😇 Itandukaniro ryo kurwara mu mutwe hamwe n'ihungabana ry'amagara yo mu mutwe

🤒 Amagara yo mu mutwe ni nkenerwa kugira twiyumve neza, ivyo biratuma turangura imirimo ya minsi yose tumerewe neza
🫣 Tumenye neza ko hariho itandukaniro hagati yo kurwara mu mutwe hamwe no kugira ihungabana ry'amagara yo mu mutwe
📹 Kurikirana kano kareresi, utahure vyinshi, na canecane kumenya gutabariza uwawe iyo afise abimenyeste vy'ihungabana ry'amagara yo mu mutwe
#Uburundi #Inkingi #Jimbere

Пікірлер

    Келесі