Uko yabayeho mu barabu | Bashaka kumfata kunguvu | Ukuri kose kwabakobwa baba muri Omani arabuvuze

Ойын-сауық

Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
• Nobela Episode 1 Seaso...

Пікірлер: 559

  • @BujahitTv
    @BujahitTv2 жыл бұрын

    Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzread.infovideos

  • @joselynjoselyn9769
    @joselynjoselyn97692 жыл бұрын

    Sha nukurinahubw BARAKOZE KUREKURIRA ABARUNDI KWIDEGEVYA JEWE KUBWANJE VYARASHIMISHIJ KUBA NTATEMBERA

  • @joyel4954
    @joyel49542 жыл бұрын

    Jewe meze neza kabisa nzokwigumira saudia

  • @Nono-tm4zv
    @Nono-tm4zv2 жыл бұрын

    Nukur A-ha mubarabu umuntu wese abayeho ukwiwe cane cane twebwe turi mûri contrat nukur ariko harabandi babayeho nabi Imana ibatabare cane🙌🙌

  • @mozam4496
    @mozam44962 жыл бұрын

    Emwe jew ndafungura neza vrt Imana nukuri ishimwe mbura ahondabishira gusa 🙏Imana ishimwe nukuri ndamahoro,Imana yumveko ndayishimira

  • @jcfjbgstjv9505

    @jcfjbgstjv9505

    2 жыл бұрын

    Sha gushima nivyiza mugihe ubayeho neza haribeshi babayeho nabi.

  • @mozam4496

    @mozam4496

    2 жыл бұрын

    Vyanse konogutaha ntaha 😁😁na passeport bucihera🙈Imana itabare ababaho nabi

  • @AaAa-vj5id

    @AaAa-vj5id

    2 жыл бұрын

    @@jcfjbgstjv9505 ariko harivyo tubabeshera none ko heshi mwijoro nabone batarya iyubibonye ukitekera nibakuze ugaca wicara ngobakuraj inzara

  • @jcfjbgstjv9505

    @jcfjbgstjv9505

    2 жыл бұрын

    @@AaAa-vj5id oya reka woteka batabikubwiye?sha nukuri hariho abameze nabi.harya iyubonye ahuri bagufashe neza urashima kuko haribeshi bagowe.

  • @niyonsengajoselyne3109

    @niyonsengajoselyne3109

    2 жыл бұрын

    @@jcfjbgstjv9505 mumbwire sha

  • @wowwow9457
    @wowwow94572 жыл бұрын

    Uvuze vyo shaaa harivyo wibagiy nzokuhirir mwenewacu we ngoya arko umushahara ntawo novuga 🇸🇦🇸🇦 🙏🙏ndabakunz Wallah

  • @beaimfurayase4482

    @beaimfurayase4482

    2 жыл бұрын

    Uzikumpeba gusa 😥🤣

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana47622 жыл бұрын

    Nanje ndabishigikiye,Ubu tugiye gukingirwa n'amategeko !!!! Reta mvyeyi oyeeeee 👋👍💪

  • @manirafashabenigne1180
    @manirafashabenigne11802 жыл бұрын

    Ndagukumze Maman uvuze ukuri kuzuye peee

  • @angemariam2034
    @angemariam20342 жыл бұрын

    Sha uravuz ukur sha dada wubahwe

  • @mwaminiomar185
    @mwaminiomar1852 жыл бұрын

    Muri make wabisiguye neza ibishoboka wabitangie umuco,Hama mubisanzwe si bose babanigwa kur fone nivyo gufungura bari mur contrat kuk ino umwumwe wese agenda arahura nibibazo bitandukanye,Muri rusangi dushire Imana imbere izokomeza kuturinda mpaka tugaruke iwacu🇧🇮🇧🇮,kandi si abi 🇧🇮 gusa bafatwa nabi nubwoko bwose washikiye kubantu batabona kurumuntu nibibazo,Gusa IMANA NIYO NKURU ,courage mwakoze interview imeze neza❤❤❤

  • @nduwimanaelizabeth417
    @nduwimanaelizabeth4172 жыл бұрын

    Nihatar iciza nugusenga Iman yo nyene kuko niyo yaduchizeho gusa ndamuchimiy uyu mumama avuze neza cane

  • @eranjsjii6862
    @eranjsjii68622 жыл бұрын

    Basha nukuri muvuge make mugire ayomwisigarije gusa mubarabo sahogutuma umwana kandi tubayeho muburyo butandukanye inoti turazironka arikwo mama ubawakozepe

  • @najimiriatris5180
    @najimiriatris51802 жыл бұрын

    Waaaa ❤️❤️❤️uvuze neza mbega ikiganiro kiryoshe

  • @asa121aminahta.nakshfrombu5
    @asa121aminahta.nakshfrombu5 Жыл бұрын

    uvuze ukuri kabisa mabruk courage👌👌😍😍😍

  • @esperanceakimana2285
    @esperanceakimana22852 жыл бұрын

    Uvuge ivyo wabony' ivyutabony ubihor' kuko sibose babayeh nabi' . hariho ababayeho neza batipfuza nogutaha

  • @mugishasandrine4960

    @mugishasandrine4960

    2 жыл бұрын

    Egoo nivy kabisa

  • @kekeclaire5177

    @kekeclaire5177

    2 жыл бұрын

    Nawe ntiyavuze bose mwebwe basha mwumvira hehe mumuagur cank?🤔🤣🤣🤣

  • @alinaalina3089

    @alinaalina3089

    2 жыл бұрын

    Uvuz ukuri pe

  • @halimahalima1984
    @halimahalima19842 жыл бұрын

    Uvuze ukuri nanje nihondi mubarabu sije nzobona ndatashe 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @jolie6396

    @jolie6396

    2 жыл бұрын

    Rekareka jewe nobona ndamaze contra yabo uwomusi nzoshima

  • @raissafabien4285

    @raissafabien4285

    2 жыл бұрын

    @@jolie6396 nimwihangan muzohez

  • @GggGg-uh5ir
    @GggGg-uh5ir2 жыл бұрын

    💞💞💞💞💞💞kabisa uranyishe kabisa uvuze ukuri uvu ze ukuri kabisa ivyino nikibazo kandi wishuye neza cane

  • @hgcbj635
    @hgcbj6352 жыл бұрын

    Uvuze ukuri

  • @janeburu6538
    @janeburu65382 жыл бұрын

    Belize uvuzukuri kbs umbaye kure ndaguhe biz

  • @nduwimanacharlotte237
    @nduwimanacharlotte2372 жыл бұрын

    Uburofa gusa mutashe muba ibijuju kweri ivyo nivyo vyakujanye 🤔🤔🤔 ndumiwe

  • @MohammedMohammed-fv6sy
    @MohammedMohammed-fv6sy2 жыл бұрын

    Haaa ndabon urikiramvu gusa harivyutabesh vyogufungura arikivyokubafata kungufu sababosi bose harivyutavuze vyubusambanyi navyo kutabivuze mwidandaza

  • @mugishaalonso6072

    @mugishaalonso6072

    2 жыл бұрын

    Warabayeyo

  • @ggsdfgg6948
    @ggsdfgg69482 жыл бұрын

    Ahubwo turasavye reta ikikibazocuko batwaka ivyangombwa bazogikemur kuko niyompamvu badufata nabi iyimihimbiri

  • @justinendereyimana2607
    @justinendereyimana26072 жыл бұрын

    mrciiiiii Dada ahubwo ndasaba muduhe I no Mero za abasade mwobamukoz 🇸🇦🇧🇮

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi97112 жыл бұрын

    Imana Ibahezagire

  • @aminahlongin7851
    @aminahlongin78512 жыл бұрын

    Imana ishimwe turahangayika ariko ikadufasha gusa tubibamwo tukihangana kuko nomuburundi turakora

  • @fifialghoul10
    @fifialghoul102 жыл бұрын

    Sha ivyobintu mvyumva Nuri saudi kwel ariko kowait biriy ariko sikenshi kwel hama pore sanaaaaa saudi Arabia nimuze murihangana tuzoshi iyo bija hose

  • @PkPk-js8hb
    @PkPk-js8hb2 жыл бұрын

    Wawoooo wavuze neza💖💖

  • @akimanamariam4451
    @akimanamariam44512 жыл бұрын

    Waooooow ikiganiro gitesa🥰🥰🥰

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom74312 жыл бұрын

    nkunze ukuntu uyo mudam ukuntu atuje abandi baza bavuga cane wogira ni Mona yamize micro hhhhhhhhh BLESSING

  • @user-jl8qb6he1i

    @user-jl8qb6he1i

    2 жыл бұрын

    Hew rek kusets uban nka suneba ugasuneba nkawe nukur ahubon abarabu baravug cane gose natwe duc dusang twanduyingeso je ndashenga imana izibindinde

  • @AaAa-vj5id

    @AaAa-vj5id

    2 жыл бұрын

    @@user-jl8qb6he1i niyo mpamvu dushanuka uvuze ukuri gusa yabeshe uwomugore ikindi Kuba mubarabu nukwimenya nabana babo ntibabavyurira ibiryo rero utimenye ucuvugako bagufashe Nabi kuko ubiriye ntibavuga nubwo badufata neza ahantu mubana utumva nivyo bavuga ntibashavur nukuntu umurundi mudahuza akwita injiji nibubahwe abalabu bampaye inzu

  • @janejanet3492
    @janejanet34922 жыл бұрын

    Nimba udakora nkaka bandi bakora mana wew ukorerayo ntiwo taha

  • @lalaslove7831
    @lalaslove78312 жыл бұрын

    Shaka akazi najewe

  • @butoyiliesse4699
    @butoyiliesse46992 жыл бұрын

    Nukur ntabuzima bwiza ino buhari nihamwe hokuhangayika nyen hama Gus ndababay 🤔🤔🤔 uvuz vyish 🤔🤔ikibazo cirya ninoma pro nij ndabizi 💯🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏

  • @niyonsengajoselyne3109

    @niyonsengajoselyne3109

    2 жыл бұрын

    Ikibazo cokurya ni ngorane jewe mperuka kurya kumutaga nkiri burundi

  • @butoyiliesse4699

    @butoyiliesse4699

    2 жыл бұрын

    @@niyonsengajoselyne3109 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭🙆🙆🙆🙆🙆Jew ntavyish novuga

  • @niyonsengajoselyne3109

    @niyonsengajoselyne3109

    2 жыл бұрын

    @@butoyiliesse4699 nukwigumya sha tuga senga gusa

  • @butoyiliesse4699

    @butoyiliesse4699

    2 жыл бұрын

    @@niyonsengajoselyne3109 🙏🙏🙏Amen 🤝

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi40602 жыл бұрын

    Daaa prisi sibose ivugire kabisa harabarabu bafise ubuntu siko bimeze

  • @GggGg-uh5ir
    @GggGg-uh5ir2 жыл бұрын

    Kabisa nuko bimeze nanje ndabibona muvandi nimbona nvuyahahantu bzoshima lmana

  • @nadiaaruberi4194
    @nadiaaruberi41942 жыл бұрын

    Nidanj kweri nigusenga imana ibashe kuduha inko mezi tuzotahe amahoro 🇧🇮🇧🇮🧕

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera13262 жыл бұрын

    Uvuz neza anonsiatt gusa abarabu sibabi bose🇧🇮🇧🇮 🇸🇦🇸🇦

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen65582 жыл бұрын

    Uvuz ukuri kabisa🤝🤝🤝🤝

  • @everyneeveryne5895
    @everyneeveryne58952 жыл бұрын

    Uwogukubita nibindi wobituga😀😀😀😀

  • @mesoalqahtani1314
    @mesoalqahtani13142 жыл бұрын

    Egokwerizara irimukwicabakozi arikojewendashima hubwomabuja abimpaturako ngogumefungur imanifashe abatabironk

  • @christabella4792

    @christabella4792

    2 жыл бұрын

    Iman ishimw

  • @user-cj3fq8bb8f

    @user-cj3fq8bb8f

    2 жыл бұрын

    Nanj arabinyingingir ntacombuz uxivy yukondar kutap🙊🙊🙊🙊ark naban biw tuyiraranak narumy imbav

  • @hafashanene8024

    @hafashanene8024

    2 жыл бұрын

    Nukuzaturasengera abobitagenzeneza nanjendashimira imana ikindi natwedukwiyekwihagararako jewentanumwe ampa ivyoyasigajengondabirye sinshobora namwemukwiyekwihagararako mukiha agaciro

  • @alinaalina3089

    @alinaalina3089

    2 жыл бұрын

    nukuri sibose aribabi nibabe biha nakarorero iwacu ibirundi hari abamez uko batagaburira abakozi,batabahemba basambana naba boss babo isi yose niko biri sibose different nuko African bidegembya ariko mubarabu ntamwidegemvyo

  • @jozifalmadhour3058

    @jozifalmadhour3058

    2 жыл бұрын

    @@user-cj3fq8bb8f nagira ngo nije ndara kwi tpi jenyen ndumv har nabandi

  • @sirox2082
    @sirox20822 жыл бұрын

    Uvuzukuri, mugabo iconovuga kubantu bavuga ngo bose barabaha wifi, sibose jew ndahamaz imyak irenga, ariko barayimye kanda nya terefone bayi mpaye nkwij 2ans nahonyn ndinze guhagarika akazi, baranankubita, rer umwe wese ni cesi ziwe

  • @francescafrancesca8901
    @francescafrancesca89012 жыл бұрын

    Ni vyiza kuvuga ukuri, gutyo uwojayo yomenya ibimurindiriye imbere vyiza canke bibi, ariko akagenda yiteguye. Murakoze gutanga umuco kuko beshi ntibavugisga ukuri kw'ibintu.

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi40602 жыл бұрын

    Daa nukuri sibose bimana imfungurwa nkuko wabivuze kare abantu bose sibabi kabisa kandi hariho abatoroka kubera itama yamahera meshi

  • @zawadi9998
    @zawadi99982 жыл бұрын

    Ukonukuri benshibabah ivyobasigaj kwisahani cankeugasanga ibifungurwa vyumukozi bigumizwa murifrigo bikamarayo nukwezi bakurayo bashisha niyobagiy gutembera ahantu ivyobasigaje kumasahani bakabitahanira umukozi muhira muncamake ibitekeweho ninkarimwe mukwezi canke kugaher

  • @joselynjoselyn9769
    @joselynjoselyn97692 жыл бұрын

    Amen 🙏amen halelluya 🙏

  • @estellaestella273
    @estellaestella2732 жыл бұрын

    Yvuze ukuri kuzuuuuuuyeeee nukuri ahubwo ukwiy Fanta ❤️❤️❤️❤️❤️

  • @aminatatu5692

    @aminatatu5692

    2 жыл бұрын

    Kabisa yabivu neza cane gose

  • @chanellal1881

    @chanellal1881

    2 жыл бұрын

    Ndamukunze cn avuze neza

  • @zainabukhalid8223

    @zainabukhalid8223

    2 жыл бұрын

    Avuze ukuri kumbe muhembwa 500 dollar??🤔🤔🤔

  • @antoinettempaimana2724

    @antoinettempaimana2724

    2 жыл бұрын

    @@zainabukhalid8223 oyaa ntashika nukubesha

  • @shshsvzbzb7110
    @shshsvzbzb71102 жыл бұрын

    Uravuzukuri umwewese afise ikibazo ciwe

  • @nourambarak6297
    @nourambarak62972 жыл бұрын

    sha uvuz ukur can har abatombor nabahush kbx

  • @sandresandren6413
    @sandresandren64132 жыл бұрын

    Gusanashkakuvuga ikintu abarabosibose babikuberanomuburundi harihobabi jenguwenezacane arabiyanahabaye nezacane omanimbayehonezacane rerontqmwonga uburaisato Iba idahizwe sojendashimacane mubaraboharantinduriye Izina🙏🙏🙏🙏🙏

  • @shshsvzbzb7110

    @shshsvzbzb7110

    2 жыл бұрын

    Wewe sisawa kwer jew ikibazongira ngwaye simvuga nashaka ngume nkora kandi nivuza mumushahara

  • @milhamunezero5215
    @milhamunezero52152 жыл бұрын

    Kabix mamy salut👌🥰

  • @irakozekorodine2786
    @irakozekorodine27862 жыл бұрын

    Buja hiti urakoze umuti kabisa

  • @kanezachristine8367
    @kanezachristine83672 жыл бұрын

    Yoooo pol sibose babi Basha nkanj ahondi ndashima kwer irya iconshak ntakibaz mfis kwer ndashim imana ukwo biri kwose kbc🙏🙏

  • @ntibanganafadila2109
    @ntibanganafadila21092 жыл бұрын

    Uvuz ukuri kuzima benshi batoroka kugufatwa nabi Can Nanj haragera umenga notorots

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi97112 жыл бұрын

    Imana, ihezagire, abarabu, canegose

  • @gygygyslaine5016

    @gygygyslaine5016

    2 жыл бұрын

    Kbs

  • @juliejulie8704

    @juliejulie8704

    2 жыл бұрын

    Amen

  • @asdasadd7859
    @asdasadd78592 жыл бұрын

    Naje natorotse kubera kudafungura Abarabu barakundinda Imana ibabarire

  • @cleriakeke5724
    @cleriakeke57242 жыл бұрын

    Uvuze neza

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi97112 жыл бұрын

    Mureke, kubabeshera, nukuri,

  • @nananailla7723
    @nananailla77232 жыл бұрын

    Nakupenda Sana Dada yangu unaongea kweli

  • @yesuarankunda4492
    @yesuarankunda44922 жыл бұрын

    Emwe nzorya umutima amenyo mpaka ico nkeneye ndakironke sibo bankuye iburundi nubukene bwatumye njayo rero nzosenga Imana ihanzigamire pe

  • @alinaalina3089

    @alinaalina3089

    2 жыл бұрын

    IMANA imber pe nugucapa akazi

  • @opkl4

    @opkl4

    2 жыл бұрын

    Ntichundiyasisandiya

  • @kamikazi77
    @kamikazi772 жыл бұрын

    Reka kuba mubacafuza abarabu sibose muburundi ndazabantu bafatanab abakozi nukur ino niheza ningen bankunda badashak kontah umviriza umwarab umukorer akazi kiwe murakundan cane barank umuntu adakora kandi nivyo vrm

  • @alinaalina3089

    @alinaalina3089

    2 жыл бұрын

    Uvuze ukuri mubarabu iyo ukora baragukunda cane bakakuyagira nabandi ugiy uri ikinebwe hoho nibamwe atanamezi 2 amarayo baca bakirihira ukabava mumaso umwana nuwukora kuko uhuzi icakujanyeyo

  • @raissamugisha1653
    @raissamugisha16532 жыл бұрын

    Uyo mukobwa yavuze neza....ntaho yahengamiy kbsa

  • @irakozeevelyne6603
    @irakozeevelyne66032 жыл бұрын

    urafis kumenibanga bibabaj.unva nkubwir ivyo uvuz ndakugay bihagij.kuko vyarahez.wararokotse shima.abarabu sibamwe.kandi hora ivyukoz ndakugay

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi97112 жыл бұрын

    Abantu Bose Ntibaganya Imigisha

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi97112 жыл бұрын

    Murabesha, cane, kwer

  • @vivipro3172
    @vivipro31722 жыл бұрын

    Uvugukuriiiiii🤝🤝🤝🤗🤗🤗🤗🤗

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica33182 жыл бұрын

    Nihatal kweli 🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️👏👏👏

  • @linda_ma
    @linda_ma2 жыл бұрын

    Izo kumbure za beni ziraturuhishije🙄🙄

  • @ggsdfgg6948
    @ggsdfgg69482 жыл бұрын

    Kubisanzwe sabarabu gusa abagore benshi kwisi nikobameze kwimana sivy ababarabu gusa nikwisiyose kandi nabasambanyabakozi sabarabu bonyene nikwisiyose ivyuvuze nemeye nukutidegemva kbx tuguma munzu

  • @jracine9383
    @jracine93832 жыл бұрын

    Waray iman iguhezagiy uvuze ukul kabiss

  • @oscalnsengiyumva7025
    @oscalnsengiyumva70252 жыл бұрын

    Cank bafatakunguvu abakozibos bos nibazako ataribos

  • @stivecrown4433
    @stivecrown44332 жыл бұрын

    Uramenyibanga ndak gusa nukurykutima amaenyo wang

  • @charlenenshimirimana7371

    @charlenenshimirimana7371

    2 жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣

  • @mugishasandrine4960

    @mugishasandrine4960

    2 жыл бұрын

    Nukw nyene uwushaka inka aryama nkayo nubukene buravuna

  • @irakozeevelyne6603

    @irakozeevelyne6603

    2 жыл бұрын

    umuntu nkuyu yooh icomumpa nomukubita

  • @nshimirimanajimmy3994
    @nshimirimanajimmy39942 жыл бұрын

    Mwabahungumwe murareba neza mutazikorako kuko ibi birabarengey nimwaba mwabuze abaririmvyi naba DJ murahagarika mukore ibindi

  • @alicecycy4104
    @alicecycy41042 жыл бұрын

    Narumvise ngo uburundibwagiranye amasezerano nasaudia nibabanze badufashe kwanza dutahe koku hariho abafunzwe barikobarateseka ntagitabara bafise nibadukorere ivyo kwanza ubundi tujeyo vyemewe namategeko nahubundi Saudi ntacoroshe ambassade nidufashe kwanza abandi iyobafashwe bomubindi bihugu ambassade irabafasha ningoga bagataha ariko iyuburundi nukuri ntaco irikubikorako umuntu baramufunga hafi amezi Kandi abayehonabi cane

  • @sandy2sss827

    @sandy2sss827

    2 жыл бұрын

    Twaramenyereye inzara bujahit gusa nukuri birababaje kuraba bantu ico nobwira abashaka kuza bamenye nezako umwarabu nikwakundi ntibahinduka gusa Imana iratuzi caaane kabisa

  • @alinaalina3089

    @alinaalina3089

    2 жыл бұрын

    Sha ubu bariko babatahana kubwishi kabisa

  • @nshimirimamaeric3172
    @nshimirimamaeric31722 жыл бұрын

    Gusa ubawagiye mukazi rya ivyobaguhaye nibaguhemba ntaribi

  • @niyonkuruagripine.agripine1473
    @niyonkuruagripine.agripine14732 жыл бұрын

    Si bose ntubabeshere

  • @irakozekorodine2786
    @irakozekorodine27862 жыл бұрын

    Umwarabu mukuguhana ntagufungurira gusa nugusenga cane

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o2 жыл бұрын

    Bite uvuga ukuri

  • @alesnema9596
    @alesnema95962 жыл бұрын

    Wapi muri sawudia ntakizohinduka kuko umukuru wigihu caho wenyene baramwugaruye kuja muri america nu burayi kubera muri sawudia kuko ntagateka kazina muntu

  • @mimitv3059
    @mimitv30592 жыл бұрын

    Uvuze ukuri kbs 💖💖💖💖🙏🙏🙏🙏

  • @cisimonalisa2437

    @cisimonalisa2437

    2 жыл бұрын

    Oya siyo bote 🤐

  • @namatovuchris6581
    @namatovuchris65812 жыл бұрын

    Muri irikijuju ntamuntu avuga umushahara

  • @raissafabien4285

    @raissafabien4285

    2 жыл бұрын

    Nn ucumwit ikijuju ? 🤭

  • @AaAa-vj5id

    @AaAa-vj5id

    2 жыл бұрын

    @@raissafabien4285 ibisivyo a hubwo uyo arimuribanwe bakundaa ikirori

  • @antoinettempaimana2724

    @antoinettempaimana2724

    2 жыл бұрын

    @@AaAa-vj5id nukuri sivyo nanba nta dollals amaja600 ba korera

  • @AaAa-vj5id

    @AaAa-vj5id

    2 жыл бұрын

    @@antoinettempaimana2724 ububeshi none ko avuzeko ari 1800 canke 2000 Hari 600 dol arimwo hh ikindi abobakora mwibarabara nibo vateza ivyago kubari muri kontra kuko baguma bikeka ko dutoroka

  • @babyloveflores3652
    @babyloveflores36522 жыл бұрын

    Jewe ndahabaye imyaka 3 namezi 6 ariko pe ntakibi ndabashija abarabu 🙏gusa sibose usaga babayeho neza

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060

    @shadiahshadiahshadiahshadi4060

    2 жыл бұрын

    Urakoze ncuti haraho ukora ukibuka kurumukozi iyo akazi kabaye kesho kweli harabahabaye neza kandi nanje ndimwo Allah abampezagirire

  • @alinemuhapud5568

    @alinemuhapud5568

    2 жыл бұрын

    Sha nanje ndahamaze imyaka 3 namezi 5 kandi inzunashikiyemwo sindayivamwo kandi.ntakibi nobavugakonabi ahondi kweri wifi nigwabo niyiheze mumwanya bababatarayiriha yemw nkabahamahera atingurira mega ntibayatora bambarira atiyabike uzoyatahana turayakugurira mumahera yacu ndarya.iconshaka ntibanyimira kunrya gusanyene. Ngobariho batarya sinobiharira bubahwe ahongeze nikuberabo imanibahezagire mubarabu nirona abatomboyenabi nukuri bihangane jewe niyo pasipot kuvanshika ahobayishikije nihikiri nijendahakora amasuku ndayibona

  • @user-qg3tk3ec2j
    @user-qg3tk3ec2j2 жыл бұрын

    Umvuze neza cane ivyo umvuze vyose vyishi bimbahotu ahubwo umega nije nakubwiye ibibazo vyaje go uze kubimvuga ndatagaye kweri kandi ndaryohewe umvuze neza cane kuko beshi ntaco turigezaho kubwo kugira amahirwe mabi

  • @user-mb8kn1tb8h
    @user-mb8kn1tb8h2 жыл бұрын

    Nasomy message zanyu, ark nanj reka mvuge kensh umukozi ino arek guhuz na inabuja iyo amukoresh munzu nyinshi,, rer mu gih umukoz atanguy kuvyanka niho baca batangura kumwinuba mbere na terefon bagac bakubanira kensh biva kurico cuko badukoresh mu mazu menshi aho ni mugih uba uri mur contrat.

  • @susanali3047
    @susanali30472 жыл бұрын

    Ukonukuri mwanawa mama nikotubayeho

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi97112 жыл бұрын

    Iyo. Utari. Iwanyu. Uca Bugufi.

  • @aishadjumaphones8877
    @aishadjumaphones88772 жыл бұрын

    Jewe bishinumunwagusaa riiko kuryaa kwambia nzabavuga ibindi

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine50162 жыл бұрын

    Ivyobibaho kimwe sibose kandi niwacu🇧🇮 Bose sabera harabamezuko baryinyama nawe ukaryibijumbu😂😂 kimwe Abarabu bubahwe cane nabarundi barafise ingesombi cane simbashugikiye %

  • @shushu8105
    @shushu81052 жыл бұрын

    Uvuzukur

  • @mascutoman3807
    @mascutoman38072 жыл бұрын

    Namahoro. Bosentibabayehukwo. Kandinababasi. Ntabwaribose.

  • @shshsvzbzb7110
    @shshsvzbzb71102 жыл бұрын

    Nkajew baranyankiye kuncishiriza amahera mwibarabara none wumva nocanganya nuwayacishij mwibarabara western uzukuntu ikatameshi

  • @sbdhdsvdhgd2886
    @sbdhdsvdhgd28862 жыл бұрын

    Uri umu benshi ga basha ngo uwukoreshe wif ngo babona ivyo muvugana nabantu bose

  • @laynaxy3589
    @laynaxy35892 жыл бұрын

    Ahubwo wagize imana urimwibarabara ntacubawanze nukuri wiryabike ukaryama kare kandi urabeshe ikirundi carabananiye guhindura i

  • @redme2622
    @redme26222 жыл бұрын

    Ivyuvuze nivyo hariho abagenda bazita iyobaguye vrement

  • @fahid808alshammry3
    @fahid808alshammry32 жыл бұрын

    Ngusabe uvuge make washatse kuja mubarabara kugira ukorere ikirenga kuki utagumye M urupangu wari wamenyereye kuguma wiyangaza

  • @kekeclaire5177

    @kekeclaire5177

    2 жыл бұрын

    Ahubw ww vuga make beshi mwibarabar bacanwa nokwiyandarik sibos arik 99%

  • @fifialghoul10
    @fifialghoul102 жыл бұрын

    Basha nivyo kwel ariko sihose ariko nanj ndashim uko biri kwose

  • @laynaxy3589
    @laynaxy35892 жыл бұрын

    Jahiyo ivyonamba arivyagushikiye sinise jewe nihonari ntarafungura ntangura akazi mpejeje icayi rero akarimumpene nikokarimuntama nomuburundi Haribo abafata abakozi nabi nahariya nukonyene ntubeshe

  • @randaal1695
    @randaal16952 жыл бұрын

    Waooooo❤❤❤❤❤

  • @halimaleila2323
    @halimaleila23232 жыл бұрын

    NIMUREKE. AKA VUYO. SHAA. JEE. SINZOHAVUGA. NABI. KUKO. MAZE. KUGURA. PARISERA. 2..KANI.NUBU.NDACARIYO🇸🇦. Abo. Ni bamwe. bamenyereye. kurera. amaboko👌👌👌

  • @shushishushia3329

    @shushishushia3329

    2 жыл бұрын

    Usijishebedule weee kubona ahuri ari vyiza ntiwibaze ngo bose nuko wapi harabagowe caane

  • @charlenenshimirimana7371

    @charlenenshimirimana7371

    2 жыл бұрын

    @@shushishushia3329 sikwishebedula acha tuseme Mungu asante kutupa iz njia za walabuni

  • @shushishushia3329

    @shushishushia3329

    2 жыл бұрын

    Nuko wavuze ngo abandi ntabuzi bazi gukora? Nkaho namaze2mois nkahava batampemcye nukuvuga ko ntakintu narinshoboye gukora?

  • @kekeclaire5177

    @kekeclaire5177

    2 жыл бұрын

    @@shushishushia3329 kbs chr uvuze ukuri nn izo parcella kowaziguze niziwacu cnk nigwawe??🤣🤣🤣 twagutumy ubitubwire🤣🤣

  • @niyonsengajoselyne3109

    @niyonsengajoselyne3109

    2 жыл бұрын

    @@kekeclaire5177 nukwibaraguza bavyita kwirata

  • @joyel4954
    @joyel49542 жыл бұрын

    Sabarabu bose bagira ivyo

  • @izibikwiyegrace485
    @izibikwiyegrace4852 жыл бұрын

    Natwe turino reka kubesha🤔🤔🤔🤔🤫🤫

  • @vipi1380
    @vipi13802 жыл бұрын

    Niatari

Келесі