😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂muri clip ya Jennifer lopez"i m into you"😂😂😂😂😂😂😂😂
@ndikumwamialainbobo833
4 жыл бұрын
@@mucomwizaelvireperlitta9087 hhhhhhhhhhhhh, sh naw uramuvuz hhhhhhhh
@patrickmuhire7334 жыл бұрын
This gey is like KBS man sibyiza kuba umukobwayagufasha ariko nibagukunda ukabumukunda nibyimana ayagupajyiye mubuzimabwawe kandi uzajyire urugorwiza bro I'm from Kigali Rwanda
@niyonzimaesperance84493 жыл бұрын
Iyi histoire ni true?? Jew mbona umengo niyo yabonye muri film
@martinemati79694 жыл бұрын
Hahaha. Iyi video nari naravye igice ndayirondera ndayibura. None uno musi ndayiguyeko. ...uyu mu type aratwenza pee.
Пікірлер: 167
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 dusubire inyuma mw’iboka🤣🤣🤣🤣
Machad urashimishije..all the love from🇷🇼
Hppy for machade umugish wumuntu uragendanywa wish u all the best
Uwu mutye big up aranryoheye sana aratwenza sana ndikumukwirikira in USA
Uwomutip nkeee,aranyish keel ararenze man big up
Ikiganiro ciza cane ouahhh
yahuye na pere noel kabis yama ari JE NSHAKA binyibuts indirimbo iraho
Musubire inyuma mw'iboka. Ewe kigingi sha
Hahaaa iyi emission n safi sana
This guy is so funny🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👌👌👌👌🤣🤣🤣🤣
Ibijuju gusa😅😅😅😅 murashobora kuntwenza mwijoro
Yup yup story ryoshye 😀
Zali la mentali 👌🏿👌🏿
oyaa uwu muntu natwereke preuve ivyemeza kuko aho mwahereye mutubesha ni keraa invention des blagues irarenze☺☺☺
iyi nkuru ishikire ta copine...urab ko atashavura😂😂😂
Muhungu ntiwitekuvyabantu bakuvugako imana ifise inzira zayo iheramwo umuntu kimwe ntuzohemuke kuko kuko yagukuye kure uzugire umutima runtu umukunde udakunze ivyaguha ivyo nivyisi tuzobisigaha.
muratwika kbs
Hahahhhh yooo aga story karyosh san ahwiiiiii
😀😀😀😀mariyo .
much respect 💯🔥🔥💥👌
Kigingi uratwengej unyibukij ukuntu nuriyindenge njamuri twaret nkahabura
Igice ca 3: Urashaka Kumenya Uko Worwiza Amafaranga? 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻 kzread.info/dash/bejne/hXhk1s2OoNq2gqw.htmlsub_confirmation=1
Yes kigingi iyo song yuwo mudada machdizi ni number wani ndaguhaye 100 % kigingi iyo story niyo kabisaaa
@nanaclovairakoze8624
3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣Hahiye koko😂😂😂😂
😁😁😁😁😁😁urantwengeje pe!From +258.
Iyi story niya danger kwel!Kigingi big up
Hahaha 100% cotton Mario iyi emission yari top kweli
Kigingi ndamwunva vraiment n’umucommunicator yemewe
Wow!!!!
Jew nkeney suite yiyi histoire😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂pliz
Kigingi i get you from europe munanifurahisha
Kabisaa murasekej
Ici kijama kiri cool 😂
Kigingi iyo studio ❓❓
😂😂😂😂 you made my day 😂Rava nouveaux 😎😂😂😂😂😂😂
@lareinesimbakwira1742
4 жыл бұрын
hahaaa iyo niyamwisho kabisa
Ng ngwik musubirinyum muboka😂😂😂😂
Nakubali
kigingi uwomu type mushire muri comédie. aranyish sana Hama narek kwumviriza abantu
Bro!uwomwana nuwindani komereza ngaho nyene
😂😂😂😂muranryohey sana,amaher yukumukw azov i paris
Nanje nugutangura ivyuma kwel
@bansbans3802
4 жыл бұрын
😂🤣🤣🤣🤣watevye nyaragasa
Nukuri najw uwo muhug ndamukuze arugurutse mumutwe vyaribiryoshe uzoze uramutumira
Ukoresha Ama jst nkikiragiii hahahahaaaaa
#kigingi iyi TV yari yaratevye biraryoshe sana izo nkuru za mancad
Yeah respect
Hhhhhh yahawee ninzanyiii
Ikiganiro ca bien sana
Iyi kali
Ndaryohew murantwengej nukur
Ngwaka goût kiwe hhahaaaq
😂😂😂😂😂😂 amahera yo kumukwa azova i paris😂😂..uri hyper super super mario vrt😂
@ndayisengacoco8440
4 жыл бұрын
Kigingi wweee nibiki umusera nisawa kbx
Kugutuka ngo uri Mario ryarishari
mukama wanje ndapfuye nugutwenga
Muranryohey kbx😂😂😂😂
Kigingi wisubireko .....iyi interview iheze atandirimbo ndundi usizemo in background
Man munryohey sana nuyo tumire wawe.
Yahawee ninzanyii
Hahahhh muranryohey trop
Incuro maze kuraba iyi vidéo sinoziharura😭😂😂😂😂
Nihatari
Man nicata ikomeye gukundwa rasta abo bajama bawe yari jaloux
☆☆☆ Uramwishe kigingi☆☆☆ umuteye gufata umufaransa
😀😀😀✌
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣uy mu tip aranyish ndak🤣😂😂😂
Bakubali
Dusubire inyuma mwiboka😂😂😂😂
😀😀😀😀😀
😂😂😂😂😂Uwo mu type aranryoheye sanaaa
Bien
komez mug urashoboy oe warameny français machad
nice story, gusa umengo ntivyari bikwiye ko bivugirwa kwi radio
Kigingi baravukana na raul comidien ?
Kigingi nukur'iyonkur iryoshe caane yuwo mu type vrmt yavyifashemwo neza.
This guy kabisa. Hahaaa
Reka kuturasa ndak
Bienvenue paris ville de lumière
Inkwano izova Paris
😀 😀 😀 😀
Mana yanje ndakumbagaye🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣man iy true story iraryosh trop
@elvisndikumwenayo9979
3 жыл бұрын
New tom
@elvisndikumwenayo9979
3 жыл бұрын
Nkaba ndabifurije kuja kuri page yacu ya facebook mwirabire bishasha vyacu
Uyo mujo aratera inkuru haha
Ndabakunze cane ,,, man ntubona ko ubu studio yabaye nezza bukebuke ???? Si nkayirya yambere ,kari gato ,,,ahubwo nubandanya bien
🤔🤔🤔😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂vyaaaakaze kabisaaa!!murankiyeho peee!!Komeza mugenzi wime amatwi abataramenya iterambere!!😂😂😂😂
machad machad
@Buja TV mutubwire aho story yahereye.
Chance umuntu arazivukana uyu frère namwereke urukundo uyo mudada amuronderako kandi bazobana nayo abavuga ngo nimario ivyo nibijalous bibuzuyemwo ntakindi
😂😂😂😂😂😂😂😂uyumutip araryoshe kabsa...
Kigingi ngo dusubirinyuma mwiboka
Ngo amahera yokumukwa hahaa azova Paris 😂😂😂😂😂😂😂😂
@meddyrachelmugiraneza5601
Жыл бұрын
Hhhhh Big UP sana urutwenza kweli
Ububeshi com.iconzico uvyibush ama Chance yo gukundw nimake muri Europe
Unarentre na kasache🤣🤣😂😂😂😂
Noé dot yarahavuye iba? Jew niho nkirab Kino kiganiro
Nilikuwa mario kabisa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂muraryoherej umusi basha
Kigingi ngo yishakira kuguma yisubirira mwiboka
Ghahaaa mwiboka
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥
ivy yabibonye mw cinema ndagahanwa hhhhhhhhhhhhhhhh
@mucomwizaelvireperlitta9087
4 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂muri clip ya Jennifer lopez"i m into you"😂😂😂😂😂😂😂😂
@ndikumwamialainbobo833
4 жыл бұрын
@@mucomwizaelvireperlitta9087 hhhhhhhhhhhhh, sh naw uramuvuz hhhhhhhh
This gey is like KBS man sibyiza kuba umukobwayagufasha ariko nibagukunda ukabumukunda nibyimana ayagupajyiye mubuzimabwawe kandi uzajyire urugorwiza bro I'm from Kigali Rwanda
Iyi histoire ni true?? Jew mbona umengo niyo yabonye muri film
Hahaha. Iyi video nari naravye igice ndayirondera ndayibura. None uno musi ndayiguyeko. ...uyu mu type aratwenza pee.