Nutaba Umukire Nyuma Yo Kuraba iyi Video 😭

Ойын-сауық

Video Kommando Arnold Schwarzenegger Ariko Aravuga ivyo twasiguye
• Arnold Schwarzenegger ...
#nickotvPlus #Burundi
_______________________________________________________________________________
NIWABA UFISE AMAKURU WIPFUZAKO TWOGEZA KUBANDI TURONDERE KURI NUMERO IKURIKIRA
Ngabo Hamissi
+25761320806
____________________________________________________________________________________
*Contact Informations :
Gmail: nickojunior101@gmail.com
Facebook: NickoTv
Instagram : Nicko_tv_ent
or Nickojunior_Official
__Kama Unawazo Ama Shida Usisite Kutuandikia Tuko 24/7 open _______________________________________________________________
Please feel free to donate to our Team we are looking forward to improve our equipments for better serving you good quality of Videos but we would like your support it'll be appreciated . Support anything will help by using our Paypal account the link down below
www.paypal.me/NickojuniorBjmusic
_____________________________________________________________________
_____________________________________________________________________Pay NickojuniorBjmusic using PayPal.Me
Go to paypal.me/NickojuniorBjmusic and type in the amount. Since it’s PayPal, it's easy and secure. Don’t have a PayPal account? No worries. Getting one is fast and free.
paypal.me
____________________________________________________________________
____________________________________________________________________
And please remember to Subscribe to Our channel and remember to turn on your notification by clicking the bell so you dn't miss any video we post almost everyday
and thank you thank you so much you are so supportive
---- / @nickojunior
................................................................................................................
Facebook: / nickojuniormusic
................................................................................................................
Instagram: / official_nickojunior
................................................................................................................
Twitter: / nickojunior1
................................................................................................................
Snapchat: nickojr_music
2nd Snapchat: gadinsabimana
................................................................................................................

Пікірлер: 111

  • @AkimRomeo
    @AkimRomeo18 күн бұрын

    Nicko junior nukuri biraryoshe kuba. Ufisindo ukamenya ico uriko urarondera bituma ukoran'inguvunyishi bituma unerererwa nivyo uburiko urakora kand bituma ushika kucushaka gushikako nicko junior respect kutwunvisha ubwobutumwa bwiza Imana iguhumugisha kuvyukora vyose

  • @AimeThierryThisco
    @AimeThierryThisco19 күн бұрын

    Mutama ndabona wabikoze neza ❤ Akazi wakifatiye neza kabisa wubahwe muta kandi urakoze harimwo impanuro

  • @ClovisMugisha-uw3ou
    @ClovisMugisha-uw3ou19 күн бұрын

    Yeeeee amakuru nkayo abakenewe sn vrt❤

  • @user-mi8bi8ph1r
    @user-mi8bi8ph1r19 күн бұрын

    Mutama ndakuye inkofero kbx wubahw iyo nkuru ninzizaaa😋🔥🔥🔥✈️✈️✈️

  • @Bellairadukunda
    @Bellairadukunda19 күн бұрын

    Waouuu ❤❤❤ uraturonderera amateka ya David Ben Gourion Sha Uzoba ukoze 🙏

  • @BernaBijonya

    @BernaBijonya

    19 күн бұрын

    NIVYO Ayo Ariho

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana554219 күн бұрын

    Nivyiza kugira indoto mubuzima 👍👍👍

  • @MrLewis257
    @MrLewis25719 күн бұрын

    Merci bcp Kukuntu Witaho Kudusangiza Utuntu nutundi

  • @JapharNzoyubaha-pp8yj
    @JapharNzoyubaha-pp8yj19 күн бұрын

    Komera our boss

  • @EddyBirikumana
    @EddyBirikumana19 күн бұрын

    Iyi inspiration irarenze kabisa

  • @Vianney2003
    @Vianney200319 күн бұрын

    Inkuru iryoshe caaane Thanks Mutama Wamateka 👍👍👍🙏🙏🙏

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana554219 күн бұрын

    Raba untemwo akantu di mutama❤️

  • @BlaiseBsix
    @BlaiseBsix19 күн бұрын

    Inspiration Nziza cn

  • @user-sr5be9sk6j
    @user-sr5be9sk6j19 күн бұрын

    Akakantu karimwo inyigisho ikomeye ntibesheye ndahakuye inyigisho , big up nicko💪💪

  • @Kingbruce60
    @Kingbruce6019 күн бұрын

    Thxx kudu partage ubwobumenyi🙏

  • @Odettenini-nana
    @Odettenini-nana19 күн бұрын

    Urakoze kudusigurira Ubuzima bwuno muntu !!!indoto ni ikintu gikomeye buri wese ategerezwa kugira

  • @ful80
    @ful8019 күн бұрын

    Kbx,nicko hejuru can🎉🎉

  • @fabricenizigiyimana2656
    @fabricenizigiyimana265618 күн бұрын

    Peace and love ❤️💕❤️💕 mutama wacu nahageze

  • @NshimirimanaPerets
    @NshimirimanaPerets19 күн бұрын

    Umusaza yarafise indoto maze zimubera nyazo

  • @egidelighttv1952
    @egidelighttv195219 күн бұрын

    Good musaza uwo naramukunda muri film ziwe

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana554219 күн бұрын

    Legend🙏🙏🙏

  • @sevendamagic7751
    @sevendamagic775119 күн бұрын

    Jah bless Wagwan

  • @Bonne-ideeHabonimana
    @Bonne-ideeHabonimana19 күн бұрын

    Good doc. Respect to you @Nicko jr

  • @Ntirampebaer
    @Ntirampebaer19 күн бұрын

    Ikiganiro ciza cane kweri merci sana ,

  • @minanieric2141
    @minanieric214119 күн бұрын

    Respect m'y boss

  • @chrispainbigirimana1812
    @chrispainbigirimana181219 күн бұрын

    Kl nisaw akokantu karadukomeje❤ umuntu akunda nicko AMP j'aime kwiy commentaire. je ndamukunda p🎉

  • @IzoChannel-ig3wp

    @IzoChannel-ig3wp

    19 күн бұрын

    Wubahwe

  • @JohnJojowalker-fo1rp
    @JohnJojowalker-fo1rp19 күн бұрын

    Nicko uno musi wakifatiye akazi 😂😂 ndakwemera cane❤

  • @EmeryTwagirayezu-ww5xy
    @EmeryTwagirayezu-ww5xy19 күн бұрын

    Nivyiza sha

  • @lionelbigirimana
    @lionelbigirimana19 күн бұрын

    Mr6 bcp Mutama inyigisho nkiz ziba zikenew

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana554219 күн бұрын

    Let me also keep my following my dream 💪💪💪💪💪

  • @BlaiseNdayongeje-wk6uj
    @BlaiseNdayongeje-wk6uj19 күн бұрын

    Urakoze kwizi mpanuro

  • @lameckuwineza4830
    @lameckuwineza483018 күн бұрын

    irambire boss

  • @rivuzimanaelicom
    @rivuzimanaelicom19 күн бұрын

    Komerezaho❤

  • @IrakozeEric-qe6xh
    @IrakozeEric-qe6xh19 күн бұрын

    ❤❤❤❤❤bien sana 😍😢

  • @NshimirimanaMarcien
    @NshimirimanaMarcien13 күн бұрын

    Kora cyane

  • @NishimweChris-mf5ue
    @NishimweChris-mf5ue19 күн бұрын

    Urakoze can 🎉🎉

  • @rodrigueKaganda
    @rodrigueKaganda19 күн бұрын

    Asante sana nicko tv

  • @Ntirampebaer
    @Ntirampebaer19 күн бұрын

    Ibintu nibi rero love❤❤❤

  • @tech-c1058
    @tech-c105819 күн бұрын

    Vyiza cn 🤝, merci

  • @styvenpelo3634
    @styvenpelo363416 күн бұрын

    Bonne inspiration junior❤❤

  • @BernaBijonya
    @BernaBijonya19 күн бұрын

    Basha aha ndimwo bro big up

  • @lucasnyandwi7452
    @lucasnyandwi745219 күн бұрын

    Birashoboka kabxa 💯%

  • @HABIMANAMUSEVENI-j8p
    @HABIMANAMUSEVENI-j8p19 күн бұрын

    Namajambo y'umbweng

  • @nzoyikorerajoseph6402
    @nzoyikorerajoseph640219 күн бұрын

    Thx sana Nicko junior 💪

  • @TherenceNshimirimana-wi1yw
    @TherenceNshimirimana-wi1yw18 күн бұрын

    Uwomugabo nuwamateka yubahwe vrt na message yiwe ninzima kbx

  • @odriqueniyomukunzi
    @odriqueniyomukunzi19 күн бұрын

    Nicko junior kl urakoze cane kuri iyi video nziza uduhaye nanje ndayikunze cane .en tout cas ndashimiye can uyu redge-pack yakuberey icitegererezo akaguha no kugira vision nziza ubu ukaba warashitse ku ndoto zawe

  • @IgiranezaOlivier791
    @IgiranezaOlivier79119 күн бұрын

    Izi nkuru ziba zikenewe cn🙏🏿

  • @kevinnkurunziza7921
    @kevinnkurunziza792119 күн бұрын

    Thank you boss Junior I still waiting for your help i need a computer💻 nokoresha mukwiga

  • @JamesShabani-wh6ut
    @JamesShabani-wh6ut19 күн бұрын

    Nivyo kabisa

  • @Arke-k3p
    @Arke-k3p19 күн бұрын

    We love u

  • @CharmantGael-o2o
    @CharmantGael-o2o19 күн бұрын

    We are with youu brother

  • @NtankabandiJules
    @NtankabandiJules18 күн бұрын

    Thx kwiyo inspiration

  • @drchrisjr
    @drchrisjr8 күн бұрын

    Bonne inspiration

  • @AlexisNDAGIJIMANA-sl1wk
    @AlexisNDAGIJIMANA-sl1wk19 күн бұрын

    Nice conversation turakwemera

  • @user-br7sn7xi4w
    @user-br7sn7xi4w19 күн бұрын

    Vyizaaa caaane

  • @1999Xavi
    @1999Xavi14 күн бұрын

    Kabisa

  • @EmeryPeace
    @EmeryPeace19 күн бұрын

    Uwu bamwita Commando ❤

  • @LaurentBigirimana-fg4ek
    @LaurentBigirimana-fg4ek19 күн бұрын

    Ikiyago vyiza cane,harya indoto ni ikintu gikomeye cane

  • @numbadonali
    @numbadonali19 күн бұрын

    Send me Junior 🎉🎉🎉🎉

  • @raoulgentilofficial7843
    @raoulgentilofficial784319 күн бұрын

    🎉🎉

  • @widamagic
    @widamagic19 күн бұрын

    Thanks mtama

  • @NdayikejeVianney-jc7uu
    @NdayikejeVianney-jc7uu19 күн бұрын

    Irambire

  • @NJS-Sports
    @NJS-Sports18 күн бұрын

    Wubahwe kumbe urashoboye kd Wubahwe kubintu nkibi vyiza uduha

  • @alaindimitrikayonde
    @alaindimitrikayonde19 күн бұрын

    Agashi duteye Niko

  • @styvenpelo3634
    @styvenpelo363416 күн бұрын

    ❤❤❤

  • @clovisniyibizi7420
    @clovisniyibizi742019 күн бұрын

    Turikumwe

  • @Odettenini-nana
    @Odettenini-nana19 күн бұрын

    Unyibukije ko nogumana agatege kundoto yanje

  • @africannewsdiblo
    @africannewsdiblo19 күн бұрын

    Nicko tv +

  • @jeanclaude_25
    @jeanclaude_2518 күн бұрын

    Peace and Love 1:07

  • @emerytwagirayezu
    @emerytwagirayezu19 күн бұрын

    Wouah

  • @vinceleretrogameur6298
    @vinceleretrogameur629819 күн бұрын

    Super Like ⭐😃👍

  • @user-br7sn7xi4w
    @user-br7sn7xi4w19 күн бұрын

    Kueliii kueliii

  • @alainharinganji4698
    @alainharinganji469819 күн бұрын

    Asha iyimpanuro niyo

  • @mugishayves8536
    @mugishayves853619 күн бұрын

    Nasavye ko umusi umwe mwoduha vidéo ya Nelson Mandela

  • @Nickojunior

    @Nickojunior

    19 күн бұрын

    Soon murayihabwa 👋🏼

  • @AnselmeAnselme-r9y
    @AnselmeAnselme-r9y18 күн бұрын

    Nzobamwo kl

  • @krees-gray
    @krees-gray15 күн бұрын

    Merci bcp

  • @HervéNgenzebuhoro
    @HervéNgenzebuhoro19 күн бұрын

    Reka twicare twumvirize

  • @NsengiyumvaJosias-hl5vu
    @NsengiyumvaJosias-hl5vu19 күн бұрын

    Rekana twibere abakire daa

  • @eric-tom5.555
    @eric-tom5.55519 күн бұрын

    Ni vyiza cane gushika kundoto vrt

  • @user-br7sn7xi4w
    @user-br7sn7xi4w19 күн бұрын

    Ikiganiro cizaaa saaan

  • @BernaBijonya
    @BernaBijonya19 күн бұрын

    Gukorera indoto biravuna ariko biraryoha better to have Goal

  • @ONZEBOY257
    @ONZEBOY25719 күн бұрын

    Irambire mutama

  • @IrihochristaBella
    @IrihochristaBella12 күн бұрын

    Good creativete

  • @AbesAbel
    @AbesAbel19 күн бұрын

    Ubuzima nibuto cane

  • @irankundakevinscott2839
    @irankundakevinscott283918 күн бұрын

    🆒😎😎😎😎😎

  • @bebestonesime3487
    @bebestonesime348719 күн бұрын

    Natwe turagukunda cneeee

  • @MomoMUGISHA
    @MomoMUGISHA19 күн бұрын

    Ngira nahejo🙈

  • @emerytwagirayezu
    @emerytwagirayezu19 күн бұрын

    Iz niz mpanur zib zikenew

  • @ImaniJobel
    @ImaniJobel19 күн бұрын

    Bandanya udusangiza izo mpanuro mutama

  • @NshimirimanaPerets
    @NshimirimanaPerets19 күн бұрын

    Ikiganiro ciza cn

  • @EtienneNSAVYIMANA-j3g
    @EtienneNSAVYIMANA-j3g19 күн бұрын

    Komera

  • @FerdinandMugishawimana-en9or
    @FerdinandMugishawimana-en9or18 күн бұрын

    Send me something junior🙏🙏

  • @JarneyNdayizeye-sc6dx
    @JarneyNdayizeye-sc6dx18 күн бұрын

    Wubahwe

  • @FerdinandMugishawimana-j7u
    @FerdinandMugishawimana-j7u18 күн бұрын

    Korumuti mutaa

  • @lambertniyibaruta
    @lambertniyibaruta19 күн бұрын

    25% nibo bakora ivyo bipfuza???🤔🤔🤔

  • @Nickojunior

    @Nickojunior

    19 күн бұрын

    Niko bimeze hano hanze nubukoroni gusa ngo nakazi ! Ubembwa aguca mumyanya yintoke asubira iyo yavuye none wumva ivyo wobikunda?

  • @lambertniyibaruta

    @lambertniyibaruta

    19 күн бұрын

    @@Nickojunior ni htrii kwelii hiyo gusa iciza caho nuko ifaranga rigumana agaciro nayubundi bimeze nkino iwacu ndakurahiye uwanyuma wosanga ari umupfumu ndabiye kubwescro buhari knd ibice vyinsh bikora ivyo vyipfuza!

  • @akilaanthar9966
    @akilaanthar996619 күн бұрын

    Cn pee

  • @minanieric2141
    @minanieric214119 күн бұрын

    Kugira indoto ukongera ukaronka Aho uzigaragariza nivyo bintu bihimbaye I have a Dream

  • @widamagic
    @widamagic19 күн бұрын

    ❤❤❤

  • @user-br7sn7xi4w
    @user-br7sn7xi4w19 күн бұрын

    Ikiganiro cizaaa saaan

  • @MomoMUGISHA
    @MomoMUGISHA19 күн бұрын

    🎉🎉🎉

  • @irankundakevinscott2839
    @irankundakevinscott283918 күн бұрын

    🆒😎😎😎😎😎

Келесі