Umurwizatunga w'umukenyezi afise ubwenge bw'igitangaza//Nahevye kuba BELGIQUE ngaruka KURIMA/Ubutunz@NtareRushatsiHouseTV #diaspora
Gaël niwubahwe najewe ndimumahanga uburimyi nisawa najewe nzoza vuba gufatisuka Gaël ndagukunda❤❤❤❤
Gael ww uruwamber peeh ndakwemer kand ww uri uwamber aduha ibiganiro vyubaka 👍👍🔥🔥❤🇧🇮
The best online Tv currently keep it up
Umukubito TV ndayikunda cane, iraduha ibiganiro vyiza
Ata burimyi isi ntiyobaho. Komera madame Leonie urabona kure cane❤❤❤🎉🎉🎉
Urumukozi naw kwl kandi courage mwuzukuru wa Ntare
Umukubito hejuru kuko gael uraciye akanye muvyiterambere ryigihugu
Courage Gael. Ikiganiro ciza👌🏾👌🏾👌🏾
Ndabikunda sana kbs
Bravo Gael ❤ Ibiganiro vyawe bisigaye bija ku yindi MPWEMU😅
Waouh komera Dadame uburimyi ni ingenzi ku Barundi
Ndagukunda gael uzana ibiganiro vyakamaro❤
Nanje ndi umunyarugari km/120😁 ninza hiyo nzohaca ☝🏾👍🏽👌🏾
Ibiganiro nkibi ndabikunda❤
Ahohantu barikurima ukuntu hagoye 😢sha abarimyi nimubahwe bakoresha inguvu zidasanzw 😢
Gaël umukubito hejuru cane
Gaël uyu mu maman andondere ndamwereke ingene barembera ibiharage adakoresheje ibiti.
Nangure imashini isuka yarananiwe uburundi izarantihera turasabye kweli
❤❤❤
Eeeeh reta Irakwiye kitaho uburimyi Igakurako ikori umuntu aguze imashini yokurima
Nubundi iyo winjije imashini irima ntanurumeya gwamatagisi uriha ico reta yagikemuye kuva kera
❤❤❤❤❤
Uburundi ni Bwiza cane
Merci kweli. Ariko ibiganiro bitagira introduction ziba zicitse umutwe! Ni luyihe cadre! Ni muri cadre ya association? Mbega Leonia yize iki? Yagiye mu burimyi gute? Yakora iki mu Bubirigi? Yakuyehe uburyo? Vyofasha abantu kwiyumvira nimba hageze kuja i Bdi kurima!
Vyo yarabivuz muri partie ya 1 yirabe inyishu yivyo bibazo yarayitanze
Waruzi ko hari ibihugu vyinshi bibayeho bitazi uburimyi?
❤❤❤najw ndakunda kurima cane mama wompa whatspp yiwe
Umukubito nyamwuga
Kurimana umwana mu mugongo?
None nkuyu sumurundi afise icamariye Uburundi bwiwe birenze numuzungu? twese abarundi bari burundi nabakorera hanze you Uburundi dufise ivyotuzi tubikoreye mugihugucacu vyocavyihuta gushikira cacerekezo (2040 na 2060)
Mwoduha whatsapp nr ya Madame Léonie ? Murakoze
Пікірлер: 32

@songamberetv2219
2 ай бұрын

@irakozejustegael612