UWUTEGEKA IBIHE by Chris NDIKUMANA

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

Пікірлер: 188

  • @sishasaid6756
    @sishasaid675617 күн бұрын

    Ndaryohewe cane niyi nyigisho mugihe nabaye mubugararwa buteye agahinda uyumunsi niho numvise ivyishimo Imana impe kunesha nizindi ntambara ntazi iyo zizova ndaryohewe cane murakoze❤

  • @kellyline1042
    @kellyline104216 күн бұрын

    A sermon that God sent just when my soul needs it the most, nukuri nabo sibo byarayihimbaye ko bigenda kuriya kose byagenze, Ihabwe icyubahiro cyose n'ikuzo

  • @EstherNiyonkuru-ey5ti
    @EstherNiyonkuru-ey5ti17 күн бұрын

    Amen,hezagirwa mukozi w'lmana,yesu akomeze kukwitaho

  • @munezeronaphtal3438
    @munezeronaphtal3438 Жыл бұрын

    Yesunashimwe pasta nukuri Imana ikwagure canee

  • @nadineneza5732
    @nadineneza5732 Жыл бұрын

    Nta wuvuguruza utegeka ibihe❤️❤️❤️

  • @jaypablo
    @jaypablo Жыл бұрын

    Amen amen Imana idushoboze kwihanganira ibihe ducamwo kugira dushike Ku migambi myiza y'Imana 🙌🙏 Kandi Imana iduhe guca bugufi Kuko ivyo dufise vyose biva kuriyo

  • @user-wh4yx4ob2b
    @user-wh4yx4ob2b8 ай бұрын

    Hezagigwa mukozi w'IMana IMANA ikongere amavuta Amen Amen

  • @asiimwejennifer1713
    @asiimwejennifer171311 күн бұрын

    Mana warakoze kwimika Chris nukuduha Kanguka.🙏

  • @nzizaismael5599
    @nzizaismael559917 күн бұрын

    Amen Amen Imana yacu ihabwe icubahiro. Niyo imenya ibihe ducamwo kandi ni koko ku bizera vyose bikoraniriza hamwe kutugirira ikimazi.

  • @iteritekajoselyne8144
    @iteritekajoselyne8144 Жыл бұрын

    Urakoze cyane Chris kw'Ijambo ry'Imana uduhaye Imana iduhe kwizera ivyacu birahari🙏🙏🙏

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 Жыл бұрын

    Amen ntakiberubusa imbere y lmana umwami agukomeze mukoz w lmana

  • @EmmanuelKwizera-vp3hy
    @EmmanuelKwizera-vp3hy14 күн бұрын

    Amen Amen NDIHO niwutegeka ibihe

  • @JohnNtimpirangeza
    @JohnNtimpirangeza15 күн бұрын

    Iman ibahze kuramba mutahuze bshi,kndi ibah iherezo ryiza

  • @cartasnkunzimana6197
    @cartasnkunzimana6197 Жыл бұрын

    Amen igihe gisobanura vyose inyigisho nziza cane

  • @arnaudirankunda4566
    @arnaudirankunda4566 Жыл бұрын

    Iyi nyigisho iramfashije caane Imana yaguhaye iyo ngabire ihabwe icubahiro

  • @ntijinamasanthiana3536
    @ntijinamasanthiana3536 Жыл бұрын

    Amen Imana iduhe Impwemu yo gutahura no kwihangana 2Thes 3:5

  • @user-zl2ih1cv6o
    @user-zl2ih1cv6o4 ай бұрын

    Amena amena icubahiro cose kibicandiho ibihevyose urakozecane mukoziwimana kunyigisho nziza ziruhura imitima yabeshi uhoraho akongere inkomezi agusige amavuta menshi yubushobozi bwayo ukomere ushikame watoranijwe nayo ukomeze kuzigamwa nayo👌🏾👌🏾🧎🏾‍♀️🧎🏾‍♀️

  • @abijuruchantal7883
    @abijuruchantal788316 күн бұрын

    Utegeka ibihe ahimbazwe Ibihe vyose 🙏

  • @OthmanibrahimkhamisKhami-tv1ct
    @OthmanibrahimkhamisKhami-tv1ct6 ай бұрын

    Merci seigneur wewe waduhaye Chris Ndikumana.❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ntagwabiraregina8335
    @ntagwabiraregina8335 Жыл бұрын

    Turagukunda cyane !!! Nkunda kugukurikirana nukuri chris!!! Muri kanguka Tuba mu Rwanda, imbaraga namavuta nukuri

  • @rachelumutesi9638
    @rachelumutesi9638 Жыл бұрын

    Urakoze cane kunyigisho nziza , imana ikongere amavuta yokwampa utwigisha ivyayo. Mfasha mana mve mu vyaha nanje mbe mumugambi wawe. Ndagusavye ungirire ubuntu mana 🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️

  • @charmantishimwe6951
    @charmantishimwe6951 Жыл бұрын

    Imana mushobora vyose ikongere inkomezi

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын

    Imana ihezagir imirimo yawe kand ikutuzigamir

  • @ritaniyonizigiye1130
    @ritaniyonizigiye113015 күн бұрын

    Hezagirwa Mukozi w'Imana

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 Жыл бұрын

    Ndashaka nanje vyukuri kwama nsenga mu Mpwemu no mu kuri kugirango ibibi vyose bizombako , bizobe bihwanye n ubugombe bw Uwutegeka ibihe : " Ndiho ". Ndafashijwe cane n iyi nyigisho! Uwutegeka ibihe , Ndiho , Yongere umugisha umuvyeyi wacu Chris , Amina.

  • @johnnahayo1759

    @johnnahayo1759

    Жыл бұрын

    Amen, Amen !!!

  • @user-go2ik6zu9b
    @user-go2ik6zu9b11 ай бұрын

    Imana iguhezagira mfise vyinshi nungutse kubwinyigisho zawe.Ndahimbawe nukuba narakumenye

  • @jolie1039
    @jolie1039 Жыл бұрын

    Yesu weee uri mwiza data wo mw'ijuru ntawuhwanye nawe Mana ni ww utegeka ibihe 🙏🙏🙏 chris umwami Yesu azogushoboze uzorangize neza amajambo muduha aratwubaka imitima yacu

  • @alicendayiragije3112
    @alicendayiragije3112 Жыл бұрын

    NDIHO akwongere amavuta mukozi w'Imana 🙌🙌🙌

  • @suavisntahishakiye8062
    @suavisntahishakiye8062 Жыл бұрын

    Amen Amen Amen Amen chriss ndikumana yubahwe azoze i Gitega turamwinginze

  • @user-fx4ol3ii5x
    @user-fx4ol3ii5x4 ай бұрын

    Ivyondimwo ndamenyeko arigike kitaragera.amen🙏🙏🙏

  • @user-qo4ud3ki4k
    @user-qo4ud3ki4k9 ай бұрын

    Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana

  • @user-pd5ev4wq7c
    @user-pd5ev4wq7cАй бұрын

    Amen Amen imana ikwongere inkomezi kandi ikwongere nokuramba mubihe vyonse Amen Amen ❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @user-yj3dh7xn8d
    @user-yj3dh7xn8d16 күн бұрын

    Imana itegetse

  • @sinzinkayosevelin5374
    @sinzinkayosevelin5374 Жыл бұрын

    Amen amen ndagukunda cane uko utwigisha Juba mumana

  • @ccvg3926
    @ccvg392614 күн бұрын

    Inyigisho ya 2022 arko iramfashij🎉🎉🎉🎉❤

  • @dorel7002
    @dorel7002 Жыл бұрын

    Wigisha neza mukozi w'imana merci

  • @ntacyotwakugereranyaMwamiYesu
    @ntacyotwakugereranyaMwamiYesu Жыл бұрын

    Amen....date umugambi wawe nimwiza kubakwiringiye iteka ryose. Ndashaka kuba uwo wifuza mwami yesu, gumya kushoboza kuba mumugambi wawe numunezero ndetse nibyishimo byawe🙏🙏🙏

  • @user-pi4ib7ql4d

    @user-pi4ib7ql4d

    Жыл бұрын

    Ameeeeena umugambiwi wawe data niwomwiza🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-zl5nl1gt4h
    @user-zl5nl1gt4h4 ай бұрын

    Niwe ategeka ibihe byoguseka nibihe byamarira,niwe ategeka ibihe.

  • @karyuryujeanmichel
    @karyuryujeanmichel Жыл бұрын

    Amen Chris thanks for the message, Imana itegetse duce bugufi

  • @ndayishimiyeaime1804
    @ndayishimiyeaime1804 Жыл бұрын

    Alleluia alleluia 🙌🙌 may God bless you Chris 🙏 uri umukozi w'Imana rwose ureke ba batekamutwe!!

  • @nyamboanne6684

    @nyamboanne6684

    Жыл бұрын

    Amenn

  • @dusabimanacyuzuzoclementin1893

    @dusabimanacyuzuzoclementin1893

    17 күн бұрын

    Imana Ishimwe cyane

  • @claverirambona
    @claverirambona Жыл бұрын

    Yesu Ndagushima kunyigisho.nziza duhabwa numusavyi waw Chris Ndikumana ndamusabiye umuhezagiro uva kuri Ndiho

  • @benignemugisha7813
    @benignemugisha7813 Жыл бұрын

    Amen Amen.Imana ishimwe cane ibikorwa vyayo birahambaye cane

  • @salima7729
    @salima7729 Жыл бұрын

    Amen🙏🏻🙏🏻Imana idufash kugira mubugombe bwayo🙇‍♂️🙇‍♂️🙏🏻🙏🏻

  • @ondndkddkddk4612
    @ondndkddkddk461215 күн бұрын

    Amen amen dafashijwe❤❤❤❤

  • @manirakiza2635
    @manirakiza2635 Жыл бұрын

    Halleluya, halleluya halleluya... Iman'ihimbazwe cane gose

  • @tamangotiyamike
    @tamangotiyamike Жыл бұрын

    Hallelujah 🙌 Uwiteka arahambaye,adushoboze kugendera mubushake bwe.

  • @AsAs-nn9uv
    @AsAs-nn9uv Жыл бұрын

    Amen🙏🏾🙏🏾ubugombe bw lmana nibukore .Amen.🙏🏾🙏🏾hezagirwa Mukozi W lman.

  • @mariammunezero2444

    @mariammunezero2444

    Жыл бұрын

    Amen🙏

  • @alphaelodgearakaza5845
    @alphaelodgearakaza5845 Жыл бұрын

    Vraiment Uwiteka ashishikare gushigikiza ibiganza vyiwe iyi Ministère, kandi ihezagire cane abo yayishizemwo kubw'umugambi wayo!!!

  • @KigemeM
    @KigemeM Жыл бұрын

    Alléluia ! Amen amen ! Que Dieu vous bénisse abondamment Chris Ndikumana. Shalom

  • @reginemukamazera7948

    @reginemukamazera7948

    Жыл бұрын

    Je suis édifiée en permanence par tes enseignements Chris, que Dieu te bénisse et continue à t'utiliser

  • @VanessaKEZAMUTIMA

    @VanessaKEZAMUTIMA

    Жыл бұрын

    Amen 🙏

  • @karasirarachel3120
    @karasirarachel3120 Жыл бұрын

    Que JE SUIS soit loué! Merci Chris Ndikumana

  • @kimberniceirankunda6128

    @kimberniceirankunda6128

    7 ай бұрын

    Amen

  • @AdelaideNyamuseru-em2dr
    @AdelaideNyamuseru-em2dr8 ай бұрын

    Amen. Que Dieu soit loué pour toujours

  • @niyubunturichard6709
    @niyubunturichard6709 Жыл бұрын

    Amen 🙏🙏🙏 Ndiho Abakomez kumirimo

  • @user-fq6wf8lq5c
    @user-fq6wf8lq5c4 ай бұрын

    👏👏👏Amen,Amen ,icubahir nicimana

  • @alicekayihura3845
    @alicekayihura3845 Жыл бұрын

    Naba nkunzwe cg ndwaye,sikubwabo!

  • @mauriceirambona3665
    @mauriceirambona3665 Жыл бұрын

    Shimwa Mana👏

  • @ntagwabiraregina8335
    @ntagwabiraregina8335 Жыл бұрын

    Imana iguhe umugisha mwinshi

  • @JNy-rh9yg
    @JNy-rh9ygАй бұрын

    Amen Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏 Ndiho urakoze caane kubwiyinyigisho ❤❤❤ uhezagire caane Chris numuryango wiwe wose uhezagire nabantu bose bumviriza izi nyigisho twese udushoboze gushira mungiro ivyo twigishijwe mwizina rya YESU Christo 🤲🤲🤲🙏🏻🙏🏻🙏🏻

  • @user-os6zz6xd4x

    @user-os6zz6xd4x

    16 күн бұрын

    Ndafashijwe nukuri Ndiho yongere amavuta umukozi wiwe

  • @FirminIrankunda-v1g

    @FirminIrankunda-v1g

    16 күн бұрын

    amin naje ndabishak gusaban niman

  • @dodydos4322
    @dodydos4322 Жыл бұрын

    Icyu bahiro nicyawe mana🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @HigiroJoana
    @HigiroJoana12 күн бұрын

    Imana ishirwe hejuru🙏🫂

  • @seigneurdieu9351
    @seigneurdieu9351 Жыл бұрын

    Amen iman niyo ihindur ibih narabibonye 🥰🥰❤🙏🙏

  • @joselyneniyibimpa2613
    @joselyneniyibimpa2613 Жыл бұрын

    Mana uragahezagirwaaaaaaa warakozeeeee

  • @ddambya3223
    @ddambya3223 Жыл бұрын

    Imana ishishikare ibongera inkome nzi mudusengeramutatu nzi,,muritangacane amen 🙏

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын

    ameeeeeeeennnnnn ntawuruta uwutegeka ibihe

  • @nyirabagenzimarieclaire7683
    @nyirabagenzimarieclaire7683 Жыл бұрын

    Amen. Urakoze mukozi wa Ndiho

  • @Deombarushimana
    @Deombarushimana Жыл бұрын

    Umwami akongerere amavuta mwizina ryayesu

  • @emmanuelndayizeye7601
    @emmanuelndayizeye7601 Жыл бұрын

    Imana izokwama ari Imana

  • @laurettetetero3529
    @laurettetetero3529 Жыл бұрын

    Amen!!! Imana iduhe umutima wuma ku co Imana igomba! If we perish we perish🙏📌 Merci beaucoup pour cet enseignement!! Imana irakoze gusubira kutwibutsa ko ari Yo iri hejuru y’a Vyose dukwiye guca bugufi 🙏🙏❤️❤

  • @dodydos4322
    @dodydos4322 Жыл бұрын

    Imana iguhe inkomezi Zidahera Ndakiriye ibindimo bishike❤❤❤❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰

  • @alphonsinenionhoro4065
    @alphonsinenionhoro40655 күн бұрын

    Amen Amen Amen Amen Amen Amen

  • @gracecyasimire9970
    @gracecyasimire99703 ай бұрын

    Halleluya halleluya halleruya halleruya halleruya halleruya halleruya

  • @lololaurence2310
    @lololaurence2310 Жыл бұрын

    Amen.Amen.Roho wa Nyagasani Akomeze akuyobore🙏🙏🙏

  • @EvangelineToyi
    @EvangelineToyi17 күн бұрын

    Ndipfuje guseger mugiteram caw

  • @louisenderageze5557
    @louisenderageze5557 Жыл бұрын

    IMANA ikomeze kuguhezagira No kwukwungura ubwenge mugikorwa cayo

  • @ismailamugisha
    @ismailamugisha Жыл бұрын

    Amen Hallelujah 🖐️ ndafashijwe

  • @joselyneniyibimpa2613
    @joselyneniyibimpa2613 Жыл бұрын

    Mana ntawoshobora guhindura umugambi wawe

  • @kamuzinziannette1339
    @kamuzinziannette1339 Жыл бұрын

    NDIHO aguhezagire

  • @queenjoy5087
    @queenjoy5087 Жыл бұрын

    Inyigisho nziza cane🙏🙏

  • @nadiabimenyimana3475
    @nadiabimenyimana3475 Жыл бұрын

    Amen 🙏 🙏 🙏 imana ihambwe Icumbahiro Amen 🙏 🙌 👏 ❤

  • @user-ou6vt1jq1w
    @user-ou6vt1jq1w6 ай бұрын

    Amen vyose

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын

    Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru

  • @fistonmanirakiza5428
    @fistonmanirakiza5428 Жыл бұрын

    Imana niyo izi uko ibigenza Amen 🙏🙏

  • @RataAlreata
    @RataAlreata17 күн бұрын

    Yes abanenawe

  • @sifakameya5413
    @sifakameya5413 Жыл бұрын

    Amen uhezagigwe mukonzi w imana

  • @veritasniyonzima2163
    @veritasniyonzima2163 Жыл бұрын

    Ameen hezagigwa mukozi w'Imana

  • @ingabirebeatrice6498
    @ingabirebeatrice6498 Жыл бұрын

    Amen amen urahambaye NYIRIBIHE 🙏

  • @jennytumwesige9008
    @jennytumwesige9008 Жыл бұрын

    Ameen Ameen Ameen

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 Жыл бұрын

    Namasengo kweri mzoyagire tukubona bizoba vyiza

  • @yvonnemanisha9267
    @yvonnemanisha9267 Жыл бұрын

    Amen Amen Amen 🙌🙏🙏

  • @SurprisedAstroStation-kc5md
    @SurprisedAstroStation-kc5md17 күн бұрын

    Amen Amen Amen

  • @bakerosibomana5024
    @bakerosibomana5024 Жыл бұрын

    Amen amen

  • @ArAx944
    @ArAx944 Жыл бұрын

    Merci Seigneur ! Merci Chris

  • @yvettemunezero1457

    @yvettemunezero1457

    Жыл бұрын

    Iman'ihabw'icubahiro ku buryo utwigisha ukaturemesha.

  • @yvettemunezero1457

    @yvettemunezero1457

    Жыл бұрын

    Kandi iguh'umugisha niherezo ryiza kugira ngo uzohabw'ivyasezeranywe.

  • @cishahayojeandedieu8924
    @cishahayojeandedieu892416 күн бұрын

    Amen 🙏 🙏 🙏 🙏

  • @Vagaboy028
    @Vagaboy02817 күн бұрын

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @kuwaitkuwait3053
    @kuwaitkuwait3053 Жыл бұрын

    Amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen amen

  • @user-iu8dw3hk8w
    @user-iu8dw3hk8w17 күн бұрын

    Amen 🙏 🙏🙏🙏 Amen

  • @Jellyssarealtalk
    @Jellyssarealtalk17 күн бұрын

    🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @leaniyonzima3562
    @leaniyonzima356216 күн бұрын

    Aminaaaaaa

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 Жыл бұрын

    AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @nananailla7723
    @nananailla7723 Жыл бұрын

    Haleluya

  • @alineniyomugisha6606
    @alineniyomugisha6606 Жыл бұрын

    Amen amen🙏🏽🙏🏽🙏🏽