UBWIRU KU MYAKA 18 YA YESU ITARAMENYEKANYE

#inzuyibitabo
DASHIM YASUBIJE UMUKUNZI W'INZU Y'IBITABO WIFUJE KUMENYA AMATEKA Y'IMYAKA 18 YA YEZU ITARABASHIJE KUMENYEKANA.
KANDA KURI IYI LINK IKURIKIRA UBE UMUNYAMURYANGO WA DASH DASH TV :
/ @dashdashtv
KORA SUBSCRIBE KURI IYI KZread CHANNEL NSHYA YA KABIRI "DASH DASH ENGLISH" IZAJYA INYUZWAHO IBIGANIRO BIRI MU RURIMI RW'ICYONGEREZA. LINK NI IYINGIYI / @dashdashenglish
Subscribe to my KZread Channel:
/ @dashdashtv
IG: / dashim250
Facebook: / dushimimana.dashim.9

Пікірлер: 64

  • @jehovashalompracious3714
    @jehovashalompracious371410 ай бұрын

    Urakoze cyane Bwana DASHIM nukuri nsobanukiwe by'inshi cyane

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    Aho utabeshe usobanukiwe iki Ko uwo Yesu avuzwe ngaho atariwe Kristo

  • @mugishaevangeline8095
    @mugishaevangeline809510 ай бұрын

    Ndagkunda peer❤❤❤❤wanyunguy vyInshi mubuzim ubu barabwir ngo sigayenzi ubwenge can❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💞💞💞🇧🇮💞💞🙏🙏🫡🫡🫡

  • @evelyneirakoze

    @evelyneirakoze

    10 ай бұрын

    Keep it up

  • @lenardcharles8719
    @lenardcharles871910 ай бұрын

    Urakoze cyane. Bwana dashim kuricyicyiganiro ryihumuye. Benshi KB. Cc ..

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    Nyamba wari impumyi ukaba uhumuwe n' icyo kiganiro sindakubeshe ugiye noneho kuba impumyi iteka ryose

  • @evelyneirakoze
    @evelyneirakoze10 ай бұрын

    Yesu Aho akomoka abo akomokako NTA mumaro hadufitiy Ico umumaro ni kumenya imyifato ye mwiza twamwigiraho igahindura is K'urukundo, kutemera akarengane kutikunda Kuri NJ ni nk'abandi k'aba Gandhi, Thomas Sankara, ba Nelson Mandela Martin Luther King Bose bapfiriy twese kugira tubone umudendezo Thank you Dashim Naho ibyo gutekereza kubaho uzutse nkawe ukaba mw'isi ata nzara atagusonza mubana na Yesu jye simbyemera There is nothing permanent ariko imirimo yawe myiza Niyo izatuma udapfa ukabaho ubuzira herezo kabi ndagij kuvuga Thank you Dashim

  • @jeanninemukashyaka6530

    @jeanninemukashyaka6530

    Ай бұрын

    Waba uvuze ko nawe ababyeyi bawe naho uvuka ,ntacyo byafasha abakuzi nabagukunda

  • @deonshizirungu
    @deonshizirungu10 ай бұрын

    Urakoze

  • @BihoyikiClementine-gs4nd
    @BihoyikiClementine-gs4nd9 ай бұрын

    Wowe urumwihariko cyaneeeee impano niyawe

  • @uwasemickycynthia7940
    @uwasemickycynthia794010 ай бұрын

    Dashim turashaka no kumenya byinshi kuri Muhammad Hama utumbwire niba Yesu yari umuzungu nkuko bamwe babivuga cyangwa umwirabura nkuko abandi babyizera

  • @juliennejuliene2535

    @juliennejuliene2535

    10 ай бұрын

    Rero my friend njyewe nakubwira yuko Yesu krustu ari umuyuda kuko bibiliya itubwira yuko yavukiye mubayahudi

  • @nathanndamage173

    @nathanndamage173

    10 ай бұрын

    Yesu yari umwirabura, ariko ntabwo yitwaga yesu. Yesu ni izina ryahimbwe na abahimbye ubukristo.

  • @evelyneirakoze

    @evelyneirakoze

    10 ай бұрын

    Yesu ni umwirabure Ari mu murayango wa Salomon WIbuke ko yandits no mu ndirimbo ze ngo ndirabura NDI mwiza Salomon wa Dawidi Dawidi wa ..

  • @damienmuhizi6228
    @damienmuhizi622810 ай бұрын

    Uravugango uwayonotse amadini ntacyo azaba ahombye! Uzukuntu bigwingiza intekerezo kuberako bakubuza kwibaza kubirenze ibyo bakwigisha ngo nibya gipagani, ngwizere gusa Mbese bakubuza gukora. "icundugutura bwonko" Baragatsindwa na Rugwizakurinda.

  • @evelyneirakoze

    @evelyneirakoze

    10 ай бұрын

    😂😅 hari ico bahomba da Kubana neza byo ni byiza ariko kumva ko twese twagira imicyo imwe byo ni ubuyobe Ibitu byose bakabikabiriza ni amahano

  • @kabandizesteven
    @kabandizesteven10 ай бұрын

    NDAGUKUNDA muvandi 🙏 am from Uganda

  • @KenthiaNahimana-ne1dr
    @KenthiaNahimana-ne1dr10 ай бұрын

    Kora cane mugabo uri uwanje itek urampimbzra

  • @georgetown9676
    @georgetown967610 ай бұрын

    Ibya madini ni ibinyegezwa nkukwo nukubaho ari ibinyegezwa nabyone!! Isi yubakiye kubinyegezwa,!! Umuhinga nuwitonda akizera ibyo yumvise hama yirenganire

  • @corneillentaco250
    @corneillentaco25010 ай бұрын

    Ariko ibibintu by'ivuriro Ever life bimaze kundambira pe, abantu mwumva ibibintu bibongamye, mukore reply Dashim araza kubibona ashake ukundi yakwamamazamo ririya vuriro ariko bitanyuze muri iyi repetition ya video duhora tubona.

  • @evelyneirakoze

    @evelyneirakoze

    10 ай бұрын

    Batahuy ko kwamamaza Arirxo rufunguzo Jya ubisimbuka Ariko nzi neza ni ugira ikibazo kuzagana ivuriro ever life 😂😅

  • @user-ex9wj4fn3c
    @user-ex9wj4fn3c10 ай бұрын

    Good 👍🤝

  • @user-gx6cl1vb5g
    @user-gx6cl1vb5g10 ай бұрын

    Ibyo nubuhakanyi gusa siyanse ihakana iby'Imana izo ninyigisho zabadayimoni Yesu yarazi byose ibiboneka nibitaboneka ntabwo yari kujya kwiga ibyababudiste kdi yarafite ubutumwa bwo kwamamaza ubwami bwImana kwisi butandukanyenubwaba budiste bwImana

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    Oya nk' uwavuze wewe ko Yesu yagiye kwiga sinovuga Ko ari muri za mumyi Yesu yahumura, uwo yahumijwe umutima kandi niyaba yapfuye ukwo ata nkeka uwo azoba ari umugogwa iteka ryose

  • @ndayishimiyedavid4364
    @ndayishimiyedavid436410 ай бұрын

    Sawa murakoze

  • @kabandizesteven
    @kabandizesteven10 ай бұрын

    Isi ifite nyirayo ariwe Uwiteka uhoraho muvandi 🙏👌

  • @CedrickNgabirano-rh7eg
    @CedrickNgabirano-rh7eg10 ай бұрын

    Kuba batanga urugero rwabandi bamaze imisi itandatu kumusaraba batarapfa ntaho bihuriye nukuba yesu yarapfiriye kumusaraba. Kuko abahabambwe bose ntibacumiswe icumu murubavu nkuko vyamubayeho. Turagukunda cane i Burundi!🇧🇮🇧🇮

  • @niyonsabajclaude416
    @niyonsabajclaude41610 ай бұрын

    Ntibigisha kwica nokaiba ariko ababyigisha bo barica nakaniba ubworero gukurikira abavuga ibyo badakora nuguta inyuma yahuye

  • @ndayikengurukiyejeanclaude5309
    @ndayikengurukiyejeanclaude530910 ай бұрын

    Narigeze kugusaba kutubwira k'ukuri kwa biblia. Ivyihishe inyuma yayo. Kuki hari ibitabo batashatse gushiramwo?

  • @IrumvaFelix
    @IrumvaFelix2 ай бұрын

  • @nduwimanalouis9920
    @nduwimanalouis992010 ай бұрын

    🙏🙏🙏🙏

  • @messianicchurchofyahweh
    @messianicchurchofyahweh10 ай бұрын

    Uzashake ahanditswe 5500 years for messiah to save the world! Uzasanga ayo masaha 6 n'uwo munsi yapfiriyeho. 6 ni chiffre y'umuntu kuba yararemwe ku munsi wa gatandatu kandi bikaba bihabanye n'ubuhanuzi

  • @oscarirankunda8673
    @oscarirankunda867310 ай бұрын

    Dashm urakoze cane kukiganiro ciza, nitwa oscar Irankunda ndumurundi nkwirikirana inzu y' ibitabo cane,nashaka ndabasabe kandi muzodutohoteze vyimbitse cane kumateka y' uyu muryango wa yezu uvugwa muri bible . Mariya na yozefu . Imyaka yozefu boba baramaranye babana na mariya , inkuru kubutagatifu nimvo babihimvye batyo gushika aho mariya batubwira ko yoba yarurijwe mwijuru adapfuye nkozo abahanuzi elie yadugijwe mwijuru. Nukaryo umuryango umuryango waheze nkuko abandi basaza bagapfa , ninde yabanje ninde yahereje gupfa ,mbe yozefu . Nibindi vyishi vyiheze kunyandiko nubuzima bwuyu muryango bavuga ko wabaye mutagatifu. Murakoze

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    Ingorane ya mbere ufise n' ivyo uvuga bakubwiye sivyo kuko ntaho vyanditse muri Bibiliya ko Mariya yadugijwe mw' ijuru adapfuye, nne raba uriko uronderera kumenya biciye mu bashakashatsi, ntaco uzomenya kiretseko n' ivyo woba waruzi arivyo bizokuvamwo kubera kuvanga ibidahwanye , ni ryari Imana yigeze ituma abashakashatsi, mbe ni gute utumvak nk' izo mvugo Yesu avugwamwo Ko Satani azihets inyuma??? Gerageza urondere gupotera gose wibukeko ubuzima budahera n' umuriro udahera vyose bica matwi

  • @evelyneirakoze

    @evelyneirakoze

    10 ай бұрын

    ​@@mechaquendayihimbaze8263😂😅 la religion est l'opium du peuple ndabyemey

  • @evelyneirakoze

    @evelyneirakoze

    10 ай бұрын

    Aha yavuzeko Se we yatangiy gupfa kubera depression Yesu arahunga aja muri India Wenda zzabivugaho

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    @@evelyneirakoze ko ariho vyabacangiye Se wa Yesu yabaye Yozefu ryari?

  • @josephndayishimiye4807

    @josephndayishimiye4807

    10 ай бұрын

    Ntumuryagumbe kk nivyo wemera nivyo bakubwiye sivyo wabonye.mureke yige kuko hariho ukundi kuri kuguma kumenyekana iyo wiga

  • @VincentUwimana-dl2nm
    @VincentUwimana-dl2nm10 ай бұрын

    Uzoturonderere ubuzima bwa bikiramariya . Ndashaka kumenya nimba yaravyaye abandi inyuma ya yezu. Hama natwe uratwubaka cane ndi muburundi!!

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    Genda usome Bibiliya, wewe wemera ubushakashatsi bw' abahakanyi? Nyamba wubatswe n' ivyo ukaba utobihindura ngo ubikure mu bwenge bwawe, witege amarira

  • @Migambisilas
    @Migambisilas10 ай бұрын

    Ark dashim iryovuriro unawamamaza baravura koko umuntu agakira nezaneza

  • @evelyneirakoze

    @evelyneirakoze

    10 ай бұрын

    Uzagende urebe uzaduhe intahe

  • @HategekimanaEzechiel
    @HategekimanaEzechiel10 ай бұрын

    Uzatubwire icyo umunu yakor, NGO acyire?

  • @delakey6061
    @delakey606110 ай бұрын

    none yasa gute kowumva nguwo arikwifoto atariwe

  • @user-gx6cl1vb5g
    @user-gx6cl1vb5g10 ай бұрын

    Ahubwo nkugiriyinama wareka kujya uzana ibiganiro byerekeranye niyobokamana kuko ibyo bandika nubuhakanyi gusa murwego rwo kuyobya abantu utagaragara urwanya Imana utabizi ikazaguhana kuko ukurikirwa na benshi

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    Imana iguhezagire wewe. Narabe nk' abantu bose bamubwiyeko bubatswe n' ico kiganiro amenyeko abo bose ariko abahindura abansi b' Imana kandi izobahember hamwe

  • @user-ym3sk5hb1p
    @user-ym3sk5hb1p10 ай бұрын

    Wew urabeshaa canee

  • @MUKIRE250
    @MUKIRE25010 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤🇷🇼

  • @patrickndayishimiye8027
    @patrickndayishimiye802710 ай бұрын

    Dashim ndagukunda kandi ndagukurikirana kandi ndemera kuri mubantu babasesanguzi ariko sinkupinze dictionnaire na biblia biri mubitabu twizera ariko reka dufatire kuri biblia bible iyinkuru ntabwo ibitwereka kuvyizera umengo biragoye

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    S' ukuvuga ngo biragoye kwizera, ivyo n' umuntu atasomye Bibiliya akumva gusa Yesu Kristo ku matwi, yobitera ivyatsi, ngo Yesu yarize!! Hariho abantu bagowe muri ino si

  • @kabandizesteven
    @kabandizesteven10 ай бұрын

    Umuntu uhakanya Imāna 🤔 Ijye imubabarira

  • @EmmanuelNSENGIMANA-py5zi
    @EmmanuelNSENGIMANA-py5zi10 ай бұрын

    Urumusenzi ngusa

  • @iradukundadavid5917
    @iradukundadavid59177 ай бұрын

    Cyokoza ndashima wee uzayobya benshi peeeee ujye wivugira ubuzima ibyiyobokamana ubireke Burundu

  • @tunezerwenatacha7869
    @tunezerwenatacha78697 ай бұрын

    Nkunda iki kiganiro

  • @ChristineUwamahoro-up1bh
    @ChristineUwamahoro-up1bh10 ай бұрын

    Amadini rwose arakampusha mwarimu wacu komeza uduhe ibumenyi tuzakuramo icyo gukora amakuru nkaya nyakunda kubi gusa nta mushumba hamwe nintama zobo bagutegamatwi

  • @mechaquendayihimbaze8263
    @mechaquendayihimbaze826310 ай бұрын

    Ivyo vyose sivyo kuko Yesu yaravuze ijambo rikomeye cane ngo:" ntawuzi Umwana atari Data, na Data ntawumuzi atari Umwana n' uw' Umwana agomvye kumuhishurira" Wovuga ko uzi umuntu gute n' uwamuvyaye atawe uzi? Uwo Yesu muvuga siwe Yesu Kristo, uwo n' uwundi w' umuhimbano Kandi Yesu Kristo yaravuze ati: " Harahiriwe uwo ivyanje bitazotsitaza" Nk' uwuvugako yagize umugore wewe ateye isoni cane kandi La supposition est toujours fausse

  • @mechaquendayihimbaze8263

    @mechaquendayihimbaze8263

    10 ай бұрын

    Nne weho uduha izo nkuru, uhagaze hehe muvyo kwemere? Uremera nawe ko Imana ibaho, ko agakiza kabaho , canke ko ijuru n' ikuzimu bibaho? Gusa mu nkuru zawe nari maze kwumva, iyi nkuru niyo numvise iteye umubabaro ku bantu batamenye Yesu kristo canke Yezu Kristu ariko ntakundi kuko hariho abashiriweho gutsitara kuvy' Imana ariko n' abagorwa cane

  • @harabimanaaimepatience-gu4bf
    @harabimanaaimepatience-gu4bf10 ай бұрын

    Ikibazo canje kigarutse irya2 ni iyo sanamu niya Yezu wukuri???? Kurivyo nahoo numva bitemewe uwutemera kwImana ibaho yarazimiye sinomukwirikira🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @herma-tiger

    @herma-tiger

    10 ай бұрын

    Ngo yaraye ararota yezu aca azindura amushushanya

  • @harabimanaaimepatience-gu4bf

    @harabimanaaimepatience-gu4bf

    10 ай бұрын

    @@herma-tiger hhmhmm inde reroo yamushushanyije🇧🇮

  • @EmmanuelNSENGIMANA-py5zi
    @EmmanuelNSENGIMANA-py5zi10 ай бұрын

    Kuki muvunga ubusa gusa

  • @wigihe
    @wigihe10 ай бұрын

    Kubaho mu kinyoma birahombya jya utubwira ubundi buri wese yivumburire ukuri kuko niko kuzatubatura

  • @evelyneirakoze

    @evelyneirakoze

    10 ай бұрын

    Voilà umutu akuremo ukuri kwe

Келесі