NONE ABANTU BAHEBE KURONGORA NO KURONGORWA?

Ойын-сауық

Пікірлер: 20

  • @mutunzimajor3847
    @mutunzimajor38472 жыл бұрын

    Murakoze cane Pastor aradufasha cane mukomeze guhezagirwa.

  • @soeurbetty7667
    @soeurbetty7667 Жыл бұрын

    Merci kabisa Pasteur kandi courage Journaliste. Bandanya ukomeze imbere

  • @user-rd9cs2pk4z
    @user-rd9cs2pk4z7 ай бұрын

    Hezagirwa mukozi w'Imana 4:25

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim47532 жыл бұрын

    Ubu ivyo kukomeshanya vyabaye ndase kandi nomungo zaruguru hariya mumitumba nahone vyarabaye ndase .harumugore yumviseko umugabowiw yamuciyinyuma .umgorenawe acaramukomesha nawe bamuteyinda none tuzabibigenze gt ?ndabasavye mwongereze ibiganiro kugira nabaruguru mubigishe

  • @emilensavyumukama232
    @emilensavyumukama232 Жыл бұрын

    Vyiza pasteur. Ariko harih ikibazo atishuye: ngo agera ikirenge muca kirisu, noe ko yarongoye kirisu yararongoye???? Emw yagiciye hampande arirenganira

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene6562 жыл бұрын

    Ibintu vy INGO zubu birarenz Kuber Bos umengo bagend kubak bataz ivy bagiyemwo

  • @nditunzelouis3952
    @nditunzelouis39522 жыл бұрын

    Oui you for adding the I use delivery uuu

  • @didieriratunga9327
    @didieriratunga9327 Жыл бұрын

    Aho hantu nko ku munota wa 16, binyibukije inkuru iraho sinzi ko ariyo. Umuntu yari afise indya imbere yiwe ngo yinamuye ati Imana nimba ibaho inkure imbere ibi bifungurwa. Ngo yakomeje gutera inkuru n'abandi bari bicaranye, arashiramwo umunyu, aribagira aguma ashiramwo. Ngo bica biramunanira kurya. Sije nohahera.

  • @petitchristinhabonimana7224
    @petitchristinhabonimana72242 жыл бұрын

    Pastor ndakwemeye pe! Uvuze ryo kungigo zifatwa murugo.

  • @manirakizadoriane3911
    @manirakizadoriane39112 жыл бұрын

    Murakoze cyaneeee kutwubaka

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima17662 жыл бұрын

    Murakoze cne kumpanuro muduha

  • @sishasaid6756
    @sishasaid675611 ай бұрын

    Kunda umengo murasa ❤

  • @wivetv7867
    @wivetv78672 жыл бұрын

    Good wive tv irabakunda caaane

  • @sishasaid6756
    @sishasaid675611 ай бұрын

    Ndaba

  • @jeanpaulbucimbona4054
    @jeanpaulbucimbona40542 жыл бұрын

    Poutine

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim47532 жыл бұрын

    Mwirambire

  • @miburoemeline4070
    @miburoemeline40702 жыл бұрын

    Nsavye inomero yiwe

  • @africaempire
    @africaempire2 жыл бұрын

    KIgali. Inzozi zitangaje Pastor Michael yarose, zumve hano kzread.info/dash/bejne/oZZ1vNaAc8zMmtI.html&t

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye28522 жыл бұрын

    😄😄😄 Murakoze cane🙏

  • @tharcissemanirakiza6654
    @tharcissemanirakiza66542 жыл бұрын

    Ndagukunda pasteur.Ariko arakwefye akabazo ,kikikii ikibazo cabakera barongoye abagore benshi kandima yarabemera saana!!

Келесі