Twagendeye urugo rwa Claude na Faustine||Umudame namuhawe n'Imana||Imana niyo yadukoreye ubukwe
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri watsap)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 21
Amen.amen.mbandirivye..nn.ntibikunda..yesu.abubakire
Amen amen vyose biva mugusenga
Yesu nashimwe urugo ruhire nanj ndipfuz guhura nafaustine
Uwiteka abazigamire urugo gwanyu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana ninziza muduhe igice 2 nimba kiriho
Imana ibahe umugisha utavangiwe izabubakire ndavyishimiye cane
Imana yacyu niyokwizerwa👏👏
Mwarahezagiwe bavyeyi
Murakoze caaaane! Vyukuri umuntu araba mu rusengero kumubiri gusa ninavyo bigezweho ubu murakoze kudukebura cane. Imana ibahezagirire urugo rutere imbere mw'Izina ryayo. Amen
Imana ivuze Iba ivuze. Amen.
Mwaratoranijwe n'UHORAHO Mwarasizwe amavuta mudusengere cane natwe 🙏🙏
Mbega byiza ndanezerewe
Yooo Imana Ishimwe gusa ubukwe bamwe ntitwabubonye muzotwereke muzoba mugize neza. Muhezagirwe.
ooh. vyiza cane .Nciye nibuka intahe ya madane Faustine .biranezereje cane. nacane cane kuri yantahe y'amakuru yiwacu mw'ijuru . Yesu abandanye abahezagira.
Imana ninziza izobubakire
Yesu abahe umugisha
Imana yacu irazi ibikwiye
Ikiganiro ciza we!umuntu abatijwe muri mpwemu bigashika agasubira kugwa asubiye mugakiza abatizwa gushasha muri mpwemu canke umubatizo uguma ari wawundi wakera
@angeburundifggfgg8755
3 жыл бұрын
😁😁😁😁🙊🙊numwe.ahubwo.urihana..yesu.aguhumugi.sha
Amen
Yooooo lmana yarakoze kumurokora lmana nukuri numuvyeyi mwiza pe