Abanyagihugu babeshuje ijambo rya Président Evariste,bati ryuzuye ibinyoma.....
Ойындар
#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Пікірлер: 12
Neva akwiye ubuvuga butumwa not politics.
leka kibahende icho kivuvuzela chibazango balanezelewe bitabila nogutinya gusa nokuvuga ntilumenya nokuvuga ngila nikiryachinyo afise mukanwa ndalutwenga😅😅😅😅😅
Gusinziriza abanyagihugu,
Kuk' Uhoraho Imana yanyu abajanye mu gihugu ciza, n'igihugu kirimw' imigezi n'amariba n'amasoko, vyatobotse mu myonga no ku misozi. Gusubira mu vyagezwe 8:7 ngivyo ibihavurwa
uyomuhimbili ntakwije uvivyoavuga nikilogologo ntamupresident mufise ugwo nivuvuzela kweli nigihugu kitagila igitolo isukali amatala amazi mubisagala icho nigikinyi cha ninde vuvuzela 😂😂😂😂😂
Yooo twarigorewe
Bunyoni ntiyabeshe, vuvuzera for real 😂😂😂,
Erega vyose vyishwe na 2015 Revolution yarabaye abajejwe umutekano aho gutabara bigira aba politiciens barengera mubantu barabica None nabo bariko bapfira congo Batabaza ngo tuvugire turapfuye aribo bobogoye igihugu ubuho nabone baraciwemwo ibice Rero inko yagukanze irahurura ugahunga Hasigaye ah,Imana kudutabara
Ntawutabizi twese turabibona numufunga kiwani ntabindi bimurimwo
Utora itopito yokurasa umukuru wigihugu izondoto zawe nizibaho
@urugendonews
20 күн бұрын
Uwo sumukuru wigihugu yatowe. Kuko yivye amajwi H. E Rwasa Uwo no Comedian
Ntuzurekure iciza wafashe!!