Charles NKAZAMYAMPI||Intahe yiwe iratangaje cane/Ku ncuro yambere aravuze icatumye yandikwa mubitabu
Ойын-сауық
WIPFUZA KUVUGISHA #NKAZAMYAMPI
+257 71 75 97 86 (watsap+Mobile)
WIPFUZA KUVUGISHA #agaciromedia_68013513
#ibangaryabatunzi
#business
#entreprenariat
Пікірлер: 12
WIPFUZA KUVUGISHA #NKAZAMYAMPI +257 71 75 97 86 (watsap+Mobile) WIPFUZA KUVUGISHA #agaciromedia_68013513 #ibangaryabatunzi #business #entreprenariat
Turakwemera mutama Nkazamyampi. Uburundi warabugejeje kure
Nkazamyampi n'untore Kuber'abavyeyi waserukiye igihugu ukabirengera Yarafise umutima ukomeye Maze ateriteka Ubu 🇧🇮 Muri champion du Monde
Imana iguhezagire cane mukozi w,Imana Koko uvuze ukuri ubwo n,ubuntu bw,Imana Uri icitegererezo ry,urwaruka rw,Uburundi,n,abakukuru-ke .
Iri zina rya *Charles NKAZAMYAMPI* uwutarizi,ni uwavutse mu myaka 2 iheze.
Yubahwe ashaje neza akorera abandi n,Imana
Woow afis story nukuri None tworonka Numero ziwe
Kuberiki umuhinga nkuyu uburundi butomuha akazi kukwigisha sport urwaruka uburundi bukongera bukamenyaka mumakungu !!!!!!
kbs kbs
Ukwiye kutubariza aho Venuste Niyongabo ari nawe yaraserukiye uburundi arazana numudari winzahabu
Jw narinzi Yuko warumugani twiga
Yarakoz amateka kbs