We n'umuryango wiwe ntibaja kwa muganga - Imana ni yo yama ibakiza/Intahe ya NIYONTWARI Ambroise

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 10

  • @user-lk9os1tk6i
    @user-lk9os1tk6i7 ай бұрын

    Ewe Dougras sha,Yesu ahabw'umugisha. Uwo mutama Imana imukomez nicabona co gushingira intah Kristo

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @nkundimanamarie-therese1301
    @nkundimanamarie-therese13017 ай бұрын

    Amahoro amahoro ! Uyu muntu mwamuhaye umwanya mutoya kweli. Intahe yiwe yanyubatse ariko muzomuhe umwanya atwigishe IJAMBO RY'IMANA !

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Murakoze cane ku ciyumviro canyu ciza🙏💖

  • @Twese.01
    @Twese.016 ай бұрын

    Iyi ntahe iragaragaza ko Dufise Imana kandi ko igikora nubu. Muzomwongere akanya aduhe intahe yose muzoba mukoze.

  • @meirratv

    @meirratv

    6 ай бұрын

    🙏💖

  • @ericnduwimana6962
    @ericnduwimana69623 ай бұрын

    Imana ninziza kweli

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @EstheveIgiraneza
    @EstheveIgiraneza7 ай бұрын

    Imana Iguhe umugisha mwalimu wanje

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі