tq3pp Жыл бұрын

    🙏🙏🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    🙏💖

  • @uwisezeranopatient2512
    @uwisezeranopatient25122 ай бұрын

    😂😂😂😂

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Utwengejwe n'iki?