🧽 Gukora udukorwa two mu rugo si ivy'umukenyezi gusa

🤔 Abenshi ntibatahura ko umushingantahe ashobora kugira ico afashije umukenyezi wiwe mu dukorwa two mu rugo, mu gihe uyo mukenyezi yagiye kurondera
🎥 Kurikirana vyinshi muri kano kavidewo kugira wirabire abubakanye batahuye iryo banga ryo gufashanya

Пікірлер: 1

  • @lilianenduwayezu4104
    @lilianenduwayezu41043 ай бұрын

    Murakoze cane kurizompanuro🙏👌👍