SAT-B ariyuguruye AVUZE Vyose ISHAVU rimufatira Mu KIGANIRO BIGFIZZO Ndaje Kumufasha Kugwana Urugamb

Ойын-сауық

‪@SatBOfficial‬ #sat_b ‪@bigfizzoofficial‬ #bigfizzo #landrypromoter #hittoptv1 #burundi #rwanda

Пікірлер: 184

  • @hittoptv
    @hittoptv Жыл бұрын

    Ntitwigeratunanigwa Akakanya 🔥🔥🔥 👉👉wipfuza gutwenga na Gasore Cangaha kzread.info/dash/bejne/qJeB0NlmaajYqKg.html

  • @jozy1921

    @jozy1921

    Жыл бұрын

    Iki kiganiro kuva ndakirabe maze kugisubiramwo incuro zitatu!sat b na Landry big up

  • @jozy1921

    @jozy1921

    Жыл бұрын

    Landry mbona kimya?duhe ibiganiro!numva irungu kweri!umusi wose uraheza☹️

  • @atherman9426

    @atherman9426

    Жыл бұрын

    Landry jew ub tuvugan naragiy tanzania nabon Nigeria yarabafash kigom ntandirimb z diamond zivuzw

  • @mamanmamagu4182

    @mamanmamagu4182

    Жыл бұрын

    Abantu bategura ibiteramo mu Burundi ntibakunda umuziki w'Uburundi, ahubwo bababishakira karyakanoti turiha kuri Entré gusa.

  • @didierniyomukiza29

    @didierniyomukiza29

    Жыл бұрын

    Bararakaye nkesera

  • @dieudonnendayishimiyeoffic9709
    @dieudonnendayishimiyeoffic9709 Жыл бұрын

    Révolution dans la musique burundaise ije hageze,ntimucike intege abavyumva turi inyuma yanyu,mube intwari kabisa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuruuu

  • @eddyclovisintungane8842
    @eddyclovisintungane8842 Жыл бұрын

    Big up sana sat b Love from rwanda😍

  • @nahayoemmanuel4869
    @nahayoemmanuel4869 Жыл бұрын

    STB NA BIG FIZZO nibategure concert ari babiri ham bagireko bakangurira abarundi mur rusangi bababwire urugamba dufise rwo gukunda ivyacu Aba Dj aba Dj aba Dj bikebuk nibo nkwezi zamarere

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup Жыл бұрын

    Umutananirwa yahuye numutananirwa ✔

  • @steveizere5157
    @steveizere5157 Жыл бұрын

    King Satb, urintwari idasanzwe kubw'ubwenge n'ubwitonzi ukoran cnk uvugan ibintu . Ndakubnamw impinduk idasanzwe ufitiy umuzik w'uburundi .🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @josuekhalifa8745
    @josuekhalifa8745 Жыл бұрын

    #Jew ikintu mbona gikuru Les musiciens du Burundi ica mbere mushire hamwe mukundane mwese niho ibintu bizognda fresh kko satb&Fizzo n'Abandi muze mushire hamwe hama organisation y'Ibiteramo mukundana mwese lazima tuzoza me mudakundana namwe ubwanyu bizogorana ko tubatahura✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️

  • @omansur4343
    @omansur4343 Жыл бұрын

    Ndamufan san sat b 😘😘😘😘🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️

  • @nadinekwitonda3704
    @nadinekwitonda3704 Жыл бұрын

    Avuga ukuri ndamwemera

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Жыл бұрын

    St b ndakwemera kbs vrmt nimuvehasi nabene wanyu nukur nimwebwe muzotuma umuziki uterimbere

  • @niggabluegangelcapucino4377
    @niggabluegangelcapucino4377 Жыл бұрын

    Big up to @sat-b amahoro nurukundo bizana iterambere numwumbikano!respect 🇧🇮🇫🇷💥🔥

  • @mwumbagottalent2724
    @mwumbagottalent2724 Жыл бұрын

    Bro Landry, ndakunda ivyo ukora ariko hariho utuntu tumwetumwe two gukosora kuko nko mugihe muri intro umuntu yumvirije intro ahakwa kugenda yumvise ikiganiro cose sivyiza kuko aca arambirwa Kare nikiganiro ntakirabe cose! Intro ikwiye kujamwo utuntu tubiri canke dutatu dukurudukuru nahone ukaduha akanya gato Hama bikamotiva uwugiye kwumva ikiganiro cose kugumana appetit y'ikiganiro! Thanks, it's love from Mwumba Got Talent 🔥🔥🔥

  • @aliciaayinkamiye5296

    @aliciaayinkamiye5296

    Жыл бұрын

    Ashiramo ibibazo ninyishu yavyo

  • @mugishawimanapatrick7564
    @mugishawimanapatrick7564 Жыл бұрын

    Umu King sat b yubahwe bro vrm turinyuma natwe turifuza ko aba 🌟 star bacu baduga hejuru 👊✌️ kuburyo buteye ubwobaa 👐. Aba tuvyumva kumwe mushiko j'aime turebe ko turikumw

  • @reishnest_hari
    @reishnest_hari Жыл бұрын

    Landry kuri 29:40 novugako utuntu. Umusi abazana abo banyamahanga babonye ko bahomba (kubera kaga système twatanguye ko kutitabira ibiteramo vyo hanze) bazofata ingingo 2. 1. Soit guheba ivyo gutegura ibiteramo, 2. Soit gusubira guhurumbira abo barundi bakabaha nako kanoti bahora bazanako abanyamahanga.

  • @romamukatorika9615
    @romamukatorika9615 Жыл бұрын

    Landr sat b ndikumwe namwe kandi jewe ndi abone na youtbe zabarundi mwese abarundi mube nkanje kuva umwaka ugitangura murakoze

  • @gulaindrake7740
    @gulaindrake7740 Жыл бұрын

    Eeeh ni muheze neza ntimuhez nabi ni bon niho batoyi banyu bazobashimira 💪

  • @ernestdidiermanirakiza3455
    @ernestdidiermanirakiza3455 Жыл бұрын

    Ubu ndemezako ubu usigaye uri enough mature bro sat mm Landry abaza ibintu vyamateka. Mufashanye na fizzo urworugamba

  • @japhetbasabe255
    @japhetbasabe255 Жыл бұрын

    Landry courage kbs kukazi kawe ukora turagusavye uzohuze #BigFizzo#Lolilo#Sat-B muri interview

  • @bukeyenezaonesime2268
    @bukeyenezaonesime2268 Жыл бұрын

    MayGod be praised #Sat_B watanguye gukura m'umutwe I will always be there for my Beautiful country🇧🇮 Keep the good work Mr #Sat_B

  • @jozy1921
    @jozy1921 Жыл бұрын

    Nukuri mwakoze Ikiganiro ciza cane!ndabashimiye!🙏🙏🇧🇮💪💪👌👌

  • @ndirakubagaboleonce6112
    @ndirakubagaboleonce6112 Жыл бұрын

    Sat b uraryohera ndake😃😃😃😃

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596 Жыл бұрын

    Hama abaririmvyi b'abarundi mukaduza agaciro n'ubumenyi bwanyu. Mukaja mumashuri, mukaba incabwenge, mukaba abantu b'agaciro kuko, mwebwe mufatwa ko muri abantu batagira agaciro (indero, n'ibindi). Abaririmvyi muje kwiga za kaminuza n'ibindi. Bizoduza akanovera k'indirimbo z'ikirundi

  • @florentjusteirankunda5823
    @florentjusteirankunda5823 Жыл бұрын

    Sat b ugasubira kuririmba nka kera ukubita utavanyako utababarira song kuyindi zitatu kundwi zine uzoburonse ibirwanishoooo

  • @jojojoselyne5509
    @jojojoselyne5509 Жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Landry wubahwe urashoboye kubazaneza

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Жыл бұрын

    Ikiganiro ciza cofasha abantu mugukunda ivyiwacu gusumba ivyabandi🇧🇮🇧🇮

  • @anicetnkorerimana4604
    @anicetnkorerimana4604 Жыл бұрын

    Landry big up sana ma bro hama congratulation kuri sat b kurinka passport de service

  • @beniniyera2488
    @beniniyera2488 Жыл бұрын

    Satura hejuru can hama dukunde ivyiwacu

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Жыл бұрын

    🤜🤛satura 💝

  • @IGACESARofficial
    @IGACESARofficial Жыл бұрын

    Safi sana dela part de wandume Tv❤

  • @Bazi1973
    @Bazi1973 Жыл бұрын

    Yaaaagaa brooo 👊👊👊 Tuzohashika 👊🔥🔥🔥👊🙏 Sat b walah ubumwe buzotuma umunyamahanga ataha

  • @AlbansBans
    @AlbansBans Жыл бұрын

    Uraryohey vrt sat.b wubahw😎😎

  • @felixiradukunda7357
    @felixiradukunda7357 Жыл бұрын

    True👊👊👊

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Жыл бұрын

    Niyirambire cane. Gose courage mutam wacu🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏💜💜🤍🤍🤍❤️❤️❤️🇸🇦🇧🇮

  • @BUSHASHASWITCH
    @BUSHASHASWITCH Жыл бұрын

    ❤️❤️I like this guy so Sat b vrmt urugamba murimwo natwe tubarinyuma vrmt Tube Duke Tudusangire 🙏🙏

  • @amolam97
    @amolam97 Жыл бұрын

    Am in love with burundian artists

  • @allydavy6919
    @allydavy6919 Жыл бұрын

    Nongaha kenya nta diamond ashobora kuba hit ni hit murwanda muburundi niwabo

  • @gyslainenshimirimana6779
    @gyslainenshimirimana6779 Жыл бұрын

    Jew icombona nobwira sat b nkumu fans wiw numu fans wa music industry nuko yobandanya kwizo strategies ziw nabandi bamushigikire kubwuguharanira inyungu zumu artist burundais

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын

    Nubwonsinziriy ndabumva💃💃💃

  • @aliciaayinkamiye5296

    @aliciaayinkamiye5296

    Жыл бұрын

    😅😅😅😅 irantwengej

  • @ncarwatsi
    @ncarwatsi Жыл бұрын

    Yaàaaaaaaagaaaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 umusaza arongeye kugaragara

  • @Meddyfafa
    @Meddyfafa Жыл бұрын

    Sat b Urashoboy kabs

  • @melovewireless
    @melovewireless Жыл бұрын

    Sha turakwemer muvyifatamw nez pe

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын

    Gusa harakantu kantwengej ngo niryamber mamaweee🤣🤣🤣

  • @pasifiqueivuzimana4424
    @pasifiqueivuzimana4424 Жыл бұрын

    Sat b ni king Turabakunda ngaha muri 🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @claudiosimayiri9442

    @claudiosimayiri9442

    Жыл бұрын

    Sate b ni King turabakinda Kaká 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Burundi Ivo you form 🇧🇮🇲🇿🇲🇿

  • @mauriceakimana4925
    @mauriceakimana4925 Жыл бұрын

    Kl sha

  • @thierymbonirematitu5801
    @thierymbonirematitu5801 Жыл бұрын

    Satb wubahwe Imana izodushikana kucodushaka

  • @chrismediaofficial3233
    @chrismediaofficial3233 Жыл бұрын

    Sat B hejuru caaaaane ndemeye uyu musi 🎉

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 Жыл бұрын

    👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ King Sat-b aranyishe ngwaba Fana bara Tromatiza abaririmyi ngobasohore Song ziri Hit ngobagaca basohora intebe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Sat-b king nakubari kabisa indirimbo watuhaye 2o22 ziratesa 💪💪🎧🥁🎸

  • @hamzaahmedmbanyenimana8173
    @hamzaahmedmbanyenimana8173 Жыл бұрын

    Satb🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @munazinelson4405
    @munazinelson4405 Жыл бұрын

    Passeport de service, ça veut dire quoi..?? Ariko aba ba type bafata abantu nkibijuju. Woba ufise ordre de mission ya l'etat Hama ambassade ntiguhe visa..?, Ahubwo ibisuzuguye Ico gihugu cawe. Rero izo passeport nyamabarizahe canke nama ordre de mission ntanakimwe reta yabahaye. Ne nous prennez pas pour de cons guys. Mugire gusa courage mubuzi bwanyu mgbo ivyokubesha mubireke. Ça ne sert à rien les petits garçons !.

  • @junchengsportsnewsstars5016
    @junchengsportsnewsstars5016 Жыл бұрын

    Kiriri Garden Hotel 🔥🔥🇧🇮

  • @yanickduga464
    @yanickduga464 Жыл бұрын

    Bro mwara tahuye nabi contexte ya Diamond yaravuz ati igihugu cose kirafis ingene imiziki wabo ufata naijeria zifata Afrique tanzani ifata est Africa ham burundi nabw ntizi sohoka rero twese turondere ingne twagwana tushikire amahanga urunva nabo bariko baragwana ntibagume muri est Africa namw mugwane muz murashika est Africa nawe yabivuze uko kugira Tanzania bariko bashigikira aba naija gose kubasumba.

  • @felixgakiza2358
    @felixgakiza2358 Жыл бұрын

    I'll Always be there to support u guys ✨🔥🔥

  • @shadrecknazarethboy8852
    @shadrecknazarethboy8852 Жыл бұрын

    Ama Link meshi mumpe

  • @emerypeace5763
    @emerypeace5763 Жыл бұрын

    Umurundi Hejuruuu 🇧🇮 👊 🙏

  • @kysredy6498
    @kysredy6498 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Ndamukunda Sat-b vrt courage sana ndagufana kwer♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @flavioduhayimana6763
    @flavioduhayimana6763 Жыл бұрын

    King

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 Жыл бұрын

    Satur ama bafre namabuy uranyishe ntatwenz ndahwereye wubahwe uvug ukuri

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Жыл бұрын

    Sat b 🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @irakozealain4397
    @irakozealain4397 Жыл бұрын

    Sat b nukurab tugashiramw ishak yogukunda ivyacu ham tukazorab yuko leta nay ikabidufashamw jw ndavyifuza

  • @iradukundajonathan4714
    @iradukundajonathan4714 Жыл бұрын

    Waoo babwire

  • @beltrandstarwhite
    @beltrandstarwhite Жыл бұрын

    Nimubanze mukunde ivyiwanyu niho muzotera imbere abo banyamahanga bazana nibahagarike raba ejo harmonize ejo Bari bamwankiy kagir show muri Kenya kubwo kwiyamiriza abanyamahang ❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇺🇬

  • @mr_tubane_neza
    @mr_tubane_neza Жыл бұрын

    Ushake uze uragira intro ya 20 minutes twebwe twuguruye tuca dusimbisha 🤣🤣🤣

  • @gihetatv7604
    @gihetatv7604 Жыл бұрын

    Turakunda ibigsniro vyawe ariko uburyo uguma ugira Totologie y amasanamu birabishe

  • @jeanclaudeirakoze7680
    @jeanclaudeirakoze7680 Жыл бұрын

    Yàaaagaaaaa,landry uracari uwambere kbx,bgpo your self.

  • @christianniyongere
    @christianniyongere Жыл бұрын

    Keep it up 🔥🔥🚀🇧🇮

  • @alexikagoma5135
    @alexikagoma5135 Жыл бұрын

    Sat ubu waritahuye kweli nicogituma nsigaye ndagufana

  • @youngkiller4920
    @youngkiller4920 Жыл бұрын

    Interview yumwaka ngiyi✅

  • @mrkeyburundi
    @mrkeyburundi Жыл бұрын

    SatB yaryoshe kbx😂😂😂 #WeGotThat👁

  • @Innocentciza
    @Innocentciza Жыл бұрын

    Top

  • @benignenibitanga2051
    @benignenibitanga2051 Жыл бұрын

    Nice emission

  • @ericniyongabo7920
    @ericniyongabo7920 Жыл бұрын

    U are number one in our country

  • @tuyisebgejuvenal
    @tuyisebgejuvenal Жыл бұрын

    Kimwe murwanda kugira baterimbere sat by bamanze bakemura ikibazo cimega kimwe manze muvuge muburundi ikibazo camega hama naho batobaha ibiteramo amahera tuzayabaha kuma pratifom yanyu ikindi sat by nuko naho wobaza abobasani bo murwanda ababaha vies nabarundi turihanze so koreneza vies tuzazibahe mwiterere imberepe

  • @christopherndayizeye9222
    @christopherndayizeye9222 Жыл бұрын

    Nice interview

  • @dioufgahima7934
    @dioufgahima7934 Жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @mbelecimukandama6688
    @mbelecimukandama6688 Жыл бұрын

    www music warakunaniy gendiyoo nakishasha ifite

  • @lemuellebon2922
    @lemuellebon2922 Жыл бұрын

    First to watch

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 Жыл бұрын

    yubahwe sat b kabisa

  • @Nickdripmedia
    @Nickdripmedia Жыл бұрын

    Kbxaa🙌🔥🔥🇧🇮

  • @cizaeliphaz3702
    @cizaeliphaz3702 Жыл бұрын

    Bisiga ubwenge ingene mugihugu cacu bavuga ko hari douze millions zabantu mugabo the one of any musicians w'igihugu sohoye indirimbo akabura 1M de views ni ukuri ivyo bintu ntibitahuritse kandi ikindi naco internet mugihugu c'acu iri mukibazo nayone kibituma kuko internet sikirenga ni ukuri abari hejuru turabasavye bagitorere umuti kuko ndababara cane like a musician mkombozi Lucifer asohoye indirimbo dans un moins ikabura 100k de views truly like this it's so much for me heartbreaking

  • @bizimanaegide5813
    @bizimanaegide5813 Жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥

  • @tuyisebgejuvenal
    @tuyisebgejuvenal Жыл бұрын

    Sat by kimwe ataruburundigusa ibindibihugu kira kuwagatanunkuko wabivu nkindirimbo cumi zirasohoka mbe mweho habuziki mwihe gusohora indirimbo kugihe kandi ama bif mumuziki muyareke iyunvire ngo nakananaka ntibunvika mubihebe ery diamond ndaziko muma vies spot five you tube boom play apple music audio mack hose ndaziko abarundi turihanze tubigiramwo uruharepe

  • @nahishakiyewilliam6225
    @nahishakiyewilliam6225 Жыл бұрын

    Sat b vuga buke buke nku mustari wana. uvuga umenga barikukwirukana

  • @ferdinandnsengiyaremye
    @ferdinandnsengiyaremye Жыл бұрын

    Waaah bwabumwe 🇧🇮💝 benewacu ndabakunda

  • @berrybernique7196
    @berrybernique7196 Жыл бұрын

    Hit bakayita inkebe 😂😂😂

  • @djpathman1266
    @djpathman1266 Жыл бұрын

    Sat.b turagufis

  • @loislouiseniyakire1803
    @loislouiseniyakire1803 Жыл бұрын

    Woow

  • @AgaciroMediatv257
    @AgaciroMediatv257 Жыл бұрын

    Landry félicitation kuri camera apasanamu ni meza cane I'm Homme du Changement

  • @josephofficiel145
    @josephofficiel145 Жыл бұрын

    Interview y'umwaka bro

  • @raoultunchi5927
    @raoultunchi5927 Жыл бұрын

    I love the way u ask the questions mais ikibazo ni kimw..intro uzoze urarekera umu Guest aba ariwe aririmba pas toi

  • @ndayijeanclaude5094
    @ndayijeanclaude5094 Жыл бұрын

    Kore nka KondeBoy, arasohora wewe akira kwumva k yakoze umuziki mwiza uko abantu bayakira n'ivyabo.

  • @destineeingabir1372
    @destineeingabir1372 Жыл бұрын

    🥳🥳🥳🥳❤satb empire Avenue ❤🥳🥳

  • @bigirimanadaudi9797
    @bigirimanadaudi9797 Жыл бұрын

    Ivyo bintu bro mwifuza nibizofa bibaye ubukene buzobatwika nabanze hatere imbere igihugu igihugu giteyi imbere namwe muzoshikigwa

  • @styveigiraneza396
    @styveigiraneza396 Жыл бұрын

    Abarundi bararakaye 🤣🤣

  • @user-jh1gp6ju1v
    @user-jh1gp6ju1v Жыл бұрын

    👏

  • @burunga
    @burunga Жыл бұрын

    Sat b Atlanta interview nkuwuvuye mukibuga gukina umupira kuri number 6 Umengo ntatuje

  • @leilaprinciaishimwe191
    @leilaprinciaishimwe191 Жыл бұрын

    Niba ata muririmvyi numw wo muburundi ashobora kwitegurira show ivyo kugaya ayo babaha mube mubirets

  • @drackjdrackj-bidii
    @drackjdrackj-bidii Жыл бұрын

    Urihangana Grand fele

  • @gihetatv7604
    @gihetatv7604 Жыл бұрын

    Inzu,ikirato,kwikoraa Ku mifuko WE wapi vraiment

  • @mangmodile38
    @mangmodile38 Жыл бұрын

    Twubakivuiwacu mzee

  • @truthboyofficial161k3
    @truthboyofficial161k3 Жыл бұрын

    Nkiyo caméra ukoresha kuluririmvyi nka sat b ntasoni

Келесі