HARI UBU ABARIKO BAKORANGURA CONGO KANDI NEZA ARIKO NABO BARABAPFUNGA AND BLOCK THEM’ WHY BABA BLOCK THEM? Let they do their best
@nduwaemma858819 сағат бұрын
@@chimamandamosesoffice8109 ni barya bakirangura muma bido babita ba midodo barangura nkamabido igihumbi cank ijana ivyo rero ntibikwiye kubazwa umukuru wigihugu kuko ntiyoja muri midodo ivyo bibazwa aba comiseri cank uwabazibiye kuko inzego sumukuru wigihugu gusa hari nibikorwa atanamenya so uwabihagirits niwe akwiye kubibazwa apana buri kantu kubaza never none atwara arumwe? So you have to understand that bro bcs he won't do everything
@EmileDari-iq5gn17 сағат бұрын
Vyose nibo babikweze batanguye kwiruka kubavunjaye bugara amazu avunja baca bavuga ngo babifashe mumimwe bivuze ko bidasubira gukorwa kuva Ico gihe amahera yagaciro yagoye abura aduga none raba Aho tugeze
@ericbikorimana871320 сағат бұрын
Mose uwo Evariste ndayishimye arafise ikibazo mumutwe ni Umugabo w'imbunuza cane.muri make igihugu cacu kiri mwibarabara habuze uwugitwara.
@MAHAYIJohn20 сағат бұрын
Ni Neva 😂😂😂😂😂 Uyu nagacimbiri ntiyogashobora uwakosheje nuwamutoye ngo abe umukuru w igihugu
@nizeyimanaboniface170920 сағат бұрын
Arikox mubura essence mute??
@nduwaemma858820 сағат бұрын
Cimamanda jw ndakwemera ariko wumvirije ino mvugo ya president aho koko wumvise yavuze ko atamuntu akwiye kugenda nimodoka cank yavuze kwihanganira impinduka zibihe kandi ntahantu hataba inzara kuko naha ndi harabo mbona bashonje so rero ivyo nibintu bisazwe igitoro ntikizobura imyaka itanu kanatsinda imyaka izokwirikira amatora niho tuzobonera ko yananiwe cank ashoboye kuko ntawuzobatsinda pe
Пікірлер
Wew nturuta aba diaspora bamaze gutaha kwubakigihugu Cabo barya nibo twemera nawe ivyuvuga nigusesa inkonda
Naw ntacurico kwl wewe burya niwukunda igihugu kurusha abandi?ewe warapfuy amaso namatwi
Tekereza Wew chimamanda Tamura neza ko nawe utera uyo numuntu wumugabo afise vyinsh amaze guhindura gukora vyiza wew kutabivuga ariko uguma uvuga ama Negative kutavuga ama positive wew icariburaya ukazib nawene ndaziko atabiryorew Kandi vision niwe yayitanguje kuko ashak ko duduterimber
Ese ikiza yakoze nikihe
Ndayishimiye si umuyobozi nagato he's full of shit, talk nonsense! Tell him!
No future there, ikibazo nuko atamatora yukuri agihari twokwerekanye ukuri Aho kuri
❤❤❤❤❤✊✊✊✊✊🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑👑🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦
🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿☝️☝️☝️☝️✊✊✊✊✊👑👑👑👑👑👑
Uyu nta president umurimo arakubitwa ninkuba ipuuuu
We dayimoni weee,uzoogeza ryari kuducokoza?
Kubwaba badede muzosarara siho barii
😂😂😂 uburundi nta president bufite. Very sad
Wakibwa moses
Hhhhhh😂😂😂
Muvyanka mutavyemera Uyo numugwayi mumutwe Kuva uburundi bwabaho nitwari bwaronke umuntu nkuyo . Ewe Gwasa utatuyoboye ubu uzoce wicara ubandanye utwagwa nuyo musais.
Abarundi ngo bize cyane ngo baba ibijuju niko Neva yavuze😂😂
Aba bari bakwiye kujakuuobora kenya niho bokwibonerako nayo abarundi twarariye jondama
Ni ubugesera wallah 😢
Chimanda wow urumugabo cn uvugira beshi much respect brother ❤
Gusa uri nubwenge nuko abo ugomba gufasha batumva umenga bafise ibiti mumatwi
None Ingo witoze tukuje inyuma wangu kuko turambiwe erega umenga turi mugihano c'Imana kuba turi abarundi vmt je harigihe nibazako abarundi twoba dufise ikibazo wobegwa abize wobegwa abatize vyose n'urudubi none aha turi mubiki? Turapfuye nkabana b'inyoni none nkaha tuzira iki?
je valide ça
Neva nu munyarwenye ntakwiye kuba perezida wigihugu pe
Mosesi burya wewe uravuga ukuri cane gose vrt abatavyemera nabashigikiye abadufukamye munda kandi komerezangaho imana iguhezagire cane
Amen amen Imana yumve ugusenga kwabarundi 🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿
NONE BISHITSE NAWE AKABURA IGITORO IZO NGENDO AFATA HAGATI MUGIHUGU YOZIFATA, YODUGA IMURAMVYA NIKINGA
Bamushyira mungobyi bakamuheka
Man kurangura igitoro bifite datail nyinshi kuko niwakizana wakoresheje $10M hanyuma muburundi bakakigura muma rundi gusa hanyuma ugiye muri banque ugiyeyo ntuyaronk nanyaburya bakubwiye kwatayo bafise wumva uzosubizayo iki mugusubira kurangura nanyaburya kitaranguzwa amarundi
HARI UBU ABARIKO BAKORANGURA CONGO KANDI NEZA ARIKO NABO BARABAPFUNGA AND BLOCK THEM’ WHY BABA BLOCK THEM? Let they do their best
@@chimamandamosesoffice8109 ni barya bakirangura muma bido babita ba midodo barangura nkamabido igihumbi cank ijana ivyo rero ntibikwiye kubazwa umukuru wigihugu kuko ntiyoja muri midodo ivyo bibazwa aba comiseri cank uwabazibiye kuko inzego sumukuru wigihugu gusa hari nibikorwa atanamenya so uwabihagirits niwe akwiye kubibazwa apana buri kantu kubaza never none atwara arumwe? So you have to understand that bro bcs he won't do everything
Vyose nibo babikweze batanguye kwiruka kubavunjaye bugara amazu avunja baca bavuga ngo babifashe mumimwe bivuze ko bidasubira gukorwa kuva Ico gihe amahera yagaciro yagoye abura aduga none raba Aho tugeze
Mose uwo Evariste ndayishimye arafise ikibazo mumutwe ni Umugabo w'imbunuza cane.muri make igihugu cacu kiri mwibarabara habuze uwugitwara.
Ni Neva 😂😂😂😂😂 Uyu nagacimbiri ntiyogashobora uwakosheje nuwamutoye ngo abe umukuru w igihugu
Arikox mubura essence mute??
Cimamanda jw ndakwemera ariko wumvirije ino mvugo ya president aho koko wumvise yavuze ko atamuntu akwiye kugenda nimodoka cank yavuze kwihanganira impinduka zibihe kandi ntahantu hataba inzara kuko naha ndi harabo mbona bashonje so rero ivyo nibintu bisazwe igitoro ntikizobura imyaka itanu kanatsinda imyaka izokwirikira amatora niho tuzobonera ko yananiwe cank ashoboye kuko ntawuzobatsinda pe
Uwo si president ni inyagasozi yarwiriye igihugu
Sha urababwira pe.ntibumva
Ubutare bwabaye ubutare 😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ? Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
Chimamanda uvugukuri kabisa nukuvuga ubuzima barimwo , ubwambere ntanumwe barihiritike twetu razirihira kumahera yacu . Nareke kwiba mahera yacu azanigi, toro twiyunguruze. Akuramajambo. Ngaho
Ubutare bwabaye ubutare 😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ? Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
Ubutare bwabaye ubutare 😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ? Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
Ndayishimiye full Comedian 😂😂😂😂😂
Niatari kweri 😂😂😂

Ewe Neva uratukishi gihugu ndadamwe!!!
❤❤❤
Uyu mugabo ntari ku rwego rwo kuyobora igihugu Ntasobanukiwe ibibera ku isi😂
😂😂😂😂😂😂nikinyange😂😂😂😂😂
@@gatarejustine1128 Hahahahahah General muzima wigira ikinyange koko😂😂😂
Nivyo yitayemwo impano si iyiwe kabisa
❤❤❤❤❤
Chimamanda nkunda Ibiganiro byawe utugezaho biba birimo ubwenge
Ok I
Bob ntashobora kuvuga ikintu atatohoje numenyeshamakuru abifitiye uburambe ! Namba atarivyo nibamubeshuze nico bajejwe ! Bob niyirambire
Kwino kweli moses 🙏😭😭
Bamweturabibona none ndukore iki 😂😂😂😂 turibwa turahendwa
Nawe wagiye kwikorera imizigo rero None ntiwogaruka ugakorera igihugu cawe ivyo uriko uvuga
Banyarwanda bene kanyarwana ese muri kubyumva dushyirehamwe twime amatwi bampatse ibihugu
Yaba Aru mugabo wasanga yavuz hotora amatengatwa😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
komera cyane Moses❤❤❤❤
Muta nakumiro🤦🤦