Yesu akuzwe! Jewe ngirwe muto//Pasteur BARIYUNKURA Laurent

Музыка

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 22

  • @AudifaxNISENGWE-fo1qp
    @AudifaxNISENGWE-fo1qp Жыл бұрын

    Amen yesu akuzwe nanje ngirwe muto

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @moniquenimpagaritse1230
    @moniquenimpagaritse1230 Жыл бұрын

    Imana iguhezagire mukozi wImana kabisa yesu akuzwe nanje mbe muto

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen👏💖

  • @emmanuelgahungu7950
    @emmanuelgahungu7950 Жыл бұрын

    Imana iguhezagire caaane Mukozi w'Imana Nzima. Twebwe tugirwe bato ibihe vyose ariko YESU KRISTO akuzwe.

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen👏

  • @jeaninendayishimiye7908
    @jeaninendayishimiye7908 Жыл бұрын

    Yesu akuzwe naje mbemuto

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen👏💖

  • @felixnsabimana4030
    @felixnsabimana4030 Жыл бұрын

    Yesunakwongere integemubikorwa

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen🙏💖

  • @vixscd1349
    @vixscd1349 Жыл бұрын

    Amen 🙏 🙏 🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen👏💖

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 Жыл бұрын

    Amen Amen Amen !!! Ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @kellyndizeye7171
    @kellyndizeye7171 Жыл бұрын

    Ibihe vyose akuzwe

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen👏💖

  • @AudifaxNISENGWE-fo1qp
    @AudifaxNISENGWE-fo1qp Жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @felixnsabimana4030
    @felixnsabimana4030 Жыл бұрын

    Mbemutoyesu akuzwe

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen🙏💖

  • @samuelbukuru7433
    @samuelbukuru7433 Жыл бұрын

    Amen yesu ahabwe icubahiro kabisa

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen👏💖

Келесі