BURUNDI NEWS

BURUNDI NEWS

Ndabasuhuje mwese mukurikira BURUNDI NEWS buriwese yisange ku makuru tubatohoreza.

IBARA RIRAGUYE IMAKAMBA BOSE NDABICA

IBARA RIRAGUYE IMAKAMBA BOSE NDABICA

Пікірлер

  • @JacksonNfayikeza
    @JacksonNfayikeza46 минут бұрын

    Ububeshi bwanyu muzobubana hake asezey cnl ? Murarondera am views nabi reka ububeshi

  • @abdoulwaheed2764
    @abdoulwaheed2764Сағат бұрын

    Ngorwiki

  • @kanimary5642
    @kanimary56422 сағат бұрын

    Agiyehe ga hw ? 🤣reka iyo ngwano !

  • @ReverienNsengiyumva-uv6ie
    @ReverienNsengiyumva-uv6ie3 сағат бұрын

    Agathon Rwasa naho azohunga niyitoza tuzomutora 100/💯 nahumure Imana niyonkuru

  • @renovatnduwumwami4034
    @renovatnduwumwami40345 сағат бұрын

    Mwaramutse neza . Comment yanje n'uko 7:10 wewe uriko uratangaza aya makuru wotanga whatsAp yawe kugira ngo tuguhe AMAKURU y'imvaho.

  • @JamesNsabiyaremye
    @JamesNsabiyaremye6 сағат бұрын

    Kl

  • @user-eb8mx7sn6d
    @user-eb8mx7sn6d8 сағат бұрын

    Ni batahe ni batahe

  • @user-eb8mx7sn6d
    @user-eb8mx7sn6d8 сағат бұрын

    Nimba ataco biyotsa ni batahe

  • @BarthazarNIYONKURU
    @BarthazarNIYONKURU19 сағат бұрын

    Agathon rwasa baramurenganya uwo ni ya migambi mibi ya reverien ndikuriyo

  • @ndihokubwayoxavier5928
    @ndihokubwayoxavier592820 сағат бұрын

    Iryo jambo ryo musi ya vidéo ntaco bipfana n'ivyo muvuga. Amahopa gusa

  • @HoustoncaméraButoyi
    @HoustoncaméraButoyiКүн бұрын

    Uvuga Ukuri mutama Wacu

  • @user-lh9sd9cd7g
    @user-lh9sd9cd7g2 күн бұрын

    Urumubeshi yakorotse ndamubona nawe ubeshe uko naramubona

  • @VAa-nb1od
    @VAa-nb1od2 күн бұрын

    Ububeshi gusa

  • @ErnestKazungu-tn8ii
    @ErnestKazungu-tn8ii2 күн бұрын

    Uyumuntu yifuriza abantu urupfu imana imuharire

  • @omerntiharirizwa2121
    @omerntiharirizwa21212 күн бұрын

    Kabisa uriwe warigishije abarundi 'babwire

  • @JulesNdayishimiye-ke2ut
    @JulesNdayishimiye-ke2ut2 күн бұрын

    Nihatali

  • @jeanclaudeniyoyitungira6636
    @jeanclaudeniyoyitungira66362 күн бұрын

    None nk'abantu mukurikirana iki kinyamakuru koko,mwibaza kohari ukuri bovuga?nta mu commando atashitse kandi vyongeye ntashamba nkiryo tubonye ryegereye stade ingoma

  • @MoseMose-l3b
    @MoseMose-l3b2 күн бұрын

    Wubahw

  • @ericnkurunziza7845
    @ericnkurunziza78453 күн бұрын

    Iki kinyamakuru nibaza ko ari icabantu badakomeye mumutwe!!!

  • @AlinAlin-hp5wy
    @AlinAlin-hp5wy3 күн бұрын

    Ububeshigusa

  • @ErasteMpfekurera
    @ErasteMpfekurera3 күн бұрын

    Si vous avez été à l'école de Jean de la Bruyère, vous aurez vite vu que c'est du mensonge. Jeter un coup d'oeil sur la nature de la circonscription. Il ya une petite plantation de maïs, et les feuilles toutes vertes comme si c'est pendant le mois de mars ou de février. Faux et archi faux

  • @ErasteMpfekurera
    @ErasteMpfekurera3 күн бұрын

    Si vous avez été à l'école de Jean de la Bruyère, vous aurez vite vu que c'est du mensonge. Jeter un coup d'oeil sur la nature de la circonscription. Il ya une petite plantation de maïs, et les feuilles toutes vertes comme si c'est pendant le mois de mars ou de février. Faux et archi faux

  • @ErasteMpfekurera
    @ErasteMpfekurera3 күн бұрын

    Ububeshi bukomeye sivyo

  • @LevisNiyonkuru-w9n
    @LevisNiyonkuru-w9n3 күн бұрын

    Rek ubwo bubeshi Bose barashitse

  • @user-ye8dw5bp9m
    @user-ye8dw5bp9m3 күн бұрын

    Pole sana kubo asize

  • @user-te7qw3hl2l
    @user-te7qw3hl2l3 күн бұрын

    ggggggggggggggggggggggggggggggggggggaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaappppppppppppppp

  • @user-te7qw3hl2l
    @user-te7qw3hl2l3 күн бұрын

    rpaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa

  • @user-te7qw3hl2l
    @user-te7qw3hl2l3 күн бұрын

    hhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa

  • @CédrickNiyonkuru-r3m
    @CédrickNiyonkuru-r3m3 күн бұрын

    Ahubw mur nabasaz

  • @gitoridaniel6753
    @gitoridaniel67533 күн бұрын

    Abarund mwabasha gukina comedian

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to3 күн бұрын

    Bose barakwiye uko baje bose amakuru yanyu yose siyo😀😀

  • @anetaaneta2767
    @anetaaneta27673 күн бұрын

    Nikobimeze mugisirikare ntakuri bagira

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v3 күн бұрын

    Urushi rwumiye kumunwa

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v3 күн бұрын

    Ndayishimiye agane abo basuma

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v3 күн бұрын

    Uyo mukenyezi wa muyange afashwe

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v3 күн бұрын

    Iyo mbonerakure ishengezwe

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v3 күн бұрын

    Inkozi zikibi

  • @user-ww3fz6yg4x
    @user-ww3fz6yg4x3 күн бұрын

    Jew ko nari inyuma ya stade kwatawo nabonye mwababashimwe????

  • @BlessingNijimbere
    @BlessingNijimbere3 күн бұрын

    Sha yaraguyeyo nuwo bavuze kwariko arakizura ariko rero icogupfa Nico tutaramenya

  • @user-ye8dw5bp9m
    @user-ye8dw5bp9m3 күн бұрын

    Yarapfuy ntuzik ivy mugisirikare ko aramabang ereg ntiboc babicish kumbug ko har uwapfuy

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira3 күн бұрын

    Mwagira ngo muvya cndd harabura ibitambo (ibimazi vy amaraso ameneka) !!! Jamais

  • @SpatanKush
    @SpatanKush3 күн бұрын

    rek kwibesher gutwar ntavyushoboy twarabuz nkurunziz wacu

  • @MarieRoseNtahomvukiye
    @MarieRoseNtahomvukiye3 күн бұрын

    ivyo sivyo ntawapfuye ubwo nububeshi

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to4 күн бұрын

    Amakuru yanyu nayibinyoma gusa 😂😂

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v4 күн бұрын

    Indongoozi mbi

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v4 күн бұрын

    Ukwishiranokwazana

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v4 күн бұрын

    Igihugu barakishe

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v4 күн бұрын

    Abantu baricwa

  • @user-pu1ku5cd2v
    @user-pu1ku5cd2v4 күн бұрын

    Mu Burundi ntamahoro ahari

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana19744 күн бұрын

    Uyo mugabo nukumuhagurukira tukansomora akagenda. ARIKO tumubiriye hasi rimwe. Atawuvuyemwo

  • @user-bd8vd4eq9q
    @user-bd8vd4eq9q4 күн бұрын

    Hhhhhhhh😂😂😂😂😂. Uruka ntafata uhitwa

  • @abizeyejeanbosco369
    @abizeyejeanbosco3694 күн бұрын

    Bihere akazamuzo nyene