🔴 Benshi baribaza bati umugwizatunga NDEKATUBANE Abraham ninde? Yashitse aho ageze unomunsi gute?

Ойын-сауық

Benshi baribaza bati umugwizatunga NDEKATUBANE Abraham ninde? Yashitse aho ageze unomunsi gute?. Rero twamutumiye muri OPEN MIC kugira atubwire vyinshi ku bijanye n’ubuzima bwiwe, aho yavuye n’ivyo yaciyemwo. Nimumwumvirize!!

Пікірлер

    Келесі