Bro muzohore muvuga ivyanyu apana gufata en général ,hano harabanyafrica bakenye kubera kudakora abandi ntibazi kumanajinga cash ,bagacabagenda kuri social media ngongwikingwiki,komuvugako harimihangayiko nimugume hiyo muyatora mwibarabara.abantu nkaba mureke kubatumira
@user-jy1sk3bw1t4 ай бұрын
Ibiganiro umuntu wese agira ubuzima bwiwe. Kurya mu Burundi hari abahiriwe hakaba nabakenye nahandi kwisi yose nuko. Ariko igitangaje aba ba types baraza hiyo bagatuka hanze ariko inyuma yukwezi kumwe wumva ngo yarasubiyeyo. Jewe umuntu nzokwemera nuwuzotaha ata Nationality afise nukuvuga agiye ubutakigaruka, ariko mugenda mufise Nationality habavye mworira indege mugaruka
Yoo Felix wa kera, Emelyne Turame gtga uramwibuka?
@nik_floren
Ай бұрын
@felixkazonkiza asha uri intashima kwelii burya abantu nkawe baracabaho wa kizehe we wibagiy ivyo yagufashije ukaza muri kenya akakuronderera indaro akagufasha akaguherekeza no mu kugira ushik aho ushitse nawe yagiz ico atereramwo ngo yagusavy amahera ba ureka kwibeshera no gucafuza abantu wa ntashima we niho bavuga ngo umurundi umuvura amaso bwaca akayagukanurira ivyo uvuga ntavyo uzi ariko umuntu mutangana mutari no mu rugero rumwe ntukaz kumuvuga ibitagira umutwe na maguru wa kizehe we
@Irhubert22634 ай бұрын
Mbe ko mbona yagabanutse cane uno mu Bro
@Rugambamachine7714.
4 ай бұрын
Yahora arwaye ntavyo wumvise
@Irhubert2263
4 ай бұрын
@@Rugambamachine7714. Yego shaa navyumvise munyuma Buriya nari nakangutse mvuga ni August nzi canke n'uwundi Nza kwumva munyuma rro abivuze
@hangiroetincelle8167
4 ай бұрын
Kuki mu Burundi mubona kuvyibuha canke kwonda gusa? Kuki mubona KO iyo umuntu yonze aba Ari nabi?
@Irhubert2263
4 ай бұрын
@@hangiroetincelle8167 ushobor kuba watahuye nabi, mbe kk abantu bubu inzangano arizo zamaze kubaj mumitwe Ati abarundi, uba umurundi canke umunyamahanga, ntabarundi bavuzwemo ngaha Take it easy shit, ndakek nabajij nkuwu tangaye kk namuheruk kera
@kavugamelchior2544 ай бұрын
Sha nimba bigusaba kubira intuguta kugirango usevinge 200$ niwigumire hiyo ntacuzagukora usa.
Пікірлер: 65
GAEL big up sana uduha amakuru nyayo vraiment udukundisha igihugu knd nivyo turagikunda gushaka uburyo hama ugateza imbere igihugu nivyiza
Komera Auguste ndakwibuka twarakornye akazi ka Taxi Muyinga
courage cane August
Komerezaho Musaza wacu Imana ibandanye iguhezagira
Bro muzohore muvuga ivyanyu apana gufata en général ,hano harabanyafrica bakenye kubera kudakora abandi ntibazi kumanajinga cash ,bagacabagenda kuri social media ngongwikingwiki,komuvugako harimihangayiko nimugume hiyo muyatora mwibarabara.abantu nkaba mureke kubatumira
Ibiganiro umuntu wese agira ubuzima bwiwe. Kurya mu Burundi hari abahiriwe hakaba nabakenye nahandi kwisi yose nuko. Ariko igitangaje aba ba types baraza hiyo bagatuka hanze ariko inyuma yukwezi kumwe wumva ngo yarasubiyeyo. Jewe umuntu nzokwemera nuwuzotaha ata Nationality afise nukuvuga agiye ubutakigaruka, ariko mugenda mufise Nationality habavye mworira indege mugaruka
Gäel ndasubiyemwo wew ntiwoba hanze nukur😅😅ww uruwo kuduha ibiganiro kumukubito🎉
wa kwetu ntega bg up 🤗🤗🤗❤
GOOD JOB
Keep up a good job
Yesu ashimwe cane.Uduhaye amakuru meza cane.
Hard worker
Wewe ndagufana sana vyimazeyo❤
Ufisubwenge imana iguhezagire wiahur neza
❤❤❤ August Burundi ndagukunda VYIMAZEYO
Hardworker
Ariko no gukora cane utaruhuka siyo solution, kuko bibangamira amagara yawe!nivyo umaze amezi ane ugwaye wosanga vyavuye kwayo masaha wakora utaruhuka!amahera araryoha, ariko uyafise utagira amagara ntaco akumarira!
Wewe ndakwemeye❤
Nyereka iyo Cadillac
Kora kwel
ubuzima Diaspora: iwacu ni iwacu
Portland people we are here 👌👌👌👌 turababona
Ubuzima burarondegwa ibuzima ntibwizara❤
Good guy 👆🏻🇧🇮
Bro ntukamutumira abantu bafite mindset iri down.
Babwire dispora 😢😢😢😢😢😢❤❤❤
So nice
@ArthurArakaza-zh9fg
4 ай бұрын
X
good job bro
❤❤❤
❤❤❤❤
Home is home
None urwaye,banze uje kwivuza
New Hampshire... Live free or die 💪🏿... Hard working
No place like home 😢
Uburundi ni paradie ntoyi Eden
Gusa nyene wararwaye no ku munwa biraboneka
@iratubonastam2248
3 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@EpiSinBu
3 ай бұрын
@@iratubonastam2248 Uciye wisekera shaaaa
🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪
Wew gaël ntiwoba mumahanga😅😅
Umukubito tubwire kowavuzeko uwomuntu arumukire aho afisiki?murazigutumwanya
33:26 bahacisheko akarongo iryo jambo rirakaze!
Reka tubabwire mumahanga ntamuntu ata ugikopo munzira, wihunguye icuya canke kumazuru vyose urabika kugeza ugeze ahantu icogutamwo imyanda .niyompamvu mubona mubihugu bisaneza atamyanda yandagara kugahinga biterwa nisuku ryabahatuye nimitaryironderera muzogumana umwanda nakazi kanyu
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Aba nibo bantu ukwiye kuza Graham ibiganiro apana nkabarya abasazi nka ba Lee Sharon bazakutubwira uburofa gusa nukwiyemera kubantu.urumva inkuru yuyu mushingantahe ukuntu yubaka?urumva ukuntu iyinkuru iryoshe.nukuri za uratuzanira aba diaspora nkaba baduha inkuru zikomeye nkizi apana kuruzanira abantu baza kutuzanira inkuru zinzoga ngaha
Uciy ubwenge
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Intahe yanyu iranyubatse cane
Babwire babarundi batazi amahanga ukwameze terimbere warabiruhiye
Ya Probox yanje wapakiramwo inkoko nayoza imisi 3 😂😂😂😂😂
@iratubonastam2248
3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@nik_floren
Ай бұрын
😂😂😂😂😂
Kitengela hahahahah
Uzi ukuntu wanzengereje ga mugabo ngo sinkurungikiye inoti none uriko
@nirenganira8433
4 ай бұрын
😂😂😂😂😂 gusabiriza bibi nibaje iyongeso sinzi iyo bayikuye 😂😂😂😂
@irankundaemeryne844