IHURIZO RY AMAKUBA FINAL PART 22
Фильм және анимация
IHURIZO RY'AMAKUBA SEASON
Iy'umworo agaburiwe, imbwa zibihonyoramwo.
kwirikirana ino reresi uzobonako guhitamwo kw'umuntu gushobora kuba inkwezi yamakuba atoroshe kwivanamwo
Production: @Inua Cinema
Script&Director: Amédée Manirakiza
Ass Director: Fiston Haragiramungu
Camera man&Editor:Niji pro
Sound: Nijipro
Contact: Email: info@thejnfamily.com
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874
Пікірлер: 1 100
Abotwatanguranye nabo dusozereje rimwe tumenyane akaryoshe ntigahera mwitama 😢😢Alvella ukoze ikintu ciza ❤❤
@ruhayaahadi1458
Жыл бұрын
Shaa gusa murandijij turabakunda muratwigishij cane ndarengew courage
@christophentakarutimana9134
Жыл бұрын
Turi hano
@medsonni3807
Жыл бұрын
Mwaranyigishyij gukunda kwel nzava sauza fita utukundo mwanyigishyije
@mukandamutsaclaudine9397
Жыл бұрын
Iyabaga yakomez irandijije pe😭😭😭😭😭😭 🇷🇼 ndabafana cyaneeeeee films zanyu zibamo inyigisho.
@fyfh6211
Жыл бұрын
❤ndabakunda.kandini.nfabakurikiran
Mbaye uwamber abaza nyuma mump twatuntu aha hepfo❤❤❤
Hamwe nogenda ntavuze noba nkosheje umwanditsi niyubahwe kk icirwa kirimwo kirakomeye cn.hama turashimiye abantu mwese mwakinye mur iyi film kk mwavyifashemwo neza good job👌Imqna imbere mur vyose🙏mwarahezagiwe Imana ikomeze guhishirira umwanditsi yongere imurikire ingabire yiwe🙏💗💖
Imana ibahe umugisha bavandinwe bacu mbega IHURIZO Ryamakuba!!!!!!!! Mungu wangu !!!! Nyishoje mfite ubwoba. Mbega Kigeme kiburundi !!!!!!!
Abakunzi baya makuba mushirireko j'aime aha💪💪💪💪
@ingabiredorcas4663
Жыл бұрын
😂😂😂😂Ati abakunzi bamakuba🤦♀️🤦♀️🤦♀️
@Asa-ij8fi
Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤arikontibiheze murashoboy
Mana yanje uwumusi nanje ndabaye mubambere abari murukundo niyi series ihurizo tu amakuba mugonge Like 👊👊👊 hahire rimwe 🔥🔥🔥🔥 ndaz kwari benshi mwari muyinyotew courage ndabakunda caaan ♥️♥️♥️ abaza inyuma ntimunyirengagize kand mukor partager henshi hashobok mugushigikir aba benewac nabasaz bacu 🙏🙏🙏🙏film ndundi hejuru cn
@user-pi4ib7ql4d
Жыл бұрын
Waooooooo finl uratwitse vyikirenga mufise ubuhinga nubwenge hejurru caaaaaan beza bigihugu🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰👌👌👌👌👌🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤸♂️
@wizeyethierry-mh1fn
Жыл бұрын
Nkr murampimbaye cn nahora ndabakunda ruriyongereye Ico ndabasabira nimigisha mwishi Imana ibahezagire mubikogwa mukora
@didaciennehabonimana4226
Жыл бұрын
Kirazira gukunda uwundi ukiyanka mugih ubona utabishoboye
@dadaniyitungire6244
Жыл бұрын
@@didaciennehabonimana4226 erega nubwo ubanza kwikunda hm ugakunda mugenzawe 🤗🤗
Kubo twagatanguranye tukaba tukarangizanije hamwe❤️❤️❤️ndabakunda mumpe aka j'aime nimba namwe mukunda❤️Team Amedée Muhezagirwe mwaratanunezereje cane🙏🙌
@twunamiruhorahoelisabeth8117
Жыл бұрын
Kuki c mutayikomeza mubishatse?
@sadicktasmil3103
7 ай бұрын
Mwarahezagiwe cane nukuri filme mwayiteguye neza cane ndabakunda❤❤❤❤❤❤
Merci beaucoup abakinye mwese muhezagirwe cane ndabakunda keza atwigishije neza mugubwe neza mwakinye neza cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Kandi abababaye kubera ihurizo ry'Amakuba iheze mumpe like
@editharakaza9511
Жыл бұрын
Oya iheze neza ntakubabara mrci team mwavyifashemwo neza caaan
@joselynejose2951
Жыл бұрын
Oya ngira baraduha saison2❤❤
@nduwimanachristian6638
Жыл бұрын
@@editharakaza9511 iheze neza cane pe
@nduwimanachristian6638
Жыл бұрын
@@joselynejose2951 reka turindire
@user-nb6dw8mn3o
2 ай бұрын
Are@@editharakaza9511
Abakunzi biyi movie mundemere like ngahaaaa 👇👇👇 amakuba hejuru cane
@Luckyjtv1
Жыл бұрын
Iheze uko navyifuza vraiment
@kawasaki6137
2 ай бұрын
vgi
Iherezo ry'amakuba!!!💯💯💯 Izina Amédé ryubahwe kabisa muriki gihugu c'UBURUNDI. NIYO FILM YAMBERE IGIZE IHEREZO RITEY IGOMWE mbonye. 🤝🤝🤝
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥 Kigeme ndagukunze caaane rwose!!! Ubikoze neeeza cane. Arko rro muduhe season 2 please 🙏🙏😘🥰🥳
Waaaaouuuuuooooo nukuri respect murashoboy caan gusa reo mutunyarukize ntaho yagiyeee nayo kwiyi iheze
Film nziza ngufi ifise final norab kenshi nshoboy gusumb numupfakaz teophyl 🔥🔥courag wandik neza can
Ndabakunda runini❤ Guk mukina Neza can iyi Film iheze ndiko ndarira Guk niyumubabaro ❤
Ihurizo ry'Amakuba 🔥💕🔥🔥 Gusa murakoz Caan kubwi ingabire nziza IMANA yabahay yogutanga ubutumwa bwiza kuvyaremwe vyayo .ndabasabiye ku MANA kugirango ibakomeze ndetse ibahe kuroranirwa muri vyose nahose🙏Turabajunda❤️💕
waaaaaawooooo mbega vyiza firm ikosoye neza cane iriza ikongera igatwenza dishimye kuba keza asubiranye ivyiwe hama kigeme nawe ugikoze neza
Murakoze kuyiduha mwubahwe ariko muyibandanye
Ubuho ndabakuriye inkofero these guys are so creative Theophile film niyo mpano yawe Imana ibageze kure cane caaaaaaane
Vraiment uko mwabikora vyari bibereye ni mu créer iyi film Kuko ibikorwa vyanyu vyari bidyoshe cane rwose
Waoooh mwubahw kbx kbx mubikor nez ihurizo y'amakuba hejur can💪💪
Twar twihanganye p. Arik irabonetse mana urakoze caaan
Waooooooo🤗tulianza na nyi na tumemalizia na nyi,shukruni sana kwa filamu hii ambaye imetu furahisha mpaka mwisho,imekuwa history nzuli na hitosahaulika moyoni mwangu na wengine kwa ujumla,Mungu awabaliki sana na awape nguvu za kuendelea kutu tengenezea filamu nzuli kama hii au zinazodhidi hii,nami sitochoka Kuwa mshabiki wenu daima💪🏽💪🏽💪🏽💪🏽🙏🏻🙏🏻🙏🏻🥰
@user-or1ms1xx3c
9 ай бұрын
Murakoz
Wow wow wow ihez ukw navyipfuza🔥🔥🔥 theo urumunyamugisha😘😘 team ihurizo ryamakuba love from Fafa Fanny official @🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Congratulations murakina film ntimuzoramba nahonarabiye film iyi imbereye iyambere courage mes Freres et soeur
Wow murashiboye pe
Iyi film niyamber muma films yiburundi well-done ❤from Australia
@EmelyneIradukunda-tu6rm
10 ай бұрын
Mwubahwe cane Keza ndagukunda ukuntu ubikora chr bz
N'umwanya urakwiye reka turabe ingene Théo yambika impeta Kigeme
Mbaye nimber1 mumpe amedee ut linke
Mana ndigishijwe bikwiye, Muhezagirwe beza bacu❤❤
😢😢😢😢😢Narize nukur Ahohantu alvella yakinye hari hanshinguye umutima Iheze neza ❤❤ keza and Tèophille ❤❤ courrage Amédée wacu direct mwiza cyane 😍😍 team mwese Muhabwe umugisha ❤❤❤🎉
Mbaye uwambere cnke ndi mubambere 🤣mwubahwe cne bakinyi beza mubikora neza cane 🥰🥰🥰
Amedee wubahwe wandka neza
Teo hejuru cyane wandika inkuru zifite inyigishyo zitomoye kigeme courage ubikozeneza cyane ntukime amaboko yaguhaye ntukibagirwe ineza wagiriwe
Mana wee yari ryoshye pee gusa ndababaye kuba irangiye abakinnyi biyi movi mwexe ndabakunda ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Voila uwakabiri mumpe like
Courage sinashaka kwiherap mubikora neza caaaane vendredi twitege iyindi film irenze iyi Kubera ndabona ubumenyi buguma bwiyongerap
@joleal7941
Жыл бұрын
Barashoboye kbx
Iyi film inyibukije amajambo y'agaciro nabwiwe n'umuvyeyi wanje :: ntanarimwe ikinyoma kizotsinda ukuri, NGO kandi umwiza naho woba uw'umuzitanya cane, uzahora uhunga umuco naho uwo muco woba ufise inkonezi nke!!)) Imana ibakomereze ingabire. Icompa basi nkabana namwe rimwe gusa
Oya ntavyo kurangira duhe saison ya2! Ndarize ariko ntaco iheze keza abanye nuwo yakunze gusa muhizi yategerezwa kuba ahari! Kigeme urintwari💪🏿 team Amédée turabakunda cane❤️❤️❤️🤩🤩
@uwiringiyimanarachel9107
Жыл бұрын
Muzayikomeze 😅😅😅
@carinenindorera9821
Жыл бұрын
Ahwiiii,ahuiiii,ahwiiii abo twayitangurany muze tumenyane vert ♥️♥️♥️♥️kigeme uradukorey akant kumutsee Téo na keza mukoze ibint vyza narindindrany igishak nukur muraturyohererej caaane menager wayo ndamubwiy nti:respect .mwubahwe cane mwarahezagiweee!!vuba bwango mutwonger tubashe kwitagatiraaa murampimbar cane kuk ihez uko navyipfuza♥️♥️♥️🥰🥰🥰🥰💋
Mwarimwadutebeje jewe narinihebuye ko uyumusi ntayonza kubona ihurizo ryamakuba so abaza munyuma mundabire utwo tu link
Umunezero ngize kwiyi film ndushije abakinyi bayo pee Irangiye neza cane♥️♥️
Ihurizo ry'amakuba my first movie🎉🎉nukuri ndaryohew kubona Théo na Keza babany😍😍
Théophile wubahwe imana igume m'urubande gwawe twizere KO vuba cane uzoturekurira ikindi gisasu.grand chapeau pour vous 🙏🙏🙏🙏🙏 vous êtes les meilleurs !!!!
@kaburadeogratias1121
Жыл бұрын
You’re experienced ,keep it up
@claudinevyukusenge1538
Жыл бұрын
Théophile ukina nez Can kigeme nawe kutaj tugukund can
@egidemperejimana6281
Жыл бұрын
Glory to Jesus and all the team
@pascalinebigirimana602
Жыл бұрын
Muzosubira gukina ihurizo ry'amakuba
Waaaooo ukuntu mwdutebej Théo nsinarinziko mwoyizan mwanihenz mwanditsek ngo ni22 knd ari 23 .hhhh rek manz niherez ijisho ibindi ndavug mpejj kuyirab.arik nibazek atar final.
@arniciaravellekagisye7902
Жыл бұрын
ni 22 nyene ncutii
Number one
@jojolajojo5864
Жыл бұрын
Birayonshemurazigukina
@jojolajojo5864
Жыл бұрын
Nukuri.irarenze.muyibandanye
Iyi film inyigishije vyishi.kigeme nabamarayika bawe mwese murintwari ndabakuriye inkofero 🎉🎉🎉 . Théo wubahwe urategura neza kbx ! congratulations for all team❤❤❤💐
Wow! Theophile's team ndabemera rwose 💚 dushakire indi film kuko film zawe zubaka society.🇷🇼
@iradukundafabien1418
Жыл бұрын
iyi flin hejurucyane ndabakunda cyane imana ibobgerere ubumenyi💜❤️🖤💜💚💙💗🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@PierreHarindintwari-fl9km
9 ай бұрын
Baver vyinshi jewe sinoronka iconongerako gusa muranezeje pe!abakinyi mwese mwirambire Imana ibongererez ubuginga bwogutegura nogukina ivyubaka imitima yabantuuuu!! courage !!
Mbaye uwambere mumpe twatuboro twutu like 💕💕💕💕💕
@emmanueligiraneza9482
Жыл бұрын
Sha mwubahw kubakiny film mwaturyohy😀😀😀🙏🙏🏽🧎
@emmanueligiraneza9482
Жыл бұрын
Murakoz
Number 1
Kigeme courage ukoze agakino keza a caaaane yoooooooo ndaryohewe sinashakako iherap yooo murashoboyep
Wow wow wow!!!numv nryohew can kub abamalayi baraho basubiy guhur bakonger bakab umw😍🥰kigem ukoz igikorw kinin can kub uhuj kez na theo❤gus nyen waturanduy imitim uvuz ko waroz iry vin😥naciy numv ivyosoz mbanz ndahagarik ndarir😢😢.Ndabashimiy can nukur murakoz kutwigisha ub haramakosa tutazokor mubuzima mwubahweee canee je vous ❤ gra coe çaaa❤❤❤❤❤
Voila nimuyirab muhez
Nari nihebuye peeee Abakunzi b'ihurizo 🥳🥳❤️❤️❤️
Ndarize, ndaryohewe,ndishimye ,ngorobereje neza ❤️❤️❤️❤️ murakoooooozeeeee ndabakunda nzoguma ndabakunda
@janvierahishakiye5140
Жыл бұрын
Aruvera ndagukunda do umunyaruhengeri
Mamamaweeeeee hahiyekoko🔥🔥🔥nukurimutunyarukirize kukomuratinyoteje 💪💪💪turabemera😘😘😘
Twari tuyinyotew
Waooooo baye uwambere unomusi abamaze gushika kwihurizo ry,amakiba tumenyane ❤❤❤
@imanibeatrice1590
Жыл бұрын
Muri abahanga cyane ndi mu Rwanda ndagukunda muvandimwe keza na we theophile cyane pe
@aullah257
Жыл бұрын
@@imanibeatrice1590 reka baratubihirij ukuntu bayihejej twayikunda
Respect 🤝🤝Keza et Théophile je vous aime très fort 🥰🥰mwayirangije neza caaane ndabakunda bikwiye🙏🙏
@alexandreniyongabo796
Жыл бұрын
Nukuri mwubahwe ahubwo ibandanye
@aliveratuyiseng8850
Жыл бұрын
Nukuri bayirangijeneza😊
@juldencehakizimana
Жыл бұрын
Nanje vyandyoheye ingene yaheze. Baduhe iyindi vuba kuko nguma nja kuri Facebook kuri page ya BMT ndaba ko Hari publication ya Film nshasha nkabura
Wooouuuuh mbega film iherany uburyoheeee🙏🙏mutunyarukiriz na SEASON ikurikira ❤❤❤❤❤❤
Mbay mubamber uyumusi 💪💪abakunz bihurizo ryamakuba tumenyane musige ama like menshi menshi 💕💕💕
@nihorimberesolange
Жыл бұрын
Filme irimwo inyigisho
Numéro 1
Irijambo ry Theophile reo mpise nseka 😂😂 all team be blessed lecon d vie
Wawuuu iyi muvi ndayikumze cyane nukuri kigeme abayitwari kand nakunze keza cyane numukobwa witwari keza alove you my Chr kand ndabakunda cyane ♥️🌹 abachr♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
expert mukwandika amedee hejuru umumtu yarize nkanje ninde basha😥😥😥😥
Nari nayibuze nn ahwiii ndabon iraje💪💪💪
@twayibunungamahoro6626
Жыл бұрын
Mutangure iyindi vyohuta.Ariko Kigeme nawe ndakwemeye tempête guhebera uwundi umugabo Abaye uwambere.Byeeee!
Courage vrmt! Kigeme wakinye neza! Sivyiza kwiba urukundo gwuwundi! Hama nibazeko hagiye gukirikira épisode yindi!!!
♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️nakunze keza cyane numukobwa mwiza cyane witwari keza muzanjyire urugo ruhire muzabyare hungu nakobwa kand ndabakunda cyane muzaduha indi imeze nkiyi rwaari♥️♥️♥️😍🥰
Namba mwaraye hano!🥰🥰🥰👏👏
Mwakoz gutevya😂😂😂❤❤
Mwubahwe cane, félicitations bcp
Narinzi mbay uwamber
Nahishikiye nanj like nziboné
Thank you for the joy and lecons you make me feel 🌺❤️🇧🇮
Nturaba hubwo agafilme kaba karangiye neza waaaaawoooo!!! Muratwemeje kweli mutweretse ukuntu Urukundo nyarwo ruguma rurwana kandi rugatsinda Mwubahwe ❤❤❤❤
Twari tukugwaye
Number 1 mumpe like
@niyonsabajoselyne4149
Жыл бұрын
Oya sha keza reka kureka Tewo pe kuko turabakunda🌹
@niyonsabajoselyne4149
Жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭
@niyonsabajoselyne4149
Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@mbonimpajean-gy7bt
Жыл бұрын
Mwubawe
@mellykayebekaofficial3377
Жыл бұрын
@@niyonsabajoselyne4149 😂😂😂twese turabakunda
Yoooooh twatanguranye namwe turayirangije mvuba munduhe iyindi uwiteka akutuzigamire amede kuko urashoboye
Manager wiyi team yubahwe vrt 💪💪✌💪💪💪 muraduhaye weekend ya bien keza nawe big up san karire naw urakoze umuti mwubahwe diaspora nawe yabikoz nez kwita umusazi theophile nuko rero mwubahwe nabose murashoboy kurehashobok niwe mugabane wanyu💞💞💞💞💞💞💞
Umuntu yantanze yaciyehe mukuyiraba?ndapfushe
Abakunzi ba film KANKINDI bahageze kwirabira Ihurizo ryama Kuba tumenyane. Nari mbakumbuye kbsa
@febronieemerimana406
Жыл бұрын
Mbe weho kutayiduhereza
@gogoloveofficial5666
Жыл бұрын
Kankindi amaze iminsi arway niyompamvu
@febronieemerimana406
Жыл бұрын
@@gogoloveofficial5666 pole sana ma cherie. Imana igukize.
Iyi episode ndayiravye incuro nka zi5 Amedée weee Imana yarakugabiye uburundi turafise incabwenge Ndiho akuzigame kandi saha gusa harinahandi ndaba Imana ngo ihakugeze👌👌👌💞💞
Turabakunda Caaane Theophile Big upo Bro and yrs Team here We are for you 🙆🙆💪💪❤️❤️❤️
❤❤❤❤❤❤ tubakunda kubi mw mukomeze
Braaavoooooooooo mwabikoze neza caaaaaaaneeeeeeee courage
Ntababeshe niy film yambere muburundi nkunda
Ariko uziko umuntu ashobora kurega amaranga mutima koko wagirango si flm pe byarandenze turabakunda🇷🇼🇷🇼❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🙏
En tout cas vrt nd mubambere💁🏼♀
Amedee Tayari ikivi uragishikany
Nimwubahw caaane murashoboy mwese ntamwana arimwo vraiment 💯/💯
Muragahezagirwa teo nabomwakorany film so keza yavyitwayemwo neza nibuka commentaire yambere nagize nn niyo iranjije film so like💕❤💕💕💕👊👊terimbere n'impano zanyu turabakunda twebwe les fans banyu big up sana mwatuigishije mwiyi film can goos jew nararonse sinzi abandi n'ibindi bikorwa vyanyu tubari inyuma
Waoo ndahageze
Narinz ngo ndazindutse non mwese mwagumy muri Yeux😂😂abanza inyuma mundemere
@papambombo428
Жыл бұрын
Mukina neza cane kabisa Mwubahwe caaane
Mwarakoze cane twabanye na mwe kuva ku ntango kugeza kw'iherezo nukuri mwubahwe cane mwarateguye neza mwadukiniye neza.Murakoze turabishimiye cane💕
Umuntu amaze iyi film atarize ntampe like
Ahutaziga amariro ntuhagira amasonzero
😂mwazindutse wee😊
Ooooh disi muyishoje neza Keza na Theophil babanye❤❤❤❤❤ turategereje indi nshyashya
Irangiye neza ndaryohew film nzoza iteguy neza murakoze cane mwabibayemw neza mudusigiy inyigishio🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️❤️❤️
L'amour cesse d'être amour quand il n'est pas sacrifice. Pour aimer vraiment, on accepte l'abandon de soi, l'humiliation ou la moquerie à la manière de Jésus. Bravo aux acteurs. C'est dommage que le film s'achève. Nous attendons un autre.
@epafranceirankunda841
Жыл бұрын
Mutwereke ubuzima kigeme yabandanije abamwo
@epafranceirankunda841
Жыл бұрын
Mwubahwe
Nagira ndazindutse kumbe murara ngaha🤷🤣