Igihombo inyuma yo kwimbura: Gupima akabombera kari mu ntete ukoresheje umunyu urugero rwa

You can download this video from SAWBO library at sawbo-animations.org/2168
Igihombo inyuma yo kwimbura: Gupima akabombera kari mu ntete ukoresheje umunyu urugero rwa "Kirundi" (accent from Burundi)
Ici cigwa gisigura uburyo bwo gupima nimba intete zawe zifise urugero rw’akabombera gake cane mu kuzibika mu bubiko.Ubu buhinga bukoresha umunyu mugufasha kumenya urugero rw’akabombera kari mu ntete zawe.
Postharvest Loss: Salt Testing for Grain Moisture Levels 3D in “Kirundi” (accent from “Burundi”)
This animation explains a method to test if your grain has a low enough moisture level for you to store it. This technique utilizes salt to help determine the moisture level in your grain.

Пікірлер