Parfaite INEZA - KUBANDIHO (Official Video)

Produced by Fabrice Nzeyimana & Wavelab
Directed by John Elarts
V1
It wasn’t expected
Of you to arise
In the midst of silence
No one was found
To redeem men
You said:
Let me be
The redeeming sacrifice of the World
It wasn’t expected
C:
My being
All Is from you
My being, Lord
Is from you
You shed blood for my sake
You gave life for my sake
You died for my sake
PB:
He who ascended is greater than all
He who ascended is above heavens
B:
He must become greater and I become less, He is Lord.
Dominion belongs to Him now and forever, He is Lord
He is worthy to be lifted high, He is Lord
He is worthy of applause, He is Lord.
V/Ntivyari vyitezwe
kuhaguruka
hagati mugacerere
atanumwe yabonetse
wogucungur'abantu
uravuga ngo
nab'ari jewe
mb'ikimazi co gucungura ISI
ntivyari vyitezwe
Chorus/Kuba Ndiho
vyose nikubwawe
Kuba Ndiho mwami
nikubwawe
wameny'amaraso kubwanje
watanz'ubuzima kubwanje
wapfuye kubwanje
Pr bridge /Uwaduze niwe asumba Bose
uwaduze niwe ari hejuru y'amajuru
Bridget/Akwiye gukuzwa nkagirwa muto niwe Mwami
Inganji niyiwe Ubu n'ibihe vyose niwe mwami
Ashirwe hejuru arabibereye niwe mwami
akomerw'amashi arayakwiriye niwe mwami

Пікірлер: 167

  • @b.fistworship39044
    @b.fistworship390442 жыл бұрын

    Parfaite Ineza ur'umugisha twahawe n'Imana, ndagusengera ngo NDIHO agukoreshe mugushitsa imigambi yiwe biciye mu ngabira wahawe.

  • @celiakiman
    @celiakiman2 жыл бұрын

    Halleluyaaaa😭😭😭🙌🏾 Nashimwe kuko ari Imana yuzuye rukundo, yatanze ubuzima kugira mbeho😭🙌🏾🙌🏾 Imana iguhezagire kunyibutsa ko kuba ndiho ari kubwiwe🙏🏾♥️

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen thank u Célia🥰

  • @UmunyuWisi
    @UmunyuWisi Жыл бұрын

    Vyose ni kubwawe Mwami wacu

  • @laetitiabizimana17
    @laetitiabizimana172 жыл бұрын

    Kuba ndiho vyose ni kubwawe🙌

  • @purposelyperfecttv7426
    @purposelyperfecttv7426 Жыл бұрын

    Parfait ndagusabye muzokore collable na Gaby Kamanzi harukuntu kuririmba birii eloquently Warming ,❤️

  • @bonfilsigiraneza909
    @bonfilsigiraneza9092 жыл бұрын

    Ooooooh my God iyutaza tubaturabande

  • @luxinbandiriki9460
    @luxinbandiriki9460 Жыл бұрын

    Iyi ndirimbo iriko irafasha ubugingo bwange can

  • @vyizigiroessao6829
    @vyizigiroessao68292 жыл бұрын

    Wauh, what a song!! Akwiy gukuzwa nkagigwamuto kabisa

  • @noellanshimi326
    @noellanshimi3262 жыл бұрын

    Love you parfaite lmana ibandanye igukomeze

  • @nellynattv3311
    @nellynattv33112 жыл бұрын

    Igihe kinini nshak video yiyi ndirimbo God bless you more 🙏

  • @willyndizeye3841
    @willyndizeye3841 Жыл бұрын

    Imwe mungabire ishengero ryo muburundi rifise :" hezagirwa mushiki wacu

  • @edgarirancunga9657
    @edgarirancunga96572 жыл бұрын

    Powerful song 💥💫Kuba turih nikubwi

  • @kakunzegerard5214
    @kakunzegerard52142 жыл бұрын

    It is easier for God to manifest Himself when there is a Heart that worship Him in spirit and in truth like this of Parfaite INEZA... Go ahead, We love you so much

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Humbled 🙌I love you back my Doctor ❤️

  • @kellypaulin
    @kellypaulin9 ай бұрын

    Halleluyaa akwiye gushimwa🙌

  • @caritasgahimbare9764
    @caritasgahimbare97642 жыл бұрын

    Kiba ndiho ni ku bwawe

  • @derrickdesigner3256
    @derrickdesigner3256 Жыл бұрын

    oooh amazing! what a voice. keep it up. Kuba turiho ni kubw’Uhoraho .. feeling it!!!

  • @spreadgodstalents357
    @spreadgodstalents357 Жыл бұрын

    Amen amen iyi ndorimbo iramfashije kwl nibutse ibihe narindimwo kare kandi iciye inyibutsa urukundo Imana yadukunze.

  • @luxinbandiriki9460
    @luxinbandiriki9460 Жыл бұрын

    Hallelujah Hallelujah Hallelujah

  • @pastorlivingstone
    @pastorlivingstone2 жыл бұрын

    Kuba ndiho nikubwiwe kubwivyo Akwiye gukuzwa nanje Nkagigwa muto... thank you My Sister keep the heart of Worship

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen thank u brother🥰🥰

  • @kanyambocarmenclarette633
    @kanyambocarmenclarette6332 жыл бұрын

    Ubandany ubaho kubwa Kristo mukunzi wImana!! T es un bon exemple pour ta génération 💞💞💞

  • @ChristInMeHopeOfTheGlory
    @ChristInMeHopeOfTheGlory2 жыл бұрын

    Nukuri Uhoraho aguma atembesha inzuzi z ubugingooo... Akuzwe ,tugirwe bato. Many many thx to u.

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen🙌

  • @manirankundalauritha2183
    @manirankundalauritha21832 жыл бұрын

    Amen amennn avance sis

  • @niyongabopaul4113
    @niyongabopaul41132 ай бұрын

    Courage sha Sisi : ❤

  • @ariellaakimana1920
    @ariellaakimana19202 жыл бұрын

    IMANA iguhe umugisha nukui🥺😭😭❤️🙏🏾🙏🏾

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen amen🙌🙇❤️

  • @BruceZayn.
    @BruceZayn.2 жыл бұрын

    Its a nice song. Turahzagiw kkgra

  • @esther8032
    @esther8032 Жыл бұрын

    Hallelujaaaaaaah

  • @Ildephonse-dosiya
    @Ildephonse-dosiya2 жыл бұрын

    Indirimbo nziza amajambo meza..courage parfaite..ukomereze aho

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Mercii🙏

  • @Iyamuremyeserge
    @Iyamuremyeserge2 жыл бұрын

    Amen 🙌🏾🙌🏾😭

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Brother serges thnk u 🥰❤️

  • @Claudekcbryan
    @Claudekcbryan2 жыл бұрын

    Hallelujah, ashirwe hejuru niwe Mwami akomerwe amashi arayakwiriye

  • @kellyburihabwa8490
    @kellyburihabwa84902 жыл бұрын

    Wapfuye kubganje Mwami Yesu kuba ndiho vyose nikubgawee ... Amen Amen You’re blessed

  • @arielbrown257
    @arielbrown2572 жыл бұрын

    Courage Parfaite Imana ibandany igukuriz impano ufis uririmb b1 🙌🙌

  • @nicolekaneza5671
    @nicolekaneza5671 Жыл бұрын

    La première fois nayumvise j'étais enceinte de ma fille nayiririmba presque tous les jours et même le jour de mon césarienne (urgence)que je dirais ko yari horrible nariko ndayiririmba numva mfis amahoro arenze atabwoba alors k n'abaganga Bari bafise ubwoba!keep shinning Urushirize kuba uwikimazi..Good bless u so much

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    Жыл бұрын

    waoooo amen Imana n'umwizigirwa knd ivyiyumviro vyayo nivyamahoro kubuzima bwacu...God bless u

  • @aliceesther2898
    @aliceesther28982 жыл бұрын

    Ni Wewe gusa Mwami Yesu Kristo... Warakoze..kuva ndiho Ni Weweee

  • @kezasamy2650
    @kezasamy26502 жыл бұрын

    Amen Inganji icubahiro nivyiwe ubu nibihe vyose Akomerwe Amashi arayakwiriye

  • @Terry-junilla
    @Terry-junilla2 жыл бұрын

    Akwiye gukuzwa nkagirwa muto kuko niwe Mwami 🙌🏽🙇🏽‍♀️ Uwaduze asumb bose🥺 amazing work dear 👏🏻🙌🏽

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Thank u🙏🙌

  • @arnauddushime8799
    @arnauddushime87992 жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @timotheetimnimfasha1518
    @timotheetimnimfasha15182 жыл бұрын

    Merci bcp gushira Kuri youtube ino ndirimbo,ndi mubahora bayumva Kuri radio ariko nkayibura Kuri platform,keep moving forwards! Ntamusi uhera ntumvirije this song,ababa Dubai turagutahije!!

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    Жыл бұрын

    Murakoze cane🙌

  • @bonkeofficial9189
    @bonkeofficial91892 жыл бұрын

    🥺 Warakoze Mwami Yesu🙌 Kuba Ndiho ni kubwawe.

  • @irakozejeandedieu5143
    @irakozejeandedieu51432 жыл бұрын

    🙌🏽🙌🏽🙌🏽

  • @ishimweernest291
    @ishimweernest2915 ай бұрын

    OHHH BLESS U AM SO TACHED 🙏

  • @travisuwingabo488
    @travisuwingabo4882 жыл бұрын

    Amen ,God bless you

  • @sadrickniyonkuru5764
    @sadrickniyonkuru57642 жыл бұрын

    Good job♥️

  • @marcelsindayigaya5250
    @marcelsindayigaya5250Ай бұрын

    ❤❤

  • @alexismpawenimana9458
    @alexismpawenimana94582 жыл бұрын

    🙌🙌🙌kuba ndiho vyose nikubwawe courage Parfataite

  • @darcydarstianomugisha8631
    @darcydarstianomugisha8631 Жыл бұрын

    You're greatly blessed Woman of God 🙏🙏🙏May the God you serve in spirit show himself strong in everything that concern your life

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    Жыл бұрын

    Amen

  • @pamelanduwayezu5194
    @pamelanduwayezu51942 жыл бұрын

    🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌😍😍😍

  • @u811nasson
    @u811nasson2 жыл бұрын

    Kubandiho vyose ni kubwawe YESU 🙌🙌🙌🙌

  • @claudiatuyisenge5603
    @claudiatuyisenge56032 жыл бұрын

    Wamenye amaraso kubwanje🙌🙌🙌Halleluyah Amen

  • @egidesonndu9999
    @egidesonndu99992 жыл бұрын

    Hallelujah

  • @ghyslaineakimana8238
    @ghyslaineakimana82382 жыл бұрын

    🙌🙌🙌🙌

  • @IGS-D
    @IGS-D Жыл бұрын

    🙌🙌🙌🙏

  • @benjotravisndyikengurukiy5852
    @benjotravisndyikengurukiy58522 жыл бұрын

    Kuba ndiho 🙌🏼🙌🏼nikubwaw Yesu

  • @DJKuri854
    @DJKuri8542 жыл бұрын

    Akwiye gukuzwa ntagigwe muto😭😭😭🙌🏻🙌🏻🙌🏻❤️❤️

  • @arnauddushime8799
    @arnauddushime87998 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤

  • @ndagijimanaguillene4187
    @ndagijimanaguillene41872 жыл бұрын

    Imana iguhezagire parfaite

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen🙏

  • @beatricenkurunziza7213
    @beatricenkurunziza72132 жыл бұрын

    Tu es digne de gloire SGR et M6 pour cette belle créature parfaite yuzuye ubwiza bwawe

  • @domeeric9270
    @domeeric92702 жыл бұрын

    Oooooh God🙌warakoz gutang umwana waw kugira aducungure🙏

  • @smilz2577
    @smilz25772 жыл бұрын

    Good job 👏

  • @kumurundi6120
    @kumurundi61202 жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥

  • @inesirambona1929
    @inesirambona19292 жыл бұрын

    Amen🙌 vyose ni kubwawe Kristo

  • @lewisirivuzumugabo
    @lewisirivuzumugabo2 жыл бұрын

    Gloooryyy Hallelluyaaa Deep deep

  • @HealNations_Rwanda
    @HealNations_Rwanda2 жыл бұрын

    Amen

  • @timotheetimnimfasha1518
    @timotheetimnimfasha15182 жыл бұрын

    I've been searching this song many times,so thankful for this song! Congratulations sister Parfaite

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Thank u brother

  • @gatoremukristo7492
    @gatoremukristo74922 жыл бұрын

    Amen amen🙏🙏🙏good song profaite ineza courrage sna🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @elogeniyomwungere8466
    @elogeniyomwungere84662 жыл бұрын

    Iyo ndirimbo nayumvise kuri voix d'espoir and i felt in love with it.vraiment uriko uguma utera intambwe caane.maze imisi ngukurikirana, vraiment urazi ivyo urimwo.kandi uririmbanka Daniella from Rwanda.Your voice is nowdays unique!!!we uraza the kind of music abantu dukeney!!!ubandanye utera intambwe!!!

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Murakoze cane🙏

  • @ericajessica1129
    @ericajessica11292 жыл бұрын

    Prayer well articulated! His love is indescribable. GBU

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen beautiful twins🥰🥰

  • @hosannanimubona9316
    @hosannanimubona93162 жыл бұрын

    Kubandiho nikubwiwe Hallelujah

  • @parfaitmugisha5426
    @parfaitmugisha54262 жыл бұрын

    Powerful song 👏👏

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Thnk u🙏

  • @titusclassicartwork9429
    @titusclassicartwork94292 жыл бұрын

    😭😭❣❣

  • @edenbanga
    @edenbanga2 жыл бұрын

    I can't wait 🔥

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Thnk u😍

  • @edenbanga

    @edenbanga

    2 жыл бұрын

    Finally We got the heavenly song Thank you sister

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    @@edenbanga thank u Lil sis ❤️🥰

  • @rashchrisirakoze469
    @rashchrisirakoze4692 жыл бұрын

    This is an Anointed song!!🔥🔥My sister Parfaite Aho hantu yavuye Iyi ndirimbo uhagume cane!Warahezagiwe cane!

  • @fleurydushime806
    @fleurydushime8062 жыл бұрын

    "Worthy is the Lamb slaughtered to receive power, riches,wisdom,strength,honor and blessing" accepted to open the scroll👏. Ineza and everyone who helped you out to make this great work happen need to be thanked for this impressive song. May God bless you bcuz you're a blessing to many too. Just a very simple comment , in my opinion in order to make your point get crossed by other people around the World , please remember lyrics (english or french). Be richly blessed

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Yes worthy is the holy lamb🙌🙌the lyrics in english are in my description thnk u i appreciate🥰🙏

  • @ayinkamiyelysemartine865
    @ayinkamiyelysemartine8652 жыл бұрын

    Jean 3 :30 " Lui doit devenir de plus en plus grand,et moi de plus en plus petit" 🙌🙌 uwaduze niwe asumba boseee🙌🤗 mrciiiiiii bcp kuduhezagira biciye muri iyi ndirimbo Parfaite 😍😍ukomeze gukayangana encore plus!!!

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen amen🙇🙇

  • @regissong6806
    @regissong68062 жыл бұрын

    Shine in the name of jesus mi class mate🔥🔥🔥👌

  • @karungicollins2709
    @karungicollins2709 Жыл бұрын

    We serve the owesome God....Amen🎤🙏🙌🙌🙌

  • @brucebigabo2095
    @brucebigabo20952 жыл бұрын

    🙏🏻🙌🏼💘❤️‍🩹❤️‍🔥🙌🏼🙏🏻 🙇🏽‍♂️Imana ishimwe 🙇🏽‍♂️

  • @mugishacb
    @mugishacb2 жыл бұрын

    Uhoraho akomeze intambuko zawe …👏🏽Igikorwa ciza cane wakoze, ubihezagirirwe 🙏🏽

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen amen🙏

  • @amazinggrace6518
    @amazinggrace65182 жыл бұрын

    Ni indirimbo yo guhimbaza Imana, merci parfaite, Imana ibandanye igukuriza impano, uri umugisha !!

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen🥰❤️

  • @aniellandikumana3393
    @aniellandikumana33932 жыл бұрын

    🥰🥰

  • @Mbehonkunda
    @Mbehonkunda2 жыл бұрын

    🙇

  • @gildasniyonkuru
    @gildasniyonkuru2 жыл бұрын

    Akwiye gukuzwa nkagirwa muto.....isengesho ry'abamwubaha

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen❤️🙏

  • @johnsingletonofficial2362
    @johnsingletonofficial23622 жыл бұрын

    what a beautiful song! blessings my friend! I'm sharing this with my friends that I know.

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Yes let's spread it thnk u🙏

  • @trinityworship4017
    @trinityworship40172 жыл бұрын

    May the Lord bless you more and more as you bless us through your songs. Praise be to God.

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen🙏🙏

  • @chriscoutureofficiel6332
    @chriscoutureofficiel63322 жыл бұрын

    💥💥💥💥🙏🙏 amenn

  • @divinnduwumwami15
    @divinnduwumwami152 жыл бұрын

    Hallelujah I was waiting expectantly for this song 😍😍😍😍 i use to have it in my playlist...thank u so much ,,

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Humbled🙌🙌thnk u

  • @diellaharinganji7186
    @diellaharinganji71862 жыл бұрын

    Hallelujah .... powerful song🙌🙌🙌

  • @chrisdestino7734
    @chrisdestino77342 жыл бұрын

    Go ahead Parfaite Ineza🔥🔥

  • @gracious_gra3ce
    @gracious_gra3ce2 жыл бұрын

    What a song😭😭😭❤️❤️❤️MAY God anoint you more and more my sister🥺❤️

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen thank u🥰

  • @lavieprincendayisenga9973
    @lavieprincendayisenga99732 жыл бұрын

    Thanks Dear Worshiper For This One🇧🇮❤️❤️ Glory To God

  • @divin4579
    @divin45792 жыл бұрын

    Overwhelming🙌🏽 Speechless🙇🏽‍♂️ ni we akwiye gukuzwa, nkagirwa muto Thank you W. Parfaite🙇🏽‍♂️🙌🏽

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen🙌🙌🙏

  • @noelngabirano3249
    @noelngabirano32492 жыл бұрын

    Go ahead My Sisi Papy ! WE love you so much ! Bless to bless for you

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen i love u too🥰🙏🙏

  • @p.claverrucamuvyuma6225
    @p.claverrucamuvyuma62252 жыл бұрын

    L'une des raisons pour lesquelles nous louons et adorons notre charmant Seigneur Jésus!!!🙌🙏 merci beaucoup à notre meilleure...🤩Pappy😍👏 ako karere ntuze wigere ugw'ikinyanya💪

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Singeza😂mrcii bcp

  • @irabarutawilly5232

    @irabarutawilly5232

    2 жыл бұрын

    Saluut ubikora neza caan have a good luck tur kumw namw

  • @renovatnizigama1047
    @renovatnizigama10472 жыл бұрын

    message bien transmis et bien recu

  • @doucy18.5
    @doucy18.52 жыл бұрын

    My goodness this voice ... I pray for the light of the Lord over your life to keep shining ❣️

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen🙌

  • @gladysntoremwiza8905
    @gladysntoremwiza8905 Жыл бұрын

    This blesses my heart every time I listen to it🎯❤️

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    Жыл бұрын

    Glory to God 🥰🥰

  • @carinesignorellikabanga1617
    @carinesignorellikabanga16172 жыл бұрын

    Ndashushe 😭😭

  • @mikerwamiye9878
    @mikerwamiye98782 жыл бұрын

    May God increase you more and more 😊🙌

  • @kagarajehovanis7383
    @kagarajehovanis73832 жыл бұрын

    Faithful God 💫

  • @darcyiqbal
    @darcyiqbal2 жыл бұрын

    Magic voice🥰

  • @yveswizere7367
    @yveswizere73672 жыл бұрын

    Ameeeeeeeeen! what a beautiful and wonderful song.I like it.ubandanye uja imbere mushiki wacu.may God increase and bless youuuuuu abundantly.

  • @parfaiteineza2307

    @parfaiteineza2307

    2 жыл бұрын

    Amen thank u brother❤️🙏