Ubwambere (Official Video) - Redemption Voice

Музыка

#Ubwambere​ #RedemptionVoice​
Lyrics:
1.Sinarinziko Imana Nkawe
Yomanutse Kwisi kubwanje Ikampfira
Yomanutse Kwisi kubwanje
Sinarinziko urukundo rwawe rusumvya inkomezi urupfu
Rukambohora
Umunyavyaha agaca ahinduka umugororotsi
Refrain: Narahariwe Nduwidegemvya
Umuco washitse mumutima wanje
Reka mvuge kundutira vyose
Kwariwe wandondeye Ubwambere
Kwariwe wankunze Ubwambere
2.Mbega umwana wumuntu niki aho wewe umwibuka?
Habuze gato ngo umunganishe nimana
Wamuhaye agaciro kanini
Nikubwamaraso yawe
Refrain: ...
A property of RV Concept , from Nashimwe Album
Written and Performed by Redemption Voice
Audio produced by DUDU N.T
Video Directed by Grand Pictures
NashimweAlbum available on itunes ,deezer,spotify, amazon music,boomplay...
Follow Redemption Voice on social media
Facebook : / ​
Instagram : / redemptionv​. .
Twitter : / rvoicebdi​
Soundcloud : / redemption-voice​
TikTok : vm.tiktok.com/ZS5GNQYf/​

Пікірлер: 39

  • @kwizeraimages
    @kwizeraimages3 жыл бұрын

    I like you songs, nizere ko iyi ari njye wa mbere uri kuyireba. Mumpe like abayireba nyuma yanjye mwese! I live in Rwanda 🥰

  • @brucebigabo2095
    @brucebigabo20953 жыл бұрын

    Hallelujah 🙏🥰🥰 Abantu bafashijwe niyindirimbo bampe like canke J’aime hano 👌

  • @ibisigabwengeteam2902
    @ibisigabwengeteam29023 жыл бұрын

    Abayisubiyemwo akarenga kabiri tumenyane ngaha❤️🔥🔥🔥🔥👌👌

  • @kwizeraimages
    @kwizeraimages3 жыл бұрын

    Nyirebye ku isegonda rya 12 imaze kuba uploaded 👌🏾👌🏾👌🏾 Forever Redemption Voice 🥰🔥

  • @gatarechristhalley7027
    @gatarechristhalley70273 жыл бұрын

    What!!iyi ndirimbo iratey ubwoba,guys you are musically blessed!ni bande twemeranya ko aba bantu bakeneye gushigikirwa!? Keep praying for them pls....

  • @SergeBizimana
    @SergeBizimana3 жыл бұрын

    Mbemera kubi, RV! Imana ibahe umugisha kubw'iyi ndirimbo! Ni nziza!!!

  • @davyvtnzeyimana8454
    @davyvtnzeyimana84543 жыл бұрын

    Kwari wewe wandondey ubwambere 🙌🙌Good song

  • @amolam97
    @amolam973 жыл бұрын

    Amina guyz murabantu banje RV💕💕💯🔥

  • @kwizeraimages
    @kwizeraimages3 жыл бұрын

    Ko ari we wandondeye ubwa mbere

  • @melodyondrama7679
    @melodyondrama76793 жыл бұрын

    😍😍😍😍mwubahwe guys🙌 Nice song vrt kandi ije mugihe gikwiriye

  • @mosesnshimirimana690
    @mosesnshimirimana6903 жыл бұрын

    Aaaaaameeeen yesakomeze kubaduza

  • @joytemba
    @joytemba3 жыл бұрын

    From Kenya 🇰🇪 Nairobi we are blessed 🙌

  • @estheringabire2597
    @estheringabire25976 ай бұрын

    ❤️❤️❤️

  • @kumurunditv6994
    @kumurunditv69943 жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @yvespatienceirangabiye
    @yvespatienceirangabiye2 жыл бұрын

    Amen nice song

  • @tuyishemezeirispascal8461
    @tuyishemezeirispascal84613 жыл бұрын

    Yess o. Grace found me

  • @KOGBROADCAST2023
    @KOGBROADCAST20233 жыл бұрын

    Pasika nziza kuri mwese bandugu

  • @eddyndayizeye8986
    @eddyndayizeye89863 жыл бұрын

    Nice song💯

  • @gloriamuco5553
    @gloriamuco55533 жыл бұрын

    Thank you RV muri umugisha

  • @mucyofidele1510
    @mucyofidele1510 Жыл бұрын

    Amazing

  • @sir_jijuofficial3170
    @sir_jijuofficial31703 жыл бұрын

    🔥❤

  • @christocentricworship
    @christocentricworship3 жыл бұрын

    God bless you RV🙌🏾

  • @anniemichelleirera6218
    @anniemichelleirera62183 жыл бұрын

    🙌🏽🙌🏽😩😍😍

  • @uwitonzeeric4944
    @uwitonzeeric49443 жыл бұрын

    Good

  • @bizirindashicaesar8039
    @bizirindashicaesar80393 жыл бұрын

    The greatest Miracle, God to die for humanity!!! Thank you Jesus , thank you RV to remind us!!

  • @Mtshowtv1
    @Mtshowtv13 жыл бұрын

    Amen 🙏

  • @stevensonndayizeye7120
    @stevensonndayizeye71203 жыл бұрын

    Woooow ,Grory to our Good🙏🏽🙏🏽

  • @waltartlegreatman314
    @waltartlegreatman3143 жыл бұрын

    Ohhh yess #redemption_voice😍🔥🔥🔥🇧🇮 this is too muchh

  • @manirakizaeric3985
    @manirakizaeric39853 жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏

  • @memaelsa186
    @memaelsa1863 жыл бұрын

    Imana ibampezagirire RV .. Une très belle chanson

  • @ndayisengadagobertt346
    @ndayisengadagobertt3463 жыл бұрын

    Blessing on blessing to u my lovely team

  • @Niaguilaaamuta
    @Niaguilaaamuta3 жыл бұрын

    God bless u RV thank u for A good message

  • @herlenetalentscout4644
    @herlenetalentscout46443 жыл бұрын

    You had a sultry delivery and a real strong commitment to the song and performance throughout. 👏

  • @burikukiyethierry5011
    @burikukiyethierry50113 жыл бұрын

    Waou good song God bless you guys

  • @sungraciellairadukunda2179
    @sungraciellairadukunda21793 жыл бұрын

    1.Amen to salvation

  • @normandbukuru4885
    @normandbukuru48853 жыл бұрын

    Wowww be blessed guys nice song

  • @lisaanddarlene19
    @lisaanddarlene193 жыл бұрын

    One on my fave songs🙌🏾🔥

  • @SergeBizimana
    @SergeBizimana3 жыл бұрын

    This song really blessed my Easter!!!

Келесі