Pastor Lopez Nininahazwe - NTABURA UKO ABIGENZA
Музыка
Follow me on:
Instagram : / pastor_lopeznininahazwe
Facebook : / pasteur-lopez-nininaha...
Ntabura uko abigenza
Yesu wacu ntabura uko abigenza
Ntabura uko abigenza Yesu wacu ntabura uko abigenza
V)Yesu wacu aratangaje
Inzira ziwe zirenga ibihumbi
Ibikorwa vyiwe bisiga ubwenge
Ndahiriwe kumugira
Ntabura uko abigenza
C)Uko akora ntako nzi
Inzira acamwo ntazo nzi
Ico nzi nuko arema inzira
Ntabura uko abigenza
Mu kiyaga harahita
Atembesha amazi mu bugararwa
Ni we kuzuka ni we bugingo
Aho uherereye urashobora kumubwira ntabura uko abigenza
Uko akora ntako nzi
Inzira acamwo ntazo nzi
Ico nzi nuko arema inzira
Ntabura uko abigenza
Written by Pastor Lopez NININAHAZWE
Produced by Bruce Higiro`
Directed by John Elarts
Пікірлер: 255
Ntabura ukwo abigenza amen
Yesu wacu ntabur ukwabigenza❤
Inzira ziw zirengibihumbiiiiiiii.... Ntaburukwabignzaaaaaaa Ameeeeeen
Yesu ntabura ukwabigenz inzir ziwe zirenga ibihumbi amen amen amen
Alléluia n’Imana ihambaye. Ishobora gukora ibirengeye ivyo twibaza. Amen 🙏🏽
Nukur kbs ntabura uko abigeza pe naho vyoba bikomey can arik we ntabura uko abigeza peee🗣️
Vyiza cane imikangara y'iwawcu ku musanga Yesu abahezagire
Ntaburukwabigenza ndabihamya
Ndafashijweeeeee nukuri ,arema inziraaa kabsaa
Gospel is life ,gosel evrywhere ,Jesus wacu ntabura ukwabigenza
What a beautiful soooooonggggggg???!!!!! Ntabura uko abinza kabisa
😭😭ndabuze ico vuga Yesu wacu ntabura ukwabigenza aca inzira mubutayu inzira ziw zirenga 1000 mwubahw abogere ayandi mavuta
Amen amen ntabura uko abigenza. Yesu wacu aratangaje waouh. Merci our pastor pr ce chant .plus d'inspiration
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
Jewe sifise Nico novuga kundirimbo ziwe numva naregewe....Yesu KRISTO ndashaka gusa kuzomubona dushitse mw Ijuru azotubwira ngo DJ malayika shiriramwo ntabura ukwabigeza...tuce dutambana ndamubona ahagashimwe pasteur lopez ngo merci mon fils
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ariko shaaa😃
Yesu wacu aratangaje inzira ziwe zirenga ibuhumbi.ibikorwa vyiwe bisiga ubwenge ndahiriwe kumugira ntabura uko abigenza.. thanks jesus
Ntabura uko abigenza kwli, yesu Wacu aratangaj nukur. God bless u so much !
Yesu wacu aratangaje,inzira ziwe zirenga 1000,ibikorwa vyiwe bisig ubwengeeeeee,ohhh thank you for the song Pastor Lopez
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameen
Amen kweli ntabura uko abigenza narabibonye kabisa, uhoroho abongere amavuta.
koko ntabura uko abigenza kuko arema inzira aho zitari, nibutseko yaciye inzira mukiyaga gitukura inzira ziwe zirengeye ibihumbi nuko muhezagirwe bakozi beza Imana ibongereze amavuta
Ntabura uko abigenza Yesu wacu.Aca inzira ahatagira inzira❤️❤️🙏🏽
Yesu wanje ntabura uko abigenza
Ntabura uko abigenza nukuri!!!Imana iguhezagir can mn Pasteur!!
Amen yesu wacu iyagomvye gutabara ntaburakw'abigenza.hezagirwa mukozi wimana.
Oooh yes my Pastor ntabura ukwa bigenza umwami wacu.thank u for the song
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Thank you too !!!👐
Nukuriii nubuzima butemba muriyi ndirimbo p ntabura uko abigenza
This is my phone ring of the whole 2years.
Hallelujah Yesu wacu ntabura uko abigenza #PastorNdafashijweCane
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
Iconzi nuko arema inzira, ntabura ukwo abigenza 🙌🙌🙌🙌🙌he can't fail to handle it, Thank you pastor
Amen nukuri lnzira z'imana zirenga 1000 birankomeje cyaneeeeee
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen ameen
Olala ça me fait tellement plaisir kwumva amajwi meza avuga ineza y Umwami wacu. Mugume muhezagigwa pastor Lopez
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeen
Amen🙏
Hallelujah ntabura ukwabigenza Umwami wacu👏👏
Ntabur uk abigez🙌🙌🙌
Mbega uburyohe!!!!!
Nukuri ntabura uko abigenza
Yesu wacu aratangaje, arema inzira ahatagira inzira, ahamagara ibitariho nk,ibiriho, azura ivyapfuye bref ashoboye vyose, ntabura uko abigenza, Ameeen !!!
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
Ahatari inzira ahaca inzira ntabura uko abigenze🙌...powerful lyrics+ anointed song=True Worship🙌
Ibikorwa vya Yesu bisiga ubwenge thanks servants of God
Ntabura inzira Yesu wacuuu nobihamyaa😂
Uko akora ntako nzi, inzira acamwo ntazo nzi, ico nzi nuko arema inzira...Halleluaahhhhhh Our God is faithul !!!!
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeen
Pasta Imana iguhzagire urampezagira Guma uduha nizindi
AMEN❤️❤️❤️
Yesu wacu ntabura uko abigenza vrm 👏👏👏
Such an explosive song soul refreshing; life transforming song, he is a way maker
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
Amen amen
Ntabura ukwabigenz pe Imana ikomez kugusig amavut😘
Yesu wac aratangaj Can🙌🙌🙌🙌 pasteur imana iguhezagir iguhe imigish itagabanij nukur wubak imitima yabesh bihebuy😭😭😭
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
It is more than a song, it's a revelation, an experience, an encounter and a testimony of what the Lord has done in our life so far
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Hallelujah
Waouh.la chanson qu'on attendait depuis.merci cher pasteur
@joselynegakima930
3 жыл бұрын
Amen amen pasteur wacu vyukuri yesu wacu ntabura ukwabigenza acinzira aho tutabona inzira
Imana iguhe imigisha cyane Nibyo nabura uko abinza kuko arahebuje pe
Yesu wacu, Arashoboye, Ntabura uko Abigenza. Halleluaa (7) Amen
Ukwakora Ntakonzi,inzira icamwo ntazonzi ,iconzi nuko yaremye inzira ntabura ukwabigeza🙏🙏🙏
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeen
Nukuri ntabura ukwabigenza nimwami wibihe
waouhh ntabur uko abigenz inzira z IMANA zireng ibihumbiii,UHORAHO abakomeze
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeen
Yesu atakura Uko abigenza muzamuriye icyubahiro
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
Nukuri ntabura uko abigenza Yesu wacu aca inzira aho zitari.Merci Pastor .amavuta menshi Nicolas ngusabiye kwa data
Hejuru cane @Pastor Lopez
Ntabura ukw'abigenza.. what a beautiful song!
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Thank youuuu
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah ntabura ukwabigeza ur mana urashoboye yesu wanje ukwakora ntavyonzi ariko ndaz ko ashoboye hallelujah 🙏🙏🥺
Ntaburukwabi genza ndabihamya🙏
Amen 🙌🙌 he Always make a way God bless u Pastor Lopez🙏
what if I said that even angels learn songs from the church to worship God ...nirenganira..lov my pastor
Wonderfull song, Uhoraho akomeze kugusukira mavuta ahuye n'igihe ugezmwo, komeza...
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
Ndahiriwe kumugira ntabura ukwabigenza ndahiriwe kumugira ntabura ukwabigenza🙏 amen
Yesu wacu arakomeye❤❤
Ndayikunda cane. Imana ikomeze kubayobora, ndacarindiriye cle usb, pastor.
Inzira ziwe zirenga 1000 knd ukubikora ntubur uko ubigenza💖Good Song Pasta may God bless u
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
Yesu wacu ntabur, uko abigenza pe! Yaranyemeje🙏✔️
Amen Ntabura uko abigenza Yesu wanje
Nukuri murashoboye Imana Ishishikare kubongerereza amavuta menshi yokumenya vyinshi muha ubwoko bwayo.Amen
Ntabura ako abigenza thank u pastor for this song more anointed songs we love you
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Thank youuuu
Vyukuri yesu wacu aratangaje inzira ziwe zirengibihumbi🤭 ibikorwa vyiwe bisigubwenge🤷 ntabura ukabigenza woow powerful song stay blessed our lovely Pastor🙌🙌it is a good song 👌for sure
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeeen
Hallellluaaaa amen🙏🙏🙏
Merci Pastor indirimbo ninziza cane merci kuturemamwo ibindi vyizigiro bitubwira ko Yesu wacu atangaje inzira ziwe zirenga ibihumbi nibikorwa vyiwe bisiga ubwenge...turahiriwe kumugira numugisha Pasteur Imana ibandanye kuguha nizindi nyishi🔥 murizo ibitangaza nutwumiza bize bikoreke murizo haze haboneke abakizwa benshi murizo tuze twumve intahe nyinshi wooow MayGodBlessU
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ooo ameeeeen
Amen cane🤩🤩
Ndagukuze can pasta wubahwee cn
Amen amen izonizo mbaraga ze!!!! Ntabura uko abigenza! Que Dieu te bénisse abondamment frère 🙏🙏
@pastorlopeznininahazwe9548
2 жыл бұрын
Ameeen🙏🙏
Indirimbo nziza cane! Komerezaho Past. Lopez. Respect 👌
Cette chanson m'a inspiré trop pasteur continue dans cette activité Divine
Well done Pastor!!! Keep them coming...the World needs more of this!!!
Ntabura uko abigenza
Ooh🔥🔥🔥😍what a powerful song!Umwami wacu Yesu afise inzira zirenga ibihumbi zo gukora!🙌More grace upon your life Pastor Lopez!
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeen
Uko akora ntavyo nzi ico nzi nuko arema inzira..Ntabura uko abigenza.
Wooooow ntabura ukwabigeza hallelujah 🇧🇮
God bless u🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeen
Ntabura ingene abigenza ♥️
La chanson du siècle
May the Lord u serve gives you all kinds of blessings 👏👏👏🔥🔥Thank you Pastor
Ico nzi nuko Arema Inzira 🙌🙌🙇♀️🙇♀️Merci bcp pour vos chansons may The Lord keep inspiring you and blessing you above all you may ask or think guys🙏
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeen🙏
Nukuri ntabura ukwabigenz narabibony, uwitek agukomez bro💃💃🙌🙌
Wow,nice song! thanks
Indirimbo Iryoshe cane !! Irampezagiye ❤ Imana Ibahezagire 🌿🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Indeed Our God always makes a way🙏🙌🙌 Thanks for such a wonderful song👏👏 Keep blessing the nations Pastor Lopez❤️
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeen.!!!
He has many ways than what we think or expect! Indeed ntabura uko abigenza🙌
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Ameeeen
What a song!!! I literally have it on replay... the Lyrics, the testimony of Who HE IS , the voices... it’s something else!!! This is just amazing!!!
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Thank you!! Let all the glory be to God who inspired us
Hallelujah Hallelujah
@pastorlopeznininahazwe9548
3 жыл бұрын
Amen
Be blessed my paster
Amen nukur ntaburukwabigenz abamwakiriy tumuzamurir icyubahiro
Neza pasteur wacu Imana ikomeze kukugirira neza muri vyose wipfuza
❤❤❤❤❤❤❤