IHURIZO RY'AMAKUBA PART 2

Фильм және анимация

IHURIZO RY'AMAKUBA SEASON
Iy'umworo agaburiwe imbwa zibihonyoramwo.
kwirikirana ino reresi uzobonako guhitamwo kw'umuntu gushobora kuba inkwezi yamakuba atoroshe kwivanamwo
Production: @Inua Cinema
Script&Director: Amédée Manirakiza
Ass Director: Fiston Haragiramungu
Camera man&Editor:Niji pro
Sound: Nijipro
Contact: Email: info@thejnfamily.com
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Пікірлер: 327

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 Жыл бұрын

    Abacerew nkanj tumenyan mump utu like 🤓🤓🤓 ,so twikomerez ninyigisho ziri mwino film nziza cane

  • @ChancelineIrakoze-qc1vd

    @ChancelineIrakoze-qc1vd

    9 ай бұрын

    Pl

  • @dolianneyankunze323
    @dolianneyankunze323 Жыл бұрын

    Yooonciyenibukivyambayeko mwubahwe harimwinyigisho ❤️❤️❤️

  • @habibi5688
    @habibi5688 Жыл бұрын

    Courage, cinéma ndundi hejuru cane🙌🙌🥰🥰muranyubaka 🙏🙏

  • @williammandela7192
    @williammandela7192 Жыл бұрын

    Amede wewe ugezweho sanaaaa ubitegura neza ukabikora neza caneee mwubahwe too

  • @rukundojeanpaul2336
    @rukundojeanpaul2336 Жыл бұрын

    Ndimurwanda 🇷🇼Ariko ndabishimiye cyane

  • @jongon6940
    @jongon6940 Жыл бұрын

    Mimi wewe ivyukina biri mumaraso ukuntu rero muberanye na Amede biratesa courage mbakunda gwishi,mwebwe muracayoboye film ndundi

  • @yvettenifasha6369
    @yvettenifasha6369 Жыл бұрын

    Courage bana biwacu🇧🇮🇧🇮 mubikora neza harimwo inyigisho

  • @niyonzimafelicien8560
    @niyonzimafelicien8560 Жыл бұрын

    Waoooooooo,mubukora neza cane bavukanyi nahawe nimana💪💪💪💪💪💪

  • @bediaishimwe3708
    @bediaishimwe3708 Жыл бұрын

    Hagusib wicerwa rek mbnze ndabeee 🔥🔥🔥

  • @angeemelyne2214
    @angeemelyne2214 Жыл бұрын

    Harahiye abakunz b'ihurizo tumenyane

  • @MushimiyimanaMary-do3zx
    @MushimiyimanaMary-do3zx7 ай бұрын

    Keza ndagukunda cyan ahantu hose ukina ndagukurikiran ndumufana was urigisha cyn

  • @moniaakimana1392
    @moniaakimana1392 Жыл бұрын

    Mbaye uw4 yooo.Umuti urakoretse✌️✌️✌️✌️

  • @etiennenebus4087
    @etiennenebus4087 Жыл бұрын

    Respect ma bro mubikina neza cane

  • @sososoryne3261
    @sososoryne3261 Жыл бұрын

    Courge beza banje ❤️❤️❤️❤️ filme ndundi hejuru cane 🥰🥰🥰🔥mimi Amédée ❤️🙏

  • @niyonkurupacifique7318
    @niyonkurupacifique7318 Жыл бұрын

    Iyi film ndabona igiye kurya hit vraiment Améde et mimi courage vrt

  • @Steve_Uwimana

    @Steve_Uwimana

    Жыл бұрын

    Caaaaaaaane

  • @stitore2388
    @stitore2388 Жыл бұрын

    Amédée wubahwe jewe ndakunda cyane urumwanditsi mwizape film niyo ariko ishusho yumuntu nayo niyambere

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 Жыл бұрын

    Ndabona nzohava nja murukundo niyi film kandi🤟🤟🤟🤟

  • @gjghhjukfh8094
    @gjghhjukfh8094 Жыл бұрын

    ndakunda mimi ukuntu akina lmana iķugez ahushaka

  • @mariesolangeirangabiye8023
    @mariesolangeirangabiye8023 Жыл бұрын

    Ihurizo ry'amakuba hejuru caane !! Team Amédée ndabakunda gose umwami mana abakomeze kunyigisho mutanga

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 Жыл бұрын

    Theo na keza barihagazeko bararivuz Imber ya bfr

  • @jeannendikumana2810
    @jeannendikumana2810 Жыл бұрын

    Ndabakunda cane muvyumv kez n'a thimote mutwigisha vyishi mukomerezaho❤️❤️

  • @alineciza838
    @alineciza838 Жыл бұрын

    Ndabakunda mwese abakunzi ba Amédée tumenyane

  • @user-br2oq9vd8c
    @user-br2oq9vd8c3 ай бұрын

    🇧🇮 mukina nez imana ibahezagire.

  • @baptiste685
    @baptiste685 Жыл бұрын

    Courage vraiment,ivyigisho birimwo too

  • @m.khafanm.khalfan2670
    @m.khafanm.khalfan2670 Жыл бұрын

    Munkiniye ibintu pe gus mwubahwe🙏🙏

  • @nimpagaritsenadine7486
    @nimpagaritsenadine7486 Жыл бұрын

    Kumeng uwomuhungu akina arimushiki wamimi avukana na Renine manariyo gusandab❤❤💪🇧🇮🇧🇮

  • @annonciatteuwimana371

    @annonciatteuwimana371

    Жыл бұрын

    Naj mbona basa

  • @ziadamusavyimana7826

    @ziadamusavyimana7826

    Жыл бұрын

    Ni Lénine nyen

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 Жыл бұрын

    Courage mubikora neza ndaba❤❤❤❤❤nda

  • @aullah257
    @aullah257 Жыл бұрын

    Mimi courage ivyukina ubifise mumaraso ndakwikundira keza💖💋💋

  • @happyhappy3493
    @happyhappy3493 Жыл бұрын

    Wooo iyufise umukunz wubweng mutera mujimber courag

  • @patricenzoyisenga990
    @patricenzoyisenga990 Жыл бұрын

    Ndabona film ikiri mumatati yubukene. Zana next twibandanirize

  • @ufitesealiane2388
    @ufitesealiane2388 Жыл бұрын

    Hello nitwa Samuel ndi mu Rwanda nukuri twarabakunze cane ahubwo mukomeze mutugezeho izindi Episode rwose kuko twaranyuzwe rwose

  • @constantinzelda9146
    @constantinzelda9146 Жыл бұрын

    Niba hakibaho abakobwa nkaba ngiye gushaka umugore l like from kigali 💞💞💞

  • @isimbiraisa1594

    @isimbiraisa1594

    Жыл бұрын

    I'm ready

  • @abimanabenigne6893
    @abimanabenigne6893 Жыл бұрын

    Courage vmt Imana ibaje imbere

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Жыл бұрын

    Filme ndundi hejuru can 👌👌👌

  • @nkurunzizafabien5067
    @nkurunzizafabien5067 Жыл бұрын

    Waooo Amédé much love courage

  • @elise4023
    @elise4023 Жыл бұрын

    Courage kabisa iyiyo ntivyosha

  • @ibrahimyamni7102
    @ibrahimyamni7102 Жыл бұрын

    Courage vrt💪💪🇧🇮♥️🇸🇦

  • @ntabadahigajeanclaude2434
    @ntabadahigajeanclaude2434 Жыл бұрын

    Wow u're the one am fan of u,am at Kigali, Temotea hejuru

  • @jean-claudeyadema5191
    @jean-claudeyadema5191 Жыл бұрын

    Vyukuri murakola message Kandi muhezagigwe courage

  • @patrickmunezero8941
    @patrickmunezero8941 Жыл бұрын

    Yooooo mukobw ndakwishimiy Na Jew urukund ufitiy uy muhungu nabakobw Bak bogir ibint nkivyo nibak ham musazaw Naw ndamuciriy umugani uvug UT GUKUNDA UWUTAGUKUNDA NINK''IMVURA IGWA MWISHAMBA kand ntihubak am fbu hubak urukund

  • @EmileNdayiziga
    @EmileNdayiziga5 ай бұрын

    Ndayikunze cyaaaane ❤❤❤❤❤

  • @user-hp5qf7bu4d
    @user-hp5qf7bu4d Жыл бұрын

    Abasaza bumukobwa nkabo bobura urukundo ruja aho rushaka kabisa.❤❤❤❤

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Жыл бұрын

    Abatunzi murakomerewe ngumukene ntiyorongora umukobwa womugiti 🙄🙄🙄🙄 iyingeso abitwa kwarabatunzi barayifise ☹️☹️ icobikoz murahanura❤️❤️❤️

  • @user-gq6xl3zg3m
    @user-gq6xl3zg3m9 ай бұрын

    Ndafashijwe vrt,ntakirusha inkomezi Urukundo

  • @nicemedia8029
    @nicemedia8029 Жыл бұрын

    Bofre wanje bamwugururira rurya ruprotaye rwose 😄😄😄😄😄😄

  • @desiremanirambona4208
    @desiremanirambona4208 Жыл бұрын

    Vyukuri murampimbara uretse ko mutanga inyigisho ninkomezi.keep up my brothers and sisters.l love you

  • @naomiehakizimana9291
    @naomiehakizimana9291 Жыл бұрын

    Mbaye uwa 10 waoooo ndabakunda can mubikora neza

  • @niyonkurucharlesmanhemban2112
    @niyonkurucharlesmanhemban2112 Жыл бұрын

    Ndabikundira cyane muranga imanuro nziza nakugaya uyundi

  • @rosettenshimirimana3725
    @rosettenshimirimana3725 Жыл бұрын

    Waooooo.twari tubanyoteweeee💞💞💞

  • @ruhayaahadi1458

    @ruhayaahadi1458

    Жыл бұрын

    Twika twika twige kabisa mutere mujimbere

  • @donavinenikuze-yn4bx
    @donavinenikuze-yn4bx Жыл бұрын

    Mimi ni koko ukina neza uvuga amajambo y'ubutwari si vya chr wawe,koko mbe nka mimi boutique ntibazimana kuko wishinze kuzimana wosanga winjiye no mu mutahe,Imana ibahezagire maze muzogere Kure cane hashoboka

  • @tuxylokjsk7471
    @tuxylokjsk7471 Жыл бұрын

    Nanje vyarambayeko arikobampanuravyo uwuraho iyondamujako mbanararubonye Imana niyo itanga uwukuri

  • @ziadamusavyimana7826
    @ziadamusavyimana7826 Жыл бұрын

    Biriko biraza neza kbx🔥🔥🔥🔥

  • @impanobande833
    @impanobande833 Жыл бұрын

    Uy mus nacerew knd courrage 🙏🙏🙏

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Umubariye neza nakureke mubane mumahoro keza

  • @josiasnintunze9156
    @josiasnintunze9156 Жыл бұрын

    Basha ndatwenze ukuntu iheze pe gusa nyene irimwo inyigisho kabisa

  • @ndayipfukamiyeemelyne1903
    @ndayipfukamiyeemelyne1903 Жыл бұрын

    Inyigisho nzizaaa courage bantu beza

  • @regisnintunze
    @regisnintunze Жыл бұрын

    Courage ndabakunda cane❤️❤️❤️

  • @elisabethmama1846
    @elisabethmama1846 Жыл бұрын

    Vrem courage can iman imber mur vyos

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 Жыл бұрын

    Manaweee!!! Ndabona bitagiye kworoha

  • @audacenibaruta.
    @audacenibaruta. Жыл бұрын

    Uyu mwana agira urukundo nka Chr wanje kweli.Ramba Mireille!

  • @nininahazwedonavine3349

    @nininahazwedonavine3349

    Жыл бұрын

    😂😂😂😂

  • @aline5450
    @aline5450 Жыл бұрын

    Mwubahwe cane ndafashijwe harimwinyigisho zikomeye can

  • @user-oc7xo3lx1q
    @user-oc7xo3lx1q6 ай бұрын

    Mukomeze mutanga impanuro turabakunda jerome

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 Жыл бұрын

    Icitegererezo canje niyi films

  • @doniteka5594
    @doniteka5594 Жыл бұрын

    Ayo mazara ya Théo umenga yimba ifuku

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Жыл бұрын

    Amended and mimi courage mubikora neza ❤❤❤ 🙏 🙏 🙏

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 Жыл бұрын

    ahahahahahhahahahaah ndamanyutse cane na thophilo yagira aguruke so courage vraiment

  • @user-lu4dw1ky2h
    @user-lu4dw1ky2h Жыл бұрын

    Ndabakunda cane muranyubaka

  • @bukurujclaude4366
    @bukurujclaude4366 Жыл бұрын

    Iraryoshe cane vrmt courage

  • @user-br2oq9vd8c
    @user-br2oq9vd8c3 ай бұрын

    Ikirushurukundo inkomez nimana ntakindi.

  • @bediaishimwe3708
    @bediaishimwe3708 Жыл бұрын

    Courage 🔥hejur cne bakundwa

  • @claudinetuyikorere3525
    @claudinetuyikorere3525 Жыл бұрын

    Courage mubikora bein

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Жыл бұрын

    Keza na thofilo muje muje ewana akarere karatsee kbs

  • @victorndayishimiye9653
    @victorndayishimiye9653 Жыл бұрын

    Courage bagenzi,inyigisho zanyu nikirumara

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 Жыл бұрын

    Mukama iyifi rime niyorweri

  • @remes123
    @remes123 Жыл бұрын

    Yooh urukundo ntamupaka

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Жыл бұрын

    😂😂😂😂Uyo musaza wa mimi arishima peee ngo ntuhonyore kwitapi😂😂😂

  • @madamechemba3720

    @madamechemba3720

    Жыл бұрын

    Nihatari 🤣🤣🤣🤣

  • @niyodonavine9182
    @niyodonavine9182 Жыл бұрын

    Courage mukora neza

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd Жыл бұрын

    Turabakunda cane mukina neza cane muratwi twararika

  • @eddylevisirakoze2376
    @eddylevisirakoze2376 Жыл бұрын

    Mwari mwadukumbuje cane😪😪 Courage amede et mimi turabakunda💪💪

  • @user-pi4ib7ql4d

    @user-pi4ib7ql4d

    Жыл бұрын

    Waoooooo 👌👌👌👌👌👌

  • @niyeraarlette8390
    @niyeraarlette8390 Жыл бұрын

    Akazembule kimbombo zibiri 🤣🤣🤣

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 Жыл бұрын

    Woow film yanje big up sana 💪💪💪

  • @dinnernduwimana6114
    @dinnernduwimana6114 Жыл бұрын

    Kwiyosi tuvuka dufise abadufatira ingingo ndetse tukarinda dusaza tugifise abadufatira ingingo ariko harikintu kidafatirwa ingingo ico naco sikindi nur, ukundo iryo nisomo munsigiye mwubahwe cane.

  • @isaiehavyarimana7369
    @isaiehavyarimana7369 Жыл бұрын

    Murazinduka. Courage to the team player

  • @Bahoamagaramazima
    @Bahoamagaramazima Жыл бұрын

    ❤️❤️❤️❤️❤️❤️courage caane😂😂😂😂

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 Жыл бұрын

    ESE iyomayibobo wayihinduriy ubuzim

  • @srh9410
    @srh9410 Жыл бұрын

    Manawe hagiyeguch dabakunda mwubahwe ❤❤

  • @wowwow9457
    @wowwow9457 Жыл бұрын

    Ibikorwa vyiza pe

  • @qasimshasha9126
    @qasimshasha9126 Жыл бұрын

    Manaweeee ndasetse mpatswe gupfa ingene akomye induru ngo ntahonyore kwi tapis yiwe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @joshuaciza3043
    @joshuaciza3043 Жыл бұрын

    OK nice nn komuyisohora itevye atricte ka2 mundwi

  • @miriellekamikazi8514
    @miriellekamikazi8514 Жыл бұрын

    Courage mubandany muduha

  • @benleonardo4009
    @benleonardo4009 Жыл бұрын

    Amédée vrt wubahwe uri umwanditsi mwiza muri film ndundi

  • @gildashakizimana2560
    @gildashakizimana2560 Жыл бұрын

    Keep up the good job

  • @aimablesindayigaya7314
    @aimablesindayigaya7314 Жыл бұрын

    mwubahwe.inyigishoni nishii.komeza

  • @jalanoman6236
    @jalanoman6236 Жыл бұрын

    Mwubahwe kubwinyigisho. Muduhe. Ndabakunda. Cyane 👌👌🇧🇮🇧🇮

  • @prosperndayishimiye1982
    @prosperndayishimiye1982 Жыл бұрын

    Courage vrmt💞💞💞💞

  • @dieudonnendayishimiye9631
    @dieudonnendayishimiye9631 Жыл бұрын

    Number66 nahishikiye gushigikira impano y iburundi muri cinéma

  • @raphaelbuzima2221
    @raphaelbuzima2221 Жыл бұрын

    Keep moving inua

  • @augustinntakiru3177
    @augustinntakiru3177 Жыл бұрын

    Ndabakunda cane mwubahwe kukuntu munezereza ariko muze muranyarutsa kuduha igice gikurikira i semaine yose ni ndende

  • @user-kw1eg2gy4m
    @user-kw1eg2gy4m18 күн бұрын

    ng urenz ub urenz❤❤❤❤

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 Жыл бұрын

    Iyo scène ya Théophile, Keza na Musazawe irantwengeje. Amaronko menshi azib'amatwi. Ewe Théophile ayubonye siyo. Wihangane, ntamvura irwa idahita

Келесі