Prezida Neva asaba Abarundi kwikukira nyakuri mu vy'ubutunzi ntibazere ubuzima mu minwe y'uwundi.
#Burundi: Uburundi bwahimbaje kuri uno wa 01.07.2024 isabukuru igira 62 buhabuje intahe y'ukwikukira. Kurikirana uko ibirori vyagenze ku mugwa mukuru wa poritike i #Gitega aho vyahimbarijwe k'urwego rw'igihugu.
Пікірлер: 33
Irijambo rirakomeye.cane ndateye intege umwe wese aharanire umwidegemvyo nukwikukira muvyubutunzi
Bonne fêeete à nouuusss🎊🎊☺️🌹♥️; 62 ème célébration de l’ indépendance de notre paysss 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎊🎊😍😍😍🥰🥰😘😘👏🏾👏🏾👏🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾!! Imana ihezagire Uburundi bwizaa bwacu; n’ abarundi beza bacuuu🎊🎊🎊😍😍😍🇧🇮🇧🇮🌹♥️🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙏🏾🙏🏾!!
Abarundi tuterane intege Imana izodushigikira ❤
Murakoze
Bwanje 👉🇧🇮💯🥰❤💐
Sugira Burundi bwiza
Nimba uwukizeye inze atarikukira , hagarika rero kusabiriza inkunga mu bihugu vy'abazungu ! HAPPY 62 ANNIVERSARY, BURUNDI MY BELOVED COUNTRY
Ndakunze ukuntu abasilikare basigaye bari seérieux ukuntu,sinzi nimba haruwakwitambika imbere yizontare❤❤❤défilet muzoze muyitebako.merci
@OmarRwamakuba
18 сағат бұрын
Uzajye murikongo urebe ibyobabakorera
@HabiyaremyeDamascene-hs2dj
9 сағат бұрын
Sinabonye harinuwaguye mugiti mwiyemeye cyane
Nonese iyi video imaze imyaka ingahe?
Mbega amashusho mbonye wagirango naya 2001
Tubifurije umunsi mwiza wo kwibuka Indépendance y'Uburundi!
Ariko mwagiye mwubaha ntanubwo mutinya kwita umukuru w igihugu ngo Neva dore niho muva mwimena inda
Mbe babandi bateye umukuru wigihugu amazira ntoke bagiyehe? Ngo bapime turebe?
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
Burundi bwanje nzogunda guchika gupfa
I am the one
Yampay'imbayinka data iyo parade iraciriritse ndagatora mama
@nizigiyimanayves9485
3 күн бұрын
Ugereranije niyinfi iyihe canke Yande?
Uru ruterahamwe FDRL ndayishimiye se hhhhh😂😂😂😂😂😂
@JackieloveKingbuja
3 күн бұрын
Wamwandawe
Incompetence à 100%
Ayamasanamu asa nabi cane, murameliorant la qualité de vos appareils. Erega umengo ni android yazifashe😮
@user-lw7oz2rb5w
3 күн бұрын
Yafashwe na telephone
@user-cn6tj2hx4m
Күн бұрын
Muraciriritse Murihasi nkibirato Hhhhhhh ubucyene burabanukaho
@nizigiyimanayves9485
Күн бұрын
@@user-cn6tj2hx4m ba wubaha abantu, aha les commentaires nizo gukebura sizo gukekezanya
@manudiofficial
5 сағат бұрын
@@user-cn6tj2hx4mko wewe udaciriritse ntuzoja mukuzimu nkabanda ngira ntuzopfa
Kuvuga bvo hoho urabasha gushira mungiro hoho ntiwoca ubikozwa
😂😂😂😂
Ubu kandi Sendagara aba abona ntako abasoda be batagize😂😂😂. Bande de tentins
@DidasNiyosenga
Күн бұрын
Murasara mumitwe