Il nous faut des gens comme Ndakugarika pcq ses décisions sont mises en œuvre en entièreté
Vive l'actuel ministre Ndakugarika
Aba dd ico bazi hejuru yukwica, nukuvuga amajambo menshi atagishitsweko
P.M Ndirakobuca yatumye nongera kugira icizeye ko uburundi buzovayo. Nahubundi nari narihebuye ko uburundi bwahuye nakaje karamana.
Ego Nukuri uravuga ukuri kbx
Sawa mutama wacu gumya ivora niwewe ntawundi dukeneye.
Uwari ministre yayatekera murikumwe gushika iyi saha ! Mubesha nde ? Erega uburundi sibirofa vy abahutu gusa bibayo wamujawe
Azoje no muri mairie no mu ma zone naho arabe amarorerwa aberayo.
Igihugu caraofuye kabisa......umuntu nkuwo avuga umengo ntazi ivyarimwo niwe kweri arongoye projet jiji murembwe kweli???????
Nakamaramaza
Nkico kigwari kweri...ibara ryaraguye nukuri
Ikibazo ni kimwe abantu bose muha akazi bashira inyungunzabo imbere kuruta izumwene gihugu aharura etage azubaka
Leta y' imihimbiri gusa... Uwarahagarariye barrage ? Ninde yari président, hatwara abahutu , ibisuma vy abamenja vyamaze imyaka niyindi bisahura vyica gusa...
Iyaba wabwira ibiguugu vy abahutu gusa kw isi yose vyokomye amashi nkivyo bibinze ngaho bitagira cerveaux nkawe.. Aho les milliards zibwa mwarikumwe mwabipanga hamwe.. Neva araza akagomagura ivyagomagura mugakoma amashi... Hahindutse iki aho yaborogeye ??????
Klm
Пікірлер: 15

@goodguy6892
Жыл бұрын
Nakamaramaza
@mugwanashakamadiba8726