Cette chanson a certainement marqué mes vieux temps. Mon grand frère me l'a appris dès mon bas âge
@dusabase6 күн бұрын
Oya rwose, ntukaruhe cher Tonto...we cannot give up on the vision of a new and united Afrika. Igituma ni kimwe gusa: abana, abuzukuru n'abuzukuruza bacu. Nitugenda, tuzobasigire ubutaka bwiza, burimwo amahoro, ubutungane n'Urukundo. Nanje ubu ndarindiriye ariko, Imana ibishatse, sinzoruha.
J'ai entendu parler que Hamissi voulait donner un message aux autorités qui ne visaient que leurs propres intérêts au détriment de ceux de la population. ❤ Je sais pas si les concernés étaient en mesure de décoder le message du chanteur
@user-pp1mp2sr6b15 күн бұрын
We still here in 2024
@alexismunezero117216 күн бұрын
Ninde aringaha muri 2024😢i miss home😢
@kushfirefamilyteam779917 күн бұрын
Good vive from Burundi❤❤❤.
@UmwamiOrongoro18 күн бұрын
😢
@TheNaomie198721 күн бұрын
❤❤❤
@DushimeGloria21 күн бұрын
😂😂ndibuka nkubitwa kw'ishure kubera ko ntashobora gusubiramwo iyi ndirimbo
@mpawenayodonatien702225 күн бұрын
1. Reka nguter'iteka se Māwe Wandeze kuva nkiri gatoyi None imvi zasubiriye imvanda Iyo ngowe nambaza wewe māwe Iyo ntewe ntawundi nter'akamo. Ninde se Māwe yorindutse Kureka nkamwonona mu mugongo Akarar'ijoro ahendagiza Azinduka ku mushasha murushana Ajabuka nyabugogo ndamugora Uuu...uuu...uuuu...uuuu...uuuu Umuvyeyi ntashira uburyohe Niko urashaje se Māwe Ariko iyo Mana niyakuntwara Eka nzorira sinzohozwa se mvyeyi Kira se nyakuramba. 2. Userutse ntiyabíra vyanka Iwawe intege ziracika Ukarenga mbaza icontabara Nkabona ko wantanze kwihebura Kira se nyakuramba. Shikira agasabisho muri aka karirimbo Ku Mana y'i Burundi Kira se nyakuramba (x2) Nipfuza kubasaba, ku woba atahura ico Kirundi c'igitero ca kabiri amfashe kugitahura. Murakoze cane. Indirimbo ni imwe muzitazokwigera zipfa
@KenzoTembo25 күн бұрын
abagikunda iyindirimbo mumpe like 2024
@AmigoToyi-ez5pc26 күн бұрын
❤❤❤
@AlinaPretty-mi1ge26 күн бұрын
Forever in my heart😢😢 5:57
@AlinaPretty-mi1ge26 күн бұрын
Forever in my heart😢😢
@AlinaPretty-mi1ge26 күн бұрын
Forever in my heart😢😢
@AlinaPretty-mi1ge26 күн бұрын
Forever in my heart😢😢
@ViateurKwizera-gk2pm26 күн бұрын
Ngiz'indirimbo zikwiye kuririmbwa,no seulement kuko Zumvikana neza mais aussi kuko zinafise ico zitwigisha vyukuri
Je suis né au Burundi mes parents sont d’origine malienne mais j’aime tellement ce pays car ce mon pays natal malgré que l’on ne m’a pas opté na nationalite je le dans mon cœur. Vive buja, vive bwiza.
@ObedeNdahabonyimanaАй бұрын
Ndagukunda cane Gihugu canje Burundi
@DishaniDisha-zm2gmАй бұрын
Kabisa
@cressiadushime3987Ай бұрын
Une pépite
@MunezeroMonia-qs2pnАй бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@NtwriАй бұрын
En 2024 cette belle chanson berce toujours nos coeurs♥♥♥
Пікірлер
Ewe ndirimbo nkunda!!!! Kirasenyakuramba: mawe wanje.❤❤❤🎉❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Warakoze mutama ntituzokwibagira
We stiil here in 24
Cette chanson a certainement marqué mes vieux temps. Mon grand frère me l'a appris dès mon bas âge
Oya rwose, ntukaruhe cher Tonto...we cannot give up on the vision of a new and united Afrika. Igituma ni kimwe gusa: abana, abuzukuru n'abuzukuruza bacu. Nitugenda, tuzobasigire ubutaka bwiza, burimwo amahoro, ubutungane n'Urukundo. Nanje ubu ndarindiriye ariko, Imana ibishatse, sinzoruha.
❤❤
We still here n we ll be here😊
Thanks my uncle Nova, WE love u somuch
Uyumuntu ciza Sylvester ashigikigwe
Canco Amisi
Canco Amisi
Ubunebwe twabugize indahiro🙏🏽
All time song!!!
In Qatar, still lesten to that Yummy song
❤
Ukurwanya ubunebwe insaku n'ibihuha. Natanguye kurwumva 1992 n'ubu simpengeshanya kurwumva. Abasangiye isemo basangira n'umusa
Akaranga kubahwe
J'ai entendu parler que Hamissi voulait donner un message aux autorités qui ne visaient que leurs propres intérêts au détriment de ceux de la population. ❤ Je sais pas si les concernés étaient en mesure de décoder le message du chanteur
We still here in 2024
Ninde aringaha muri 2024😢i miss home😢
Good vive from Burundi❤❤❤.
😢
❤❤❤
😂😂ndibuka nkubitwa kw'ishure kubera ko ntashobora gusubiramwo iyi ndirimbo
1. Reka nguter'iteka se Māwe Wandeze kuva nkiri gatoyi None imvi zasubiriye imvanda Iyo ngowe nambaza wewe māwe Iyo ntewe ntawundi nter'akamo. Ninde se Māwe yorindutse Kureka nkamwonona mu mugongo Akarar'ijoro ahendagiza Azinduka ku mushasha murushana Ajabuka nyabugogo ndamugora Uuu...uuu...uuuu...uuuu...uuuu Umuvyeyi ntashira uburyohe Niko urashaje se Māwe Ariko iyo Mana niyakuntwara Eka nzorira sinzohozwa se mvyeyi Kira se nyakuramba. 2. Userutse ntiyabíra vyanka Iwawe intege ziracika Ukarenga mbaza icontabara Nkabona ko wantanze kwihebura Kira se nyakuramba. Shikira agasabisho muri aka karirimbo Ku Mana y'i Burundi Kira se nyakuramba (x2) Nipfuza kubasaba, ku woba atahura ico Kirundi c'igitero ca kabiri amfashe kugitahura. Murakoze cane. Indirimbo ni imwe muzitazokwigera zipfa
abagikunda iyindirimbo mumpe like 2024
❤❤❤
Forever in my heart😢😢 5:57
Forever in my heart😢😢
Forever in my heart😢😢
Forever in my heart😢😢
Ngiz'indirimbo zikwiye kuririmbwa,no seulement kuko Zumvikana neza mais aussi kuko zinafise ico zitwigisha vyukuri
kamenge na Kinama my homeland ❤❤❤❤❤
2024❤
❤❤
Lyrics: Prélude: Mbega bavyeyi twogira gute? Kugira ngo tuzoshikirize Igihugu canyu catwibarutse? (×2) Refrain: Bavyeyi namwe Barezi Ivyo vyose tubifise ku mutima Natwe urwaruka turiyemeje Gukora tutiziganya nk'intete Ubunebwe twabugize indahiro Uburundi bw'ejo burangwa n'ubutwari twarukanye Bamwe buyagwa hose mu makungu. 1.Kiyago co kuyaga, Uragororokera abakureze Urwanire amahoro n'ubumwe Usagwe n'umutima rugabo Kiyago co kuyaga Uragendera iragi ry'abasokuru Ugire izina,urangwe n'akabanga Uburundi buguhanze amaso. 2.Rwaruka rw'i Burundi Muramane akabanga Mugendere akaranga Mwiyubare ibibatesha ubuzima muziririze ubuhumbu Mwige mutadebukigwa Mugumane indero runtu Mube akaranga k'Uburundi(×2).
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Je suis né au Burundi mes parents sont d’origine malienne mais j’aime tellement ce pays car ce mon pays natal malgré que l’on ne m’a pas opté na nationalite je le dans mon cœur. Vive buja, vive bwiza.
Ndagukunda cane Gihugu canje Burundi
Kabisa
Une pépite
❤❤❤❤❤❤❤❤
En 2024 cette belle chanson berce toujours nos coeurs♥♥♥
Uwashize aka karimbo kumurongo
Aba bantu nkaba tuzosubira kubaronka kweli
Jewe izi ndazikunda cane
Karambe😊
❤❤mama nubwotutakirikumwe murubu buzima ndagukunda😢😢😢
❤❤❤❤mama wanje ❤❤ uruhuke mumahoro ahuri😢😢😢❤