No video

Urahiriwe Wewe Wemerako Iryo Watumweko n'Umukama Rizotaha - Patiri Aimé Irakoze

Пікірлер: 33

  • @user-qo4ud3ki4k
    @user-qo4ud3ki4kАй бұрын

    Amen kandi Amen

  • @user-rj8mf5op5n
    @user-rj8mf5op5n10 күн бұрын

    Yezu Kora ivyo ugomba mu buzima bwacu duhe ibidukwiriye

  • @AliceUwimana-yp1pl
    @AliceUwimana-yp1pl2 ай бұрын

    Uri mwiza Mukama , turonse abasaserdoti benshi nkuyu

  • @InnocentNzikwinkunda-c4g
    @InnocentNzikwinkunda-c4gАй бұрын

    Uragashemezwa mukama yezu.wewe uduhindurira amazina.ubu no mumyaka yose.AMEN❤🎉

  • @user-ms2lt5dg6r
    @user-ms2lt5dg6r2 ай бұрын

    Yezu ni muzima Amen 🙏

  • @claudensengiyumva3307
    @claudensengiyumva330722 күн бұрын

    Urakaza mukama yezu

  • @felicitentakirutimana8424
    @felicitentakirutimana84248 күн бұрын

    👏👏👏

  • @BellaKaneza-ro9ny
    @BellaKaneza-ro9nyАй бұрын

    ndipfuza yuko woshika mur paroisse yanje inyigisho yawe irambohora umukam akongere ingabirano

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559Ай бұрын

    Egoooo Najewe Yezu aho nahereye ndonka akazi bakakanyirukanako ndabirushe. Ngomba ko umpa akazi namako . Amina Padiri. Imana ibahezagire

  • @JeanMarieNdenzako
    @JeanMarieNdenzakoАй бұрын

    Murakoze kwizo nyigisho zo kubohoka mudushikirije

  • @NiyonkuruClodette
    @NiyonkuruClodetteАй бұрын

    Roho wima atuyobore🎉🎉

  • @JosianeIninahazwe
    @JosianeIninahazwe2 ай бұрын

    Yezu hezagira abasaseredoti waduhaye badusangiza ijambo ry'Imana.

  • @HakizimanaDaphrose
    @HakizimanaDaphrose22 күн бұрын

    Padi.imana.ikwongere.imbaraga.inyigisho.zawe.ziranyubaka

  • @user-ng1zx6oe8l
    @user-ng1zx6oe8lАй бұрын

    Urakaza mukama yezu,,twuzuzwa n'ubuntu bwawe

  • @VestineButoyi
    @VestineButoyiАй бұрын

    Twarahezagiwe na Yezu ntawuzotuvuma ngo bidufate

  • @user-dl6lt5xp1j
    @user-dl6lt5xp1jАй бұрын

    Ndakunze ukuntu aba kristu bitabira hatigihe umenga baje kurorera

  • @dianenihorimbere-eo1mk
    @dianenihorimbere-eo1mkАй бұрын

    nukuriii❤

  • @mariegorethikamikazi2394
    @mariegorethikamikazi2394Ай бұрын

    Yezu numukiza🙏🙏

  • @AngeDusabe-sn5jq
    @AngeDusabe-sn5jqАй бұрын

    Amen allelua

  • @SleepyCroquet-hi5yj
    @SleepyCroquet-hi5yj2 ай бұрын

    Murakoze cane

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497Ай бұрын

    Amen 🙏 🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-ck4ul1xy2h
    @user-ck4ul1xy2h2 ай бұрын

    Uri Muzima YEZU

  • @user-wn3bu9gy1t
    @user-wn3bu9gy1tАй бұрын

    Alelua Alelua Alelua

  • @dianenihorimbere-eo1mk
    @dianenihorimbere-eo1mkАй бұрын

    ❤❤

  • @cedrichimbazimana
    @cedrichimbazimanaАй бұрын

    ❤❤❤❤❤

  • @JosianeIninahazwe
    @JosianeIninahazwe2 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @yabukangaprosper2549
    @yabukangaprosper25492 ай бұрын

  • @user-bo3rx1gx2e
    @user-bo3rx1gx2e2 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @user-rz9pq7xs6m
    @user-rz9pq7xs6mАй бұрын

    mpindurira izina yezu nanje ndeke kwitwa mama wigitsina kimwe nitwe nyina wabakobwa nabahungu.

  • @belysemugisha6753

    @belysemugisha6753

    15 сағат бұрын

    Ntibikakurye umutima muvukanyi, Imana ishimagizwe yo yaguhaye ibibondo ikabizigama kandi ibafitiye umugambi mwiza,. Twabonye abahungu benshi baruhishije abavyeyi

  • @user-bo3rx1gx2e
    @user-bo3rx1gx2e2 ай бұрын

    Numva akanyamuneza najeturikumwe patiri atumyenuzuzwa❤❤❤❤❤❤❤😂

  • @carolinenakirutimana1559

    @carolinenakirutimana1559

    Ай бұрын

    Kandi nanje ndi munzira ndiko ndaza kugira nanje Patiri ankoreko ndabe ko noruhuka . Wewe rindira gusa

  • @user-ez1hq7bt9s
    @user-ez1hq7bt9sАй бұрын

    Ewe roho wimana tuyobore