Vania Ice - Sinshaka (Official video)
Музыка
Music Video by Vania Ice performing Sinshaka.
Stream & Download: bfan.link/sinshaka-4
Produced by Kolly da Magic
Directed by Landry SB
Follow Vania Ice on :
Instagram : / vania_ice
Facebook : Vania_Ice-23...
Пікірлер: 256
Mur Ukraine turakunda ijwi ryaw can Ice🤣🤣🤣 kipitapu san👌👌👌
@sidibe2817
2 жыл бұрын
Ntamuntu yitwa b face aba Ukraine kiretse ari inyambukira😁😁
Waouh ! What kind of romantic voice ! REKA TUVUGISHE UKURI IYI NDIRIMBO IRAKOSOYE. Abakunda Vania munyihere aka like Chachou Romantic from #BE_CHAP_TV
@sidibe2817
2 жыл бұрын
Ikwije condition✅well acting✅well words✔well translation
Kukumva sinshaka no no no 🤩🤩😔😔😔🤩❤️❤️❤️❤️🥺🥺🥺🥺so beautiful gyal 💥💥💥
Wavuze ko uzamusenga usab lmana ko Nokwama Nseka noba birangiye ndira 😭👌👌🥰🥰🥰
Wavuze yuko uzama usenga,usabe Imana yuko nama nseka,none birangiye ndira,yooooooo Ice abahungu n abana babi,jew ndabazi kuko nd umwe muribo,ariko si bose🤣🤣🤣 yaragukoreyeko,song yaw ni 👌🔥🔥🔥
@fleurinekeza2151
2 жыл бұрын
ni babi caneee hahah
@mvpvania
2 жыл бұрын
Ubu nuguhunga 🤣🤣🤣🤣🥰🥰🥰
@kozzomix120
2 жыл бұрын
Ekaye urivugira jew sindimubi🤣🤣🤣
Kuri jew iyi iraruta izo umaze kuririmba zose... félicitations,évolution nziza cane kabisa bravooooooo...uri n'umu actrice mwiza kabisa t'as bien joué...terimbere Na mpaka
Ayayayayai
Ibintu ntivyoroshe hano 👌👌👌
Waooooh uyu mu Ice aririmba biteye ubwoba. Félicitations kandi courage.
Beautiful song 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Vania courage kbsa ndi murukundo niyi ndirimbo kweli love you from Rwanda
Mamamama muburundi hasigaye hariho impano vrt wubahw ufis kazoza vrt Love from team satura
VaniaVibe 🔥🔥🥵👏🏾
Vania ice urashoboye kbs
Vania ndagukunda sana indirimbo zawe uririmba umenga uri muru mwemu kwel courage pe
Landry SB Nukuri 🔥 Wakoze Umuti Kuriyi Video ✊🏿 Uyu Mwigeme Arakaze Nkesiri 🙌🏿 Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️
Oh wow. Nice song kdi wactinze neza. Bravo ncuti
Eeeeewe vava uravugiye ibintu kweli unyibukije vyishi courage my sister .
Indirimbo ninziza kolly yubahwe beat niyubuhinga harimwo live guiter piano drumer live kweli wubahwe. Nuyo muhungu wacu big up Gatumba yubahwe.
Vania ice mukazi kose, lmana ikuje hafi, nice song 🔥 🔥 🔥
Sinshaka by vani ice🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Landry ubahwe ,amasanamu ni meza caaaane
Very acting✅✔words & activities in one time...ka bien karankozeho ndakumviriza kenshii..
Kukwumva sinshaka nonono Kukubona sinshaka nonono Ubundi talent ntibahatiriza aho iri irigaragaza Burya wewe niwe muntu wanj mubaririmvyikazi bariko babikora neza uza imbere vrm
Mubafana ufise ndimwo wallah Nice song keep it up
Dada ndagushima wew umuziki wawe uriko uririmba uririmbana ingoga ni vyiza ndagukunda
Yoooh inyuma ya belle9ice ababajwe nuwundi nae nyn baramubabaje 😒😒😍😍👌
Vania aga story ka bien Sha ,wish you kugera kure yindoto zaw zishaka kugera
Abakobwa babizi kuririmba bariho kbsa babahe umwanya n support I like this banger
Amazing voice Amazing song Amazing message Amazing video Amazing beat Amazing Girl Amazing country 😘😘 I'm in love with this song Receive mangolia🇲🇳🇲🇳love💝💕
komeza komeza good song ❤️❤️❤️Hadi nimeyipenda umewezaa
Kubera iki nacerew kubona this song🤔 inkoze kumutima. C'est réussie comme mélodie. Bzu là bas @Vania Ice
Nice song 🔥🇧🇮🔥🎶
Ndabona ibibintu aribyiza pe🇷🇼
Iyi song irarenz can Kumusi ndayirab incuro nyinshi kuber kunryohera gus Big-up sana vrt
Nda❤❤❤❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮inyura umutima
Aaaaa ego vrt indirimbo ikosoye ikoze neza cane
Nzoza ndumviriza iyi ndirimbo when I start seeing red flags 🤣🤣😍😍😍😍😍
Vania kurenze cane noe??? big up my sister urashoboye p!!! Nice voice ,.. .
I ❤❤❤ u Vania so courage 💪💪💪💪
Mon Dieu. Iyi ndirimbo irampimbaye. Nakunze ino outro ukuntu ayiheza
Courage daa sister #vania🇧🇮🔥🔥🔥
Vania ndakwemera kwel music yawe
ni ivyukuri iyi ndirimbo iraryoshe caneee
Vyizaaaa gose
Courage dada iyindirimbo iramara pe
This Song iguma ari nshasha 🙌🏿✍🏿
Great job🔥🔥🔥🔥💥 Grand picture mwubahwe!!!!👊👊👊👊
Yooooh,uyu numurundi?kuberiki itarakwiza 1M vrt?uranezereje
yooooooo disi weeeeee,kano kontu karatesa kwumviriza
Ni polepole uzovayo courage
Ntaribi uraruenze peeee
Wakoz umuti gusa sinari ndakuzi kwel
Karatesa nukuriii ahubwo umuronder @azawiofficial mukore umuti numu rapper @BFace
Great job🇧🇮✅ Keep it up Grand pictures #landrySb📸 #vania_ice go far🎉 Love from #Weezynation🇧🇮🇺🇸
Abazanwe na Hang out ya kabos tumenyane🔥
Ngoma kali saana 🔥🔥🔥
Ice ndakwemera cane
Sinshaka👌👌👌
Vania vrttt🤒🤒🤒😍😍😍😍 killed it👌👌👌👌
On fire 🔥
Nice song my Gee ❤️😍
Vyiza
Sisssss
Nakubaridada
Kbx akakantu niko🙏🙏
This song is yoooooo🥺🥺🥺😥😥 👌👌👌
t'es coe la rps vrm #courage_Vania_Ice 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🔥🔥👑👑👑👑👑👑👑👑nice Job🙏🙏my sister
Nice💥💥💥💥💥
Umuziki mwiza cane
I gave myself time to play,replay, replay and keep replaying this bewitching song before commenting. It is obvious that she is hard worker and talented gyal. May Jah protect this treasure
Only good music frm u 🤞🔥🔥🔥🔥
I love 💕 u from Burundian lives in Kenya
Kararyoshye cyane
Hari abaririmvyi baririra🙆🇧🇮
Buja got talent
"Another one" ☝️ - in DJ Khaleed voice 🔥 🔥
Nice work our girl singer good job
Teri imbere nkumuzinga igikorwa kirasukuye kabisa
Emilio birangiye arijije Umwana😥😂😂.......Song is 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮
Courage girl
Hit song 🔥 🔥 Vania ice uyu mwanamuke mkali sanaa buja
This is next level Hey People who don't keep promises and who cheat, just pay attention and try to be royal
Hit song 🔥
Tha way she act shn 🥺😍 U’re th best 🔥😘
🔥🔥🔥🔥🔥
Mais harukuntu ukaza iryo jwi ryawe mukuririmba ugasanga wabitovy👁️
Uko usa biza nindirimbo uririmba donc yo face IS so émotionally romantik ❤️❤️🇧🇮🇧🇮 tes vidéos le sont aussi donc je suis ton fan depuis #doucement support yanj nkumu model vidéo ikurikira nzokwambik for free❤️❤️
Greet job vania 😘
👌👌👌🔥🔥🔥
Vyarangiy urira 😭
You're amazing ❤❤🎉🎉
Bien fait ma chère. You acted very well.
Kumwumva ntashaka yaramuhotoye nubu ntaratahura........
I love her🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nice work 👌
Nice song 😘😍
What a good song🥳👌💯