UBURUNDI BWOBA BWARIKUKIYE?IMBIBE Z'UBURUNDI ZIRASHOBORA KUGARUKANWA?ABARONGOZI BAREMERA UKWIKUKIRA?

Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 725 333 1923

Пікірлер: 14

  • @Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
    @Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga21 сағат бұрын

    chat.whatsapp.com/Ldil0fjlJO53NdOuYxvRnZ

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara270221 сағат бұрын

    Mukasi charle the real one 👍

  • @kanimary5642
    @kanimary564221 сағат бұрын

    Imvugakuri Mukasi. Wubahwe ❤❤❤🎩

  • @george496
    @george49613 сағат бұрын

    Wow wow wow nukuri aburundi turafise incabwenge turikumwe kandi turinyuma yanyu. Nka jewe navukiye muri Tanzania ahitwa tabora ariko uravye uko bafata abarundi bafatwa nkibikoko naho twize amashule twinyegeze ko turi abatanzania. Nubu hari abarundi bi ncabwenge bari muri Tanzania kandi bari muri reta yo muri Tanzania ariko bakumenye kuri umurundi bahita bakwica nubu Tanzania ndayifata nkumwansi wabarundi.

  • @safiam5338
    @safiam533821 сағат бұрын

    Nivyo ibihugu vyinshi vyo hanze baguha amazu imiduga mbere aho mperereye na billets d avion uja muma vacance barakurihira we urasigna gusa ariko urariha kugeza uga passiona nu twa passion tugakatwa uriha ya madeni uba wafashwe mwizosi ntunyeganyega

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru754521 сағат бұрын

    Merci Ado

  • @julescesarngendakumana9986
    @julescesarngendakumana998621 сағат бұрын

    thanks

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru754514 сағат бұрын

    Bandany'uduhibiganiro afd..

  • @ildephonsesibomana8544
    @ildephonsesibomana854416 сағат бұрын

    Ikigoma ngo harihinzu yamwambutsa

  • @Important5149
    @Important514921 сағат бұрын

    Turikumwe 5/5

  • @thewest0
    @thewest021 сағат бұрын

    Nivyo imbibe z uburundi tuzozigarukana…! N ikibazo c umyanya gusa!

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru754521 сағат бұрын

    Merci Ado

  • @jeanniyonkuru7545
    @jeanniyonkuru754521 сағат бұрын

    Merci Ado

Келесі