IHURIZO RY AMAKUBA Part 19
Фильм және анимация
IHURIZO RY'AMAKUBA SEASON
Iy'umworo agaburiwe, imbwa zibihonyoramwo.
kwirikirana ino reresi uzobonako guhitamwo kw'umuntu gushobora kuba inkwezi yamakuba atoroshe kwivanamwo
Production: @Inua Cinema
Script&Director: Amédée Manirakiza
Ass Director: Fiston Haragiramungu
Camera man&Editor:Niji pro
Sound: Nijipro
Contact: Email: info@thejnfamily.com
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874
Пікірлер: 567
Waooooo unomusi nari nahagumye peee bakunz bi ihurizo ry'amakuba tumenyane like turabakunda❤❤❤
@joramnduwingoma2674
Жыл бұрын
Uyu musi wizinduye kabisa nemeye,gusa nanje prochainement ntuzontanga😀😀
@joselynejose2951
Жыл бұрын
Weho ntano kuryama
@aullah257
Жыл бұрын
@@joramnduwingoma2674Asha nutagumiza fone muntoke jew iguma muntoke 😂😂😂😂😂
@aullah257
Жыл бұрын
@@joselynejose2951wewe woryama wabonye ihurizo ryamakuba
@joramnduwingoma2674
Жыл бұрын
Wapi jewe yanshikiriye mwabanje kuyitegerera munzira niyo mpamvu wantabze.Iyikurikira nzotonda imbere ntuzontanga
Ohoooo love from meme ❣️ abakunzi b'ihurizo mumpe twatuntu mur rwarukundo nyene
Turabakunda cyaneee ❤️ Bavandimwe hano mu RWANDA arko ntimukajye Muteba Merci
@user-pi4ib7ql4d
Жыл бұрын
Eeee ubwambere yavuze ngo sibogare none ngurwo urukundo ruramusazije hhhhhhh nihatari❤❤❤❤❤💞💞💞💞💞💞
@jeenali3991
Жыл бұрын
😂😂 mubikora neza
Yoooo thimote weee ndababaye caaaaane kubona utacibuka uwo wahaye umutima wawe ubwambere
Woooooo abakunzi bihurizo ryamakuba hejuru nimuzane twatuntu
Mana yanje uwumusi muramvunaguye imbavu urukundo nihatari kuresh ntivyoroshe courage mwubahwe 🙏 🙏
Waaao mbaye uwa 20 abaza inyum yanj mumump twa tuntu tuhatwik film ndundi yubahw Mizero Kenya
Muzohura na keza ku tofire wiwe
Wow vyiza cane turabakunda bakinyubeza bacu bizouu
Mwari mwatebeje kuuha épisode 19.amede wubahwe murumonge turiko turakwirikirana cane film zanyu muvyitwaramwo neza
Ihyrizo ryamakuba mukomere cane murakunzwe gusa mfise amatsiko yukubona keza na tofiro bahuye❤❤❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Abakunzi bamakuba mump uyuntu
Abakunzi bihurizo ryamakuba Nkanje mump utwo tubor 🤓💕💕💕💕💕
Waaaooo abazinduts tumenyan we love you
Ariko seman ihurizo ryamakuba hejuru cyan wallah muri abakinyi beza cyan p MUHIMBARE..mimi.&AMEDI mwubahwe cyan wallah
Aka ka répétition ka Kigeme karamara pe 😂 ako yavuganye udusoni Niko kamara 😅
Ndabasavy nukuri muzonfashe mutwereke Téo bahuye n'a keza mwobamukoze
Ihurizo reka urihurizo nyene ukunu usobanya utunu tuganahura big up ku mwanditsi . Hama mimi ubarikiwe sana i like the way you act like pro keep on doing your best My Almighty God is always there to help you .
Ihurizo yunomusi yubahwe kbsa courage
Yooooo basha muranyishe🥰🥰🥰🥰😄
Courage amede Ariko rero ndakeneyekubona ukuntu Uzohikado uryamukobwa arikumwe Nuwo mwavyaranye
Nukuri kwimana imbavu zanje amedee murazindiha🤣🤣🤣🤣😋
Ewe theophil na kigeme sha muranyish iyo mikino yanyu kigeme we azibuka kuyora ya sheshe😂😂❤❤❤💖
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ewe theofile na kigeme wee Urukundo gwubahwe😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Basha nukuri kigeme na marayika wiwe baranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Urukundo GA MANA gubahwe 😁
Waaaooo ndabakunda caaane mwese mwese nacane cane mimi ,Amédée ,Arvella ,samvura Aho muri Imana ibagurire ingabire zanyu murashoboyep komeza muterimbere caaane ibikogwa vyanyu bikundwe nimana nabantu mwubahwe caaane
Murakoze kutwitwararika,jewe n'abanje turabakunda
Ihurizo ryayo ribandanya kuryôha Sana gusa ndipfuza kubona Théophile ahuye nakeza non mbe. Théo ntanuko ubaz kumwana wawe yavutse kwer mbe jina wew Ubu agezeh
Courage xana nukuri oya irateguy ifilm irahoyemwe .
🤣🤣🤣🤣🤣😃😃ndakurahiye uyumusi munkoreye umuti kabisa muranyishe courage Bantu banje
Keza,hamagara malayika wawe aze ngaho muhira kugra ace abonana n'urukundo rwiwe rwa mbere sha
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰 abacerewe nkanje tumenyan 😀
Murantwengej nukur Alvella wew aranyishe nagatweng🤣🤣🤣🤣🤣iramara vrt😍😍😍👏👏💃💃💃💪💪
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Ndaravye n'ukuri kwose 😀😀😃😃
🥰🥰🥰🥰👌👌👌❤ kigeme ubikora neza ndagukunda sana
Nukuri iyi partie iramaraaa. Bravo aux acteurs et actrices. Chacun a bien mis en scène son jeu.
Iyi Part ga mana😅, j vraiment Amédée turazinanyi ariko hari ukuntu sometimes imba umengo ntituzinanyi kubera kuntu ndi umu fana wa Movies ziwe ! zirimwo Emotions zirenze pe 👌
Theo pole sana uraruhiy kw'isi uguma uresha so courage murashoboy ab mwihurizo bog up sana
Courage vraiment ❤️❤️❤️💖💖💖muranryoheye cn 😂😂😂 loveyou tiyana 😂😂😂eega nyakwubahw 😂😂😂ndagukunze naw utarankunda 😂😂😂😂
Théophile muga ufise umutima ukunda ningoga . félicitations mubikora neza
Mubikor nez keza n kigeme ndabakund
Kigeme uraraba neza ncuti yanj ❤❤
Umvingene Amédée yariko arategura imitoma ngoya ubunubusazi Amédée ubahw sn
Waaaaaaao mbega film iryoshe.
Muter mujimbere bakunzi bacu❤
Mugabo rero, muratunyoteza, kurindira iyindi vendredi ni kera vraiment kuri Film igeze aho iryoha gutya. Ndabagire inama, muzokongereko basi iminota canke musohore kabiri mundwi!
Nukuri muratumye ntwenga. Kandi. Nari mbabaye😁😁😁
Dacerewe kabisa Abaza nyuma yanje mumpe like twimanukire
Courage mwubahwe ndabakunda yemwe jewe ndashaka kubabona Amédée mimi alvella ndabinginze muzemumpe amahirwe yokubabona murakoze courage mubirimwoneza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯✅✅✅✅✍🤝👍👌🙏❤❤❤❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
😂😂😂imyitozo yatangiye 😂😂😂🙆🏿♂️🙆🏿♂️ndapfuye yewe kigeme nuteba mwikoronsi uzasanga aharimpene hasigaye ikiziriko 🙆🏿♂️🙆🏿♂️🙆🏿♂️
Iyo myitozo ya aruvella na Teo irakaze🤣🤣🤣😍😍😍😍😍
Ahubwo nashaka uwiwe wambere, yibuke ivyo Nina yamubariye. Ndavuga si mvura!!!
Biguma biryoha nukuri😂😂😂Ndabakunda pe🌺🌺🌺
Wallah ndagagaye theophile na Keza bakoze umuti pe
Kohahiye 🔥🔥🔥🔥🔥biragenda gt
Nahigereye kbx ivya kigeme na theo murukundo niheramaso
Murakayizana ihurir ryamakuba🇧🇮🇧🇮
Umwanya urawuriye kabisa !
Alvella karanyica disi❤️❤️
🤣🤣🤣hahahahahaha Theo no kuresha si vy iwawe kbx hahahahahaha🤣🤣🤣🤣🤣 Wubahwe kbx gusa niiyaguhakanira uzobabara kandi uzokumva nyene ugize amasoni n ibimaramare. 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Courag vrema biraryoshe Can arik muduh gato can
😄😄😄🌺🌺🌺🌺❤️❤️❤️❤️muraryoheye kwer courage
Wewe tofiro usubirana nakeza ivyo wigira vyose ivyose nikugira usubirane nakeza
Urukundo rwubahw nintabara yumutma urwany nabi uherayo vrm courage mwabikoz neza 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
@clemanceniyibigira7970
Жыл бұрын
Waaaawa Sha murasekejye pe mwubahwe murakina neza vrem
Amed igituma abakobwa bose baguma bakuringira nuko uwukunda agihari vuba urahura nuwo mwakundany kuva kera
Ariko Mana murantwengeje ngo nubusazii.😂😂😂😂
Mubikora neza cane ! Inyigisho zanyu ziratwunaka
Yooooo Mana yanje,murankuyeho😀😀😀😀♥️♥️♥️none ga keza ko malayika wawe ubona atanze rendez vous,aho ntubonak ugire ukubitwe ku ntoke kandi nawe umukunda.
Neza cane, mubirimwo neza. Nono nawe courage et félicitation
Hahiye kweri 💥💥💥💥💥💥
Go on my best
🤣🤣🤣🤣🤣kigeme na Théophile muranyishe🤣🤣🤣
Abakunzi ihurizo tumenyan
Ew Théophile na kigeme murasetswa p 😀😀kez umu uzomenyer uyo Malayika uwariw ndaz naw bizogucang nukur ntivyorosh 🔥🔥💪💪🥰🥰🥰
😂😂😂ewe kigem na theophile murankumbagage😄😄iy myitoz yany imvuny imbavu!ew kigem sha uwuriko witoreza naw agomb imitama atera ahandi😂😂😂asha nihurizo nyene.Reka turor iy bizoherera😄😄ndabakunda cane Mimi,Amedée et Alvella💞💚💙💛
@violetteharerimana2319
Жыл бұрын
Nahwereye nukur nanje
@joleal7941
Жыл бұрын
Urazi jew ndatwenze ndahwera🤣🤣
Kumbe nuku biba bimeze kumukobwa nanje umusi wambere ndamubwirako ndamukunda yarirutse kumbe yarariko ararwana iyo ntambara imisi itanu vyamaze kugira avuge Ego 😂😂😂😂😂😂😂pole Sana bashiki bacu🤣🤣🤣
@IrumvaCadeauduCiel
Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Kigeme et Theo😂😂😂 muranyishe nukuri😂
Ihurinzo ryamakuba uyumusi urampezangiye
Ndabakunda caaaaaaaane
Mukomeze kuduha!!!
Kiki urakubiswe kuntoki kwl hahahah Diane aramutahanye pfanizosoni zaw ndabona Ama Répétition akurembej nzoraba iyuyajana Téo asigaye ari penda penda kwl muranyishe mwena Téo kiki
Mbega kureshwa gsa icompa amede agahura nuwo bavyaranye keza
Ndabemeye kbx abakunzi bihurizo ryamakuba ntimusinzira👌👌👌🥳🥳🥳🥳 Mwubahw can 🙏🙏🙏 Welcome series 🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Courage vrt murashoboye
Umwana biranse
Ihurizo ry'amakuba hejuru cane
My favorite series ❤
Arvella na Théophile jewe muranyeguye vt 😂😂Rondera shaa inyifato uzokoresha❤mwubahwe
Vyiza cane. Rwose
Theo urukundo rwaramwishe
Ndashaka kubona Kigeme na Keza bahuriye kwa Théophile amuherekeje ngo agiye kumubwirako amakunda asange amaherekeje k'umucance wiwe
Mbegimyitozo yurukundo ndapfuye nugutwenga
Gusa nyakwubahwa mwanditsi bai rek gutuma Théo yitwa ikigwari imbere yabakobwa 3 kdi naw yabuze amahitamwo.nako na Théo nabe umugabo apfumabivamwo burundu nako ingingo niyanyakwubahw umwanditsi
Nukuri ndabasavye muze mutwereke episode ya Theophile yahuye na keza, kandi kuruhande rwanje ndabishaka Theo ataraja kuresha uwundi, na Kigeme ataramwemerera muzoba mukoze cane.
Ndasavy theo ahure n'a keza ataraja murukundo n'uwundi mukobwa
Haya.haya.karibu.twari.tubategereje
Ndakunda Ingene KIGEME akina neza na KEZA, courage, mu Rwanda turabakunda
Murakarama ndabakunda🥰🥰
Unomus muranyish cyan nukur nagumy ntweng wagir ndumusaz ham Théo urarush subir kwa kez