DJ PAULIN atubwiye ubuzima bugoye yabaye muri BELGIQUE//Imyaka 20 nabayeyo//Kugira MARIAGE mumahanga

Ойын-сауық

DJ PAULIN atubwiye ubuzima bugoye yabaye muri BELGIQUE//Imyaka 20 nabayeyo//Kugira MARIAGE mumahanga
‪@DJPAULIN‬ ‪@dramat1826‬
#diaspora #ubuzima #cristal

Пікірлер: 37

  • @diagfinamix1861
    @diagfinamix186111 ай бұрын

    Sha nkunda uyu mu papa ukuntu avuga ikirundi ciza kandi yavukiye town , vyokwigisha nabandi bantu bakunze kwihatira kubi faransa nivyongereza (za So.. zidahera )muri interview z'ikirundi

  • @user-sp8zr6dg4e
    @user-sp8zr6dg4e11 ай бұрын

    Big up sana Dj Paulin urabivuze neza cane kndi na Gaél araduha ibiganiro vyiza mungu mbele

  • @christainc.5217
    @christainc.521711 ай бұрын

    Urakoze kumpanuro uduhaye❤❤ndahakuyicirwa kuko nsigajimyaakibiri nzoronderera hiyiwacu kandi imana izahezagira❤❤

  • @gcwavey4099
    @gcwavey409911 ай бұрын

    Gaël ndakunda ibiganiro vyaw can. Ndi iburaya ndiko nitegura kuzokwimukira Bujumbura kubaho . Ibiganiro vyawe biranfasha cane gushira ubwoba bwugutaha kuba mucamvyaye, donc merci bcp kubiganiro uduha🙏

  • @tiktakt.v8991

    @tiktakt.v8991

    11 ай бұрын

    Keep up bro

  • @mosescharles1921

    @mosescharles1921

    11 ай бұрын

    Ndasaba nimero yawe ikintu ndakwibariza

  • @esperanceNIYONGERE-ou1gl

    @esperanceNIYONGERE-ou1gl

    11 ай бұрын

    ​@@mosescharles1921ugefss

  • @hamzafishten9560

    @hamzafishten9560

    11 ай бұрын

    Kubera wamaze kuronka amahera nico gituma

  • @Alexandre33gikashi

    @Alexandre33gikashi

    7 ай бұрын

    ​@@mosescharles1921bnjr

  • @shabajims2966
    @shabajims296611 ай бұрын

    Jewe ndakunda umuntu avugisha ukuri.

  • @kg7285
    @kg728511 ай бұрын

    Sha Paulin kuva akiri muto yamye yigwanako sintangaye ko ageze kuru kuko yamye azigukora kuvakera araciye ubwenge

  • @olivern4444
    @olivern444411 ай бұрын

    Ndakunda style yawe Gael. Komeza muri uwo murya kabisa... ibiganiro vyawe ndabiraba nkabiheza kubera ukuntu biteguye neza.

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp11 ай бұрын

    Dj poulin diaspora welcome burundi ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🥰🥰💞💞🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪✌✌

  • @vyisijean7065
    @vyisijean706511 ай бұрын

    Gael big up

  • @nirenganira8433
    @nirenganira843311 ай бұрын

    Uburundi ni abasuma sinibaza ko bagaterimbere ahantu mutinda mukiba umuzigo kuri airport 😏

  • @toussaintnkurunziza3670
    @toussaintnkurunziza367011 ай бұрын

    Crystal niho honyene post Apartheid aho nkanje banyankiye kwinjira ngo kubera nambaye impuzu n' ibirato vyirabura ndababwiye ko naziguze I Washington ubwiwe Paulin ndamubwiye ko ariyo naziguriye aho nabaye 20 ans kandi ndahafise nationalite uretse ko ino nyakubahwa president Evariste Ndayishimiye yantumiye ndanabimwereka ahubwo arantwenga ati " Washington la bas " abibwira abashitsi biwe bose baratwenga bibaza ko mbesha atariyo navuye naziguriye , mugabo Imana ni nkuru niyo ubu ifise iyo dossier!

  • @RossifArsene-ke1fs

    @RossifArsene-ke1fs

    10 ай бұрын

    Gabanya amajambo Ubona ko aha muri commentaire ko ariho ukwiy kizana dossiers zawe??tureke dukurikirane ikiganirodiii mumutekano

  • @UrbainNdayihereje-wi3hm
    @UrbainNdayihereje-wi3hm11 ай бұрын

    Gaël ubikora bien cane Gusa ako kantu ushira muri introduction ngo umumomoro, umutaturo urakihoza vyogaragara neza kurusha. Merci pr la compréhension 🙏

  • @emelynendikumwenayo9579

    @emelynendikumwenayo9579

    11 ай бұрын

    Nanj Niko kanryohera none nga sgakuremwo , 😭

  • @amglburundi
    @amglburundi11 ай бұрын

    Le 12 tuzoba twibereye muri Cristal Event ariko tuzotaha kare kubera le 13 defise Match ikomeye naba Journalistes kandi tuzobatsinda 💪

  • @casoartv257
    @casoartv25711 ай бұрын

    Paulin ubuzeukuri kabisa!!!Confiance ngaho ni probleme!!!! ”Cane gose”

  • @duraduura3726
    @duraduura372611 ай бұрын

    ❤❤❤❤

  • @jeanngenzi4857
    @jeanngenzi485711 ай бұрын

    everyone has their chance

  • @kenny-gofficiel8287
    @kenny-gofficiel828711 ай бұрын

    Boss Paulin🔥🔥 big up sana🔥

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi438211 ай бұрын

    Gael uratubariza Paulin ahantu agurira izo Lacoste

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k11 ай бұрын

    DJ PAULIN, be blessed brother ! I love your work

  • @Favour3558
    @Favour355811 ай бұрын

    Stop calling big man and big woman boys and girls . Gerageza Kuba professional / elegant Vyose biri Kuri internet , sinziko usoma Na comments😏😏😏😏😏😏.

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo957911 ай бұрын

    Justin Gael ibiganiro vyaw ninkora mutima pe, terimbere

  • @papabitangazaofficialtv638
    @papabitangazaofficialtv63811 ай бұрын

    Cukumbura ukuri tv

  • @blaisetv1460
    @blaisetv146011 ай бұрын

    🇧🇮🥇👊

  • @maishaforreal7798
    @maishaforreal77988 ай бұрын

    Formula 1 Lewis Hamilton

  • @claudinenikuze8071
    @claudinenikuze807111 ай бұрын

    Paulin avuzukuri

  • @soggy-janvierbamina8568
    @soggy-janvierbamina856811 ай бұрын

    Ijisho ni black 😊

  • @DomithilleNdayishimiye-dm7od
    @DomithilleNdayishimiye-dm7od11 ай бұрын

    Flicitation jean Paul wewe warabishoboye buriya amahanga araryana .ariko nyene harigihe umuntu ataba afise iyashikira akemera akamenyera ubuzima bwaho

  • @egidensabiyumva998
    @egidensabiyumva99811 ай бұрын

    Babylon hoshîiiiiiiîiiiiiiiiiii Rasta man take 👊

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e11 ай бұрын

    Poulin yubahwe

Келесі