Fanny Lavine ivyiwe murukundo nuyumuhungu turabimenye|Abikora neza kuruta abandi nicogituma arimwiza

Ойын-сауық

Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
• Nobela Episode 1 Seaso...

Пікірлер: 251

  • @BujahitTv
    @BujahitTv2 жыл бұрын

    Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzread.infovideos

  • @zainabzainab9803

    @zainabzainab9803

    2 жыл бұрын

    İkibazo fise jewe ndake eye inome ya fanny

  • @anitanahimana2115

    @anitanahimana2115

    2 жыл бұрын

    Jewe. Ndabasaba. Nomero. Za fani lavine

  • @looc3489

    @looc3489

    2 жыл бұрын

    Bite

  • @looc3489

    @looc3489

    2 жыл бұрын

    👋

  • @irankundajanett3458

    @irankundajanett3458

    2 жыл бұрын

    Ndasavye mumpe nime zafanny muzoba mukoze farico shakakumubwira kandimuzoba mukoze

  • @solineuwamariya6707
    @solineuwamariya67072 жыл бұрын

    Fanny ndagunda mubyeyi ufite umutima mwiza pe,from RWANDA

  • @rinkaoman9682
    @rinkaoman96822 жыл бұрын

    Uwomukobwa asanumukobwa wafanny lavin

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara83622 жыл бұрын

    Basha Nsoro turayikunda abari Saudia 🇸🇦

  • @omernijimbere9403
    @omernijimbere94032 жыл бұрын

    Big up Libert n'a Fanny turabakunda cane mukomeze Ubu movies z'amahanga twazihevye

  • @Elias-yo9nw

    @Elias-yo9nw

    2 жыл бұрын

    Ndabasavye subscribe kubikogwa vyanje vya KZread merci beaucoup ndabakunda

  • @umutonidevotha954
    @umutonidevotha9542 жыл бұрын

    Ribert arabyumva he is so emotionally I love him Soo while he is acting love from Rwanda

  • @mwaminiomar185
    @mwaminiomar1852 жыл бұрын

    Courage abiwacu dukunda 🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘😘🇸🇦🇸🇦🇸🇦,good interview 🙏🙏🙏

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye8712 жыл бұрын

    Fanny nuyo type ndakunda Benichou Nsoro nu mupfakazi ziracari number one 🥰🥰🇧🇮💟👌

  • @esperencekaneza2656
    @esperencekaneza2656 Жыл бұрын

    😘😘😘ndabakunda cn gusa mugerageze Fanny n'a libert vrm ntibizoherere muri flm vrm vyombabaza cn kwr kuko yooo mwubahwe

  • @benoitwimana6672
    @benoitwimana66722 жыл бұрын

    Nukuri turabakunda cane. Fanny name libert bo nabagoye danger. Mukomeze kweli

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o2 жыл бұрын

    turamukunda cane cha❤❤❤❤💕💕💕💖💖💖💋💋💋💆💆💃💃💆💆💃💃😂😂😂😂😁😁😀😨😨😨😨

  • @Nyabusorongo_TIMES
    @Nyabusorongo_TIMES Жыл бұрын

    LOVE FROM NYABUSORONGO TV mushishikare gukora natwe dusorongora tunashigikirana🤣

  • @fatumafatuma8332
    @fatumafatuma83322 жыл бұрын

    Ndabakunda mubikora neza mwubahwe❤❤❤

  • @user-nl7tg7zu5m
    @user-nl7tg7zu5m2 жыл бұрын

    mukina neza cyne kandi murabeeanye turabakunda cyane imana ishishikare ibaja imbere murivyose

  • @hatungimanaclaudette7797
    @hatungimanaclaudette77972 жыл бұрын

    Fanny yabaye mwiza cane

  • @SamuelSamuel-wc6hj
    @SamuelSamuel-wc6hj2 жыл бұрын

    Kuva mbonye Fanny mu gishingano nkabona ukwakina naciye ndamukunda nca ntangura kumukurikirana muri film,vrt akina naza ndamukunda caaaane Big up

  • @shariffamur7138

    @shariffamur7138

    2 жыл бұрын

    Fanny turakwemera mu Rwanda

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen65582 жыл бұрын

    Nkunda fanny kubi kweri agumayitwenger❤️❤️❤️😍😍❤️❤️

  • @hadidjaniyosaba6663

    @hadidjaniyosaba6663

    2 жыл бұрын

    Mashallah tabaraqallah so good vrm ❤❤❤❤❤😍🙏🏾

  • @alainpascalngendabanka3735
    @alainpascalngendabanka37352 жыл бұрын

    Buja hit murakwiy gukoresha microfone 2 kweli kuko harukuntu mufis abatumire ugasanga uriko uravuga nawe ariko aravuga vyoba vyiza kweli ari 2

  • @clovisniyomwungere
    @clovisniyomwungere Жыл бұрын

    Libert coup de chapeau vmt

  • @chadracknduwayezu2632
    @chadracknduwayezu26322 жыл бұрын

    Fan nukuri mwena ben muradutesa

  • @nkurunzizainnocent7262
    @nkurunzizainnocent7262 Жыл бұрын

    Ter'imbere caaane Fanny. Mwana wo mu Bukeye bwa Banga. Big up.

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine89392 жыл бұрын

    Komer murabiryosha pee tuzobarabira ntakibzo 👍👍👍👍👍🙏🙏🙏

  • @nadineirambona2443
    @nadineirambona24432 жыл бұрын

    Ndabakunda cane mukina neza kd muri beza vrmt

  • @sangoclaver1870
    @sangoclaver18702 жыл бұрын

    Ndabafana kabisa

  • @stitore2388
    @stitore23882 жыл бұрын

    Libert courage ndakunda ndakufana wubahwe ubikoranezape age courage

  • @alturaif5367
    @alturaif53672 жыл бұрын

    Mbayumbere mumpe👍

  • @Elias-yo9nw

    @Elias-yo9nw

    2 жыл бұрын

    Ndabasavye subscribe kubikogwa vyanje vya KZread merci beaucoup ndabakunda

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana31122 жыл бұрын

    Fanny umuhaye impanuro nziza

  • @ncarwatsi
    @ncarwatsi2 жыл бұрын

    Yaaaagaaaaa 🇧🇮 bahatwitse kbs

  • @jeaninendayisenga731
    @jeaninendayisenga7312 жыл бұрын

    Courage cane team yanyu ndayikunda cane ♥️♥️♥️ Fanny ndamufana cane

  • @kennyciellauwimana1595
    @kennyciellauwimana15952 жыл бұрын

    Libert abikora neza vrttt🤝😍😂

  • @mediatricendihokubwayo5967
    @mediatricendihokubwayo5967 Жыл бұрын

    Fanny naw lmana ikujimbere ubikora neza

  • @josianeniyubuntu6449
    @josianeniyubuntu64492 жыл бұрын

    Fanny na Libert ndabkunda caaaaaaaneeee

  • @mpawenayochantalofficial1051
    @mpawenayochantalofficial10512 жыл бұрын

    Urumwuzukuru wa salomo vraiment 😂😂😂😂😂 nihatari

  • @cynthiairadukunda4091
    @cynthiairadukunda40912 жыл бұрын

    Cycy courage ❤️❤️

  • @mutuyimanaeric9790
    @mutuyimanaeric97902 жыл бұрын

    Lavine ndagukunda cyaneeee🇷🇼

  • @cartasnkunzimana6197
    @cartasnkunzimana61972 жыл бұрын

    Mubikora neza cane ndabakunda💗💗

  • @christinedusabe8575
    @christinedusabe8575 Жыл бұрын

    mwubahwe vraiment ndaba❤

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi31462 жыл бұрын

    Benny ubikoranez cyann😅😅😅😅🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤❤❤🤍🤍🤍😘😘😘😘🤗🤗🤗🤗🤗

  • @inesfifi-dl3vn
    @inesfifi-dl3vn Жыл бұрын

    Ndabakunda caaaaneeee!!!!

  • @mediatricendihokubwayo5967
    @mediatricendihokubwayo5967 Жыл бұрын

    Bakundwa banje siella courage ark tukubona gake mubikorwa vyafilm.Libert terimbere mutama

  • @khalidmousad5545
    @khalidmousad55452 жыл бұрын

    Ndabakunda cane nibubahwe 🙏🙏

  • @user-th8el6hg3p
    @user-th8el6hg3p Жыл бұрын

    Ndabakunda numutim wanj libert na fanny

  • @user-cf5yl4kv4n
    @user-cf5yl4kv4n2 жыл бұрын

    Ndabakunda kwel courage

  • @machozimarietherese2648
    @machozimarietherese26482 жыл бұрын

    Ndabakunda cyane

  • @uwayezuchantal7868
    @uwayezuchantal7868 Жыл бұрын

    Libert ndagukunda cane

  • @BelyseB
    @BelyseB2 жыл бұрын

    Great job 🔥🔥🔥

  • @noosinoosi6751

    @noosinoosi6751

    2 жыл бұрын

    Mump nime za nsoro libert

  • @BlaiseBsix
    @BlaiseBsix2 жыл бұрын

    Nizereko Za 100milles subscribers zabonetse mugire mudushire✌️

  • @advaxendayisenga3216
    @advaxendayisenga32162 жыл бұрын

    💓💓

  • @Roza-on6km
    @Roza-on6km2 жыл бұрын

    Soro 👌👌👌👌👌👌🤸‍♀️🇧🇮🇸🇦

  • @mellyparfaite4406
    @mellyparfaite44062 жыл бұрын

    Ribert big up san ukora bien courage kwl ndagkund kub🙏🏾🙏🏾🙏🏾

  • @iteritekanananadege8177
    @iteritekanananadege81772 жыл бұрын

    Mwubahwe

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain88802 жыл бұрын

    Soro 👍👍👍👍 ndabafana nukuri

  • @divinemanirakiza3173
    @divinemanirakiza3173 Жыл бұрын

    👍

  • @Sara-zh9lu
    @Sara-zh9lu2 жыл бұрын

    Nukuri ndabakunda gose fanny liber mwubahwe cane

  • @bbbeocella8856
    @bbbeocella88562 жыл бұрын

    Ikikiganiro kiranyoheye 👌👌👌👌😘😘😘

  • @takuforex156
    @takuforex1562 жыл бұрын

    Sha ndabakunda cane divine from Africa yepfo

  • @ninicaca9033
    @ninicaca90332 жыл бұрын

    Ikigikobwa nikibajuuuu😘😘😘😘 gitwenganeza

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi31462 жыл бұрын

    Nanje uw2🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮💙💙🤍🤍🤍😍😍😍🥰😍🥰😍🥰

  • @aboubaismailismail9503

    @aboubaismailismail9503

    2 жыл бұрын

    Ndabikundir can😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @akimanajoselyine8319
    @akimanajoselyine83192 жыл бұрын

    Benny izo mbuzi muguma murya mutaduha aritwe tubaraba nugukora groupe ndababuze kubiraba murabona kweli.

  • @mbanenimanasaf7308
    @mbanenimanasaf7308 Жыл бұрын

    Umubwiye nez cn

  • @aaaw5909
    @aaaw59092 жыл бұрын

    Natwe turabakunda can

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima17662 жыл бұрын

    Ndabakunda team Fanny ❤️❤️😂

  • @qasimshasha9126
    @qasimshasha91262 жыл бұрын

    Mbega Nobela yaherey kuri episode 10 nimumbwire basha ndayibandany izindi episode narazibuz niho iherera cnk 🤷‍♀️

  • @jorrynaribudwa315
    @jorrynaribudwa3152 жыл бұрын

    Mubikoraneza❤

  • @stitore2388
    @stitore23882 жыл бұрын

    Lobert n'a fanny mwubahwe munkorera umuti ndabakunda ndabafana

  • @user-cv6ze5me8c
    @user-cv6ze5me8c2 жыл бұрын

    Courage ndabakunda

  • @joleal7941
    @joleal79412 жыл бұрын

    Ndabakunda cane iyo team

  • @ariryangefidele8268
    @ariryangefidele8268 Жыл бұрын

    Bit shaka kubona fanny

  • @IradukundaDiella
    @IradukundaDiellaАй бұрын

    Ryeeee benich ndakwikundira sha

  • @karmabvhg2118
    @karmabvhg21182 жыл бұрын

    Amenaa

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial96532 жыл бұрын

    😍😍😍

  • @ndayizeyerosette6685

    @ndayizeyerosette6685

    2 жыл бұрын

    Nsoro zamuyiduha kugihe turayikunda cane nimbarutso yumujinya

  • @hakizaimmoisee9644
    @hakizaimmoisee96442 жыл бұрын

    Ndabakunda

  • @annyp444
    @annyp4442 жыл бұрын

    Ndabakunda gayemwe Libert Fanny niyonkumi mur vyuki to

  • @joselynjoselyn9769
    @joselynjoselyn97692 жыл бұрын

    😆😅😅😅😆😆😆😁😁😅🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😆😆😁😁 MBEGA URUKUNDO RWABO BANA IMAN IBANJE IMBERE NIBIKORWA VYANYU GIYE KURABA SORO KWL MURAMBONERA NIGENE BASA GABASHA UMEGA NIGISHIKI NAGISAZA MWUBAHWE BENI CHOU MRCIII NAWE

  • @lydiairakoze8506
    @lydiairakoze85062 жыл бұрын

    Abo bantu barajanye nice couple

  • @vanessahonestly7537
    @vanessahonestly75372 жыл бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca48402 жыл бұрын

    Ribe komera cane ni ubahwe urabishoboy

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o2 жыл бұрын

    mugabo fani aratunezera cane

  • @NinaNina-xr8jj
    @NinaNina-xr8jj2 жыл бұрын

    Muhezagirwe cane bana biburundi

  • @mpawenayochantalofficial1051
    @mpawenayochantalofficial10512 жыл бұрын

    Uwomukobwa nimwiza

  • @fannyndayishimiye249
    @fannyndayishimiye249 Жыл бұрын

    Imana ibafash

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 Жыл бұрын

    Komera fanny nikobiri

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o2 жыл бұрын

    urakoze csne

  • @hatungimanaclaudette7797
    @hatungimanaclaudette77972 жыл бұрын

    Ndabikundira cane

  • @sangoclaver1870
    @sangoclaver18702 жыл бұрын

    👍👍👍👍👍

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki65182 жыл бұрын

    Murazi kubiryosha vyukuri mubikora neza mwese ndabakeje muriki kiganiro

  • @cycy8854
    @cycy88542 жыл бұрын

    Courage fannh aranyishe ati nikuryairya mbuzi🤣🤣

  • @elasenihimbazwe
    @elasenihimbazwe2 жыл бұрын

    Ndabakunda mwebwe babiri

  • @munyanezaesdras2712
    @munyanezaesdras271211 ай бұрын

    Robat turakwemera

  • @christabellakaneza3317
    @christabellakaneza33172 жыл бұрын

    Ndaba❤️

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o2 жыл бұрын

    urasubiye hamwe

  • @claudineitangishaka2226
    @claudineitangishaka22262 жыл бұрын

    Libert,fafa ndabakunda kanini kbx mwubahwe✌️✌️✌️ Nsoro,umuco wumwijima na rager trigger ndazikunda wabikoz bn caaan

  • @dusabimanadamascene6132

    @dusabimanadamascene6132

    Жыл бұрын

    Fanny ndabona ari cyiki cane kbx Damascene from Kigali Rwanda

  • @akimanajoselyine8319
    @akimanajoselyine83192 жыл бұрын

    Mbega Benny ndagutume uzomubaze libert ti kuri mariée kuberiki utambaye impeta buyambara abana bibujumbura batazokwihendako bro.gusa ndakunda ukuntu wagitinga muri film umupfakazi vrma.

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o2 жыл бұрын

    arazi imoboka fani

  • @kagendakaridoga9084
    @kagendakaridoga908410 ай бұрын

    Courage

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv19492 жыл бұрын

    Mubikorananeza🤣🤣🤣🇧🇮

  • @ndoricimpaelyse7752
    @ndoricimpaelyse77522 жыл бұрын

    Ndabakurikirana

  • @reverienkwizerimana3696
    @reverienkwizerimana36962 жыл бұрын

    Duhe link ya film yanyu

  • @user-yu7jq3qe8j
    @user-yu7jq3qe8j2 жыл бұрын

    Mbony ikiganiro kirimw fanny na Libert kib kiryoshe can ndabakunda.

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o2 жыл бұрын

    mubarire cha kiramuhaze

Келесі