Igice .5 aba Diaspora EU&USA bagize icobavuze kubiganiro Opposition na CnddFdd &kwinjira MapBurundi
Ойындар
#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Пікірлер: 18
Senyamwiza avuze neza kabisa, the revolution will not be televised.
Nimuze mugarukire igihugu kuko kigeze ahatebe ntibibe amajambo gusa muriko muratunwira
Merci. Ikiganiro ni tooop none iyo link ya map Burundi twoyinjiramwo gute? Thanks a lot
Nukuri twarushe Kuba hanze
Komera uvuze vyo
😊😊
Abarundi mwemere ko twamye dutwagwa n' abicanyi: Rwagasore, abana biwe, umugore wiwe, mukuru we, ihunga ry' umwami, urupfu rwa Ngendandumwe, ubwicanyi bwa 65 na 72, ubwicanyi bwa Ntega- Marangara, urupfu rwa Ndadaye, ubwicanyi bw' abarundi bwakurikiye, ubwa 2015. Abapfa ni abanyagihugu b' abarundi. Abazisotora ni abadutwara. Baba abategetsi b' abatutsi canke b' abahutu bihereza mu bwicanyi bw' abanyagihugu. Uwaturoze ntiyakaravye! Ni nde yoturogora! Ariko # ONU# ivemwo kuko iri mu bibazo.
Ba muvuga ibikome. #FAO NA UNION EUROPËENNE # Bari implique gute dans la gestion de lac lac- Tanganyika. Abarundi barasamaye. Les mondialistes bariko basahura igihugu, ba mubivuga. biyaga # (Rwihinda-cohoha-Rweru# ngo ni patrimoine # de l' #Unesco# ko mutigera mubivuga. Mbega Arusha muzoyishira gute mu ngiro! Muzogira ama quota muri karanga muntu. Ni mwashira ama quota muri karangamuntu ngo tumenye pourcentage ethnique mu ma tora, bizoja he?? #cndd# ndabona ko izingamitse igihugu. Ariko ntidusamare. #ONU# si igisubizo mu kutwumvikanisha, niyo kibazo. Tuyizi kuva ryari, yari ije gukora iki? Baja gusinya amasezerano babaha amahera angahe ku munsi?
Ntimwirirwe muhogora. Utwo tugambwe turi mukwaha kwa dd nimutureke hama abasigaye bose kabisa baje hamwe barengere ibibatandukanya vyose ubwoko,imigambwe,imihari…habe deux blocs hama tuje mu matora tuyacungere twese gushika hatangazwe icavuyemwo. Murico gihe tuzoba dusezereye cndd fdd.
Mbega kw,ingwara réel ya CNDD ifiswe na presque tous les burundais, muzokura hehe abatayigwaye (iyo ngwara n,ukwikunda caaane bigaca bituma ata gukunda igihugu kubaho). Igihugu cacu kizova mu kibazo kironse uwo muntu atagwaye iyo ngwara. Kandi bibananiye kugira urunani rw,abagomba gukura système ya CNDD vous ne reussirez jamais kuyikura.
Iciganiro ciza duhe uwo muhora wa Mape Burundi;nimba bavyandika ukwo?
Mbaye uwambere abaza nyuma musigire ntaribi
Komeza turiko tubunviriza ijanakwijana
Bb
Mu kirundi ni inkara
L
Iki kigugu catalogue kwayagugura avuga ivyo atazi nikigugu nyene