UMURIRO WAKA NTUZIME By Pasteur Fabien RUZOVIYO

Музыка

Ubutumwa bwo ku musi wa Kane 11.07.2024 mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 6

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq26 күн бұрын

    Imana Ishimwe

  • @meirratv

    @meirratv

    26 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney27 күн бұрын

    Imana iguhezagire mukozi w'Imana turigufashwa cane

  • @meirratv

    @meirratv

    27 күн бұрын

    Amen 🙏💓

  • @Keephope12
    @Keephope1227 күн бұрын

    Fire kabisa😂😂Yesu abahezagire turamukumbura Pasteur Rozoviyo

  • @meirratv

    @meirratv

    27 күн бұрын

    Amen 🙏💓

Келесі